True . Abarundi basigaye home bakwoye kwigishwa kubohoka mumutwe imbere yibindi vyose . Sha bafise aba code adasanzwe sorry to say this but that's the truth
Eka nawe ntibakugonga 😂😂😂 Hariho choice , uca mumurongo ushaka man, Ushaka kugendera kuri 120 ufata umurongo wabihuta muri right side end lane ,ushaka kugenda kuri 60 uja left lane end . Reka gukavya 😂😂😂
Ntiyabeshe amahera arimumutwe abavyanka bavyanke abavyemera bavyemere
Kwel
True .
Abarundi basigaye home bakwoye kwigishwa kubohoka mumutwe imbere yibindi vyose .
Sha bafise aba code adasanzwe sorry to say this but that's the truth
❤❤
Izo invention zuwo mutype naho ataduhaye source zirimwo ubwenge thank you
Mr Jean Ndikumana mwene wacu!
Komera!
Kdi nshimiye umumenyesha makuru yakumenyeretse
Turafise ikibazo camahinguriro dushorerako ivyo tworoye twarimye. Nibazane amahinguriro abo bagafash
😂😂😂😂reka nitwengere
Kumenyesha makuru ubijemwo neza Hama inyigisho ninziza
Ndakeka fone yanje yafuye kl ntanakimwe numvise ntamajwi asohoka
Amajwi Y'IKIGANIRO ntakibazo afise URARABA neza fone yawe
Thanks
Jean komera
Uwuhawe nimana yiyita umuhinga.abakenye Bose ntibagira mumutwe.iyaraba ukundi atanga msg yiwe
Yes of course 😂
None wew ufis angah?
Iki nikibazo cabakene benshi! Kuramwo ibigufasha nawe umwihoze mon frere
Eka nawe ntibakugonga 😂😂😂
Hariho choice , uca mumurongo ushaka man,
Ushaka kugendera kuri 120 ufata umurongo wabihuta muri right side end lane ,ushaka kugenda kuri 60 uja left lane end .
Reka gukavya 😂😂😂
Abe muratunezera
Turafise ikibazo camahinguriro dushorerako ivyo tworoye twarimye. Nibazane amahinguriro abo bagafash
Yes of course 😂