Amahoro,urukundo David n'umunyamakuru. David abitahura nkuko ndabitahura kuko imbere yuko abakoloni baza mu Burundi bwaracura amasuka mu butare bimvye bo nyene,none abadocteur bacucanke aba ingenieur bacu mu vy'ubutare ntibazi no gucura urushinge rudoda impuzu.
Ya vuze ukuri.. Tuna chuki Ana wa Africa na kuhuwana sisi kwa sisi tulamuke wa Africa tushikane Mukono. Mungu Ana saidia tuna utajiri. . TUrudishe upendo.A Africa kamani kumutima sio utu. CPGL ilikua na taka kuhunga Africa Central. Trump. Ata uliwa na wa penda vita. Awata mupa muda. Vita ndio business ya Nato na Dunia
Thump ntiyabeshe turi umwanda kuko ntivyumvikana ukuntu uharabika igihugu cawe bimeze nkokwanka umuvyeyi wawe ngo nuko arwaye canke akenye niyo mpamvu ndi inyuma ya prezida Evariste Ndayishimiye na Nkurunziza Pierre barwaniye agateka ka basogokuruza mu gukunda no gukundisha abandi uburundi
Ikiganiro ciza❤

Mahoro cane ,ivyo biyago mwagiranye nuyo mushingantahe
Nabishimye,iyaba abategetsi bacu B'uburundi bari kuvyumviriza bakabikorera akazi ,igihugu cacu akanya isase ,cari guter'imbere
Good
Mr David ico uherejeko ugisigure muzindi ndimi mukindi kiganiro
Mr David wahora hehe ngo utange ibiganiro vy-ingirakamaro nk-iki!
Abamenyeshamakuru nibakurondere muze muraterera igihugu cacu mu kubaronsa inyigisho nkizo
Komera cane gose
Ivyo ni vyo. Iyi myaka ine tuyikoreshe neza.
Komera David uri umusnhamntahe
Un pas en avant
Ndanezerewe n’ikiganiro canyu muvyo muvuze vyose nanje niko ndabibona kandi nabikunze ibiganiro vyanyu
None izi ngoyi abazungu badutayemwo tuzozikubwako nande twebwe nk’abanyafrica. Discours zivugwa zigera kuki? Ko dufise Intwari nka Rwagasore,,
Rumumba, Kwamenkruma, NYerere n’abandi ..None ni kuki tutokwisunga izo ntwari nivyiyumviro vyabo? Umunoho wabadutwara nibo baduta umugozi munda..Honte à eux
Ugize ikiganiro ciza kidufasha kutera imbere twubashe indongozi🇧🇮🕊️
Aba stars mu Rwanda bashigikiye FPR muri Tanzaniya 80% bashigikira CCM ahubwo iburundi niho bitari ntuvyitirire abanyafrika bose
Urwanda rwinjira Congo ukobashatse ivyo nivyo Donald Trump atagomba kandi nivyo!
❤❤❤
Obe shajema turakunda cane tumuhe raki
Nibaza ko wihenze gusa Gatineau Canada ! 😂
Ikiganiro ciza
Urumugabo pe nibahamagare abattunganya ubutare dufise tubahembe natwe dutunge nikele idupfuyeko ubusa
Nikele nibaze bayimbe tubahembe urakoze
Ya vuze ukuri.. Tuna chuki Ana wa Africa na kuhuwana sisi kwa sisi tulamuke wa Africa tushikane Mukono. Mungu Ana saidia tuna utajiri. . TUrudishe upendo.A Africa kamani kumutima sio utu. CPGL ilikua na taka kuhunga Africa Central. Trump. Ata uliwa na wa penda vita. Awata mupa muda. Vita ndio business ya Nato na Dunia
Thump ntiyabeshe turi umwanda kuko ntivyumvikana ukuntu uharabika igihugu cawe bimeze nkokwanka umuvyeyi wawe ngo nuko arwaye canke akenye niyo mpamvu ndi inyuma ya prezida Evariste Ndayishimiye na Nkurunziza Pierre barwaniye agateka ka basogokuruza mu gukunda no gukundisha abandi uburundi
Nivyo baraza bimbe ubutare baheze bashinge amahinguriro mubihugu vya Africa! Mr David uravuze ijambo Umwubahwa wacu Trump ntabwo yanka Abirabure nibihugu vyacu hakwiye gukazwa umutekano urujana nuruza rutegerezwa kugenzurwa niyompamvu ubwicanyi buba bwishi! Kuberiki Abantu bokwinjira badafise vyangombwa hariho inzego zibijejwe ? Migration ibikora iki?
Urashobora kuduha numero ya WhatsApp yanyu mushingantahe
Watsap:68013513