Intahe y'Umu DIASPORA yavuye AMERIKA aza kudandaza imitwe y'impene//Icatumye ngaruka//barabesha ngo
Вставка
- Опубліковано 24 тра 2024
- Intahe y'Umu DIASPORA yavuye AMERIKA aza kudandaza imitwe y'impene//Icatumye ngaruka//barabesha ngo
@NtareRushatsiHouseTV - Розваги
This guy is amazing.Nubwo yavuye mu mahanga afise uduhera dukeya,igikomeye ni leçon yabonye atashe.Keep thinking,work hard.Hanyuma uze urakoresha gloves ntukore kubifungurwa hanyuma urondere paper towels zo guhanagura ibintu.
Gloves ego caane nazitumyeko. But paaper tower zirazimvye caane sorry. Nkoresha serviette en tissues zisuku. Thanks❤❤
Man courage kabisa uri intwari kuko mbona uri humble cane rwose kandi uricitegererezo kurwaruka iyaba barikukwigirako bakamenya iyo bava niyo bipfuza kuja vyoba vyiza ariko beshi ikibishe nugukengera ibikorwa cnk akazi.
Courage kabisa
Respect brother 🙏 open minded dude. Natwe tur'inyuma.
Birumvikana ubwamber ntiyaribwabone icashaka mubuzima. Bibaho mubuzima courage bro chances ntizirahra nukwama wizey tu.
Imana itangira imigisha ahariho hose.
Ntugacike inkokora kubwama comments adafudutse abantu bakomeza kukugirako!
Ahubwo wirabire hirya, ukomeze urugendo.
Natwe turino abaduca intege, abadutobera ubuzima baruzure!
Ohooo ngira warabuz abaguha imitwe, cank ntubumvirize,
Momo komera sha courage kabisa courage ndakwigiyeko vyinshi
Ntabwo kubona document waragiye ufite visa ya A (aba diplomate) byoroshye. Yabonye kuguma yo byaba ari ugut’umwanya maze aritahira. Ntihagire umuseka, ahubwo ni uko izo datails zamunaniye kuzitanga kubera amashuri make. Azashake visa ya B1/B2 ubundi azaceho burundu.
❤merci gutahuura
Bro sha nkwemera kubi kbs
Munya karusi wiwacu courrage nzoza kugushorera.Imana ikuje imbere uzoba umutunzi.😂
Amina welcom
Noe nimb wagaruts ufis $2000 wumv war wagaruts gukor’iki😅😅😅it’s funny
😂
Ababazungu mushimagiza(Tubana nabo) tuzi ubuzima bwabo kumusi kumusi. Ubajije abafise $2,000 (without any debt balance) nizereko atakaye yukubandikamwo woronka “as much as I know.”
Ibanga ry’akarere, nturimenya aruko uharaye, urimenya aruko uhamaze imisi!
Imana igufashe bro all the best ❤
Le travail anoblie l'homme
Uyumusore ndamukunze Ari sharp
Please iyo mwateguye kuvugana nabantu kuri topic nkizi mbona boza barabereka documents mukaduha inkuru namwe mwabonye neza. COURAGE BRO.
This man is a warrior🥋 mubuzima twes turaca mubintu bigoy ariko what is worse is not passing through errors, confusion or hardships but it's worse when you never take a lesson and make a good turn to refine yourself✍️
❤❤❤❤❤❤❤
courage mon frère
Yoooo ndamwibutse sha narakunze indirimbo yiwe caaaane
Courage Momo Melody narakwifuriza gutera imbere ntakuzi nkibona indirimbo yawe ❤❤❤❤
I'm respect your guys, ubuzima nugukora❤ nawe urabizi ngaha muri America nicenti rimwe turitora hasi utarikoreye. Ariko ikibabaje ugasa ga uwiyiririrwa kurubugu ngaho ugihugu ari kuri therefore ahamagara ino ngo bamuhe amakoroka!!! Kumbe ubuzi bwararenze hiyo. Bigger Up musaza umugabo nuwurya utwo yabiriye icuya.
Kufanya kosa, si kosa, bali kurudia kosa ndilo kosa!
Ukomeze umuhati, ubuzima n’urugendo, imbere niheza.
Komera bro ❤
Ndamubutuye momo melody yandirimbo ya sat ft yoya😂😂😂
Arabesha arabesha😂
Ibangi zagushitse mumutwe jama😅
Home sweet Home
uyomujama ndamwemeye harabantu bibaza kohanze ubuzima bworoshe ariko wapi jew ndazi ubuma bwaho namastress gusa
Mba muri Texas ariko ubwenge bunsubiza muri Africa ntabwo nabutekereza ubu ngeze ku rwego rwo kugira account yanjye iriho arenga 50.000$ ariko sinayashora mu Burundi ahubwo nafata inzu yino nkayipangisha 1800$ cg 2000$ ubuzima bugakomeza kugeza ndangije kuyiriha ikaba iyanjye kuko akazi kishyura macye ino kishyura 15$ kwisaha noneho nkavayo nkaza kotsa inyama ku muhanda gutya koko ? Ese niba nkorera 15$ kwisaha nzahembwa angahe ku masaha 40 mu ndwi imwe kuko muri America ntiduhembwa ku kwezi ahubwo duhembwa ku ndwi mu kwezi duhembwa inshuro zine !
@@turibamweali8661 nimba ufise ayomafaranga 50.000 uri muri Texas urumutindi usumbwa numubtu afise 500000 yamarundi kuko hiyo ubuzima Burazimvye cane kuko nanje 50000$ ndayaronka ndimuburundi kandi nkaba mfise umwidegemvyo cane ukazoguma iyo wanka gushora imitahe aho wavutse uzopfa ukonye streess zarakwishe kuko narabaye mugihugu giteye imbere narabonye life yaho ubu nugukorera aha burundi kandi ubuzima ni cash ndi umu jeune kandi mpagaze bon
Ahubwo gusara numwete ujamwo😂ibaze ngo america ubuzimanibubi 😂
Hahahaha
😂 😂❤
Ikiganiro gitwengeje saana
Ariko iki kiganiro sico mwadukoreye montage
Umusani yahomvye
Guys,hariho ama details atavugirwa kuri caméra. Hama kandi mugezaho kumutuka canke kumucira urubanza,kumwagiriza ububeshi,....soyez indulgents,sympas avec les autres.
Siwe wa 1 agiye akagaruka hama akipfuza gusubirayo.ariko asaba ubufasha kugire aterimbere,mumufashe mukumushigikira moralement, financièrement kubo bikunda mbere no muvyiyumviro. Ukaba udafise ico umufashisha murivyo reka kumutuka ck kumuca intege NUMA
Uvuze neza. Dukwiye kumushigikira, ahokwihatira kumuca inkokora!
Love❤❤❤❤
Uyu muhungu wiwacu I karusi araswaganya cane ,arafwefwanganya ,avuga menshi Kandi ndabona vyaramunaniye 😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂
Momo melodi again🎉
Uw numukeha bwenge ahubwo mpeka yaraho hakurya muri soudan
Wap papa😢😢😢😢😢
Yagiye mu rwanda ngo yagiye america
Erega mugano Uganda ni Amerika
Hello,
we like your job but the one thing’s go to buy gloves and paper towels to use it it’s very important .
Impanuro zanyu nzozikurikiza murakoze. Ndaciyubaka muvyibukeeee...
Umutumire aciye ubwenge cane nuyo yubahwe
ati arya umutwe uteguye nabi😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Uyumu type ndumu fana wiwe afise song nziza gose
Mwiriwe.
Ivyo uvuga ni vyo.
Nta kazi kaheze.Muri USA ubuzi ni bwinshi.
Haheze visa yo kuba muri USA.
Aho wihendeye : wari kuca uja kwideclara ko uri impunzi.
Bakaguha les documents de séjour.
Muri USA nta muntu birukana yahashitse.
USA ni ahantu heza caaane ku muntu afise ubwenge.
Jew mazeyo imyaka 17 ndahazi.
Nta hantu heza habaho nka USA.
Warahomvye cane.
Kirazira kwanjanjwa waronse.
Hari indi nkuru yido nido iri inyuma kandi ibabaje. Thanks. Social media ntivugigwako buri cose .merci
Umwe wese afise parcours yubuzima bwiwe, ntimumu juger namwe muraza mutange intahe zanyu
Rujugiro ngo numurundi😂
It s so funny yavuye mur America afite 2k$behind of that scene there is untold story
Ayo mahera afise valeurs bivanye nigihe yaviriyeyo.ese wibaza muza 2005 ayo mahera yari make?
Ohh ndagutahuye ivyangombwa vyaraguheranye
Ahubwo iyo avuga gutyo nyene .😂😂😂😂😂😂😂
Reka kubesha😃 vuga ko bitagenze neza USA kuko ntiwotaha ushika ukoresha imbugita ukata imitwe yimpene🥺🥺. Basi iyo uba waratanze akazi kubandi bagufasha. Diaspora vrt🙄🙄 reka kutumaramaza
Ahubwo ntamaramara
Ariko warets kuba uca imanz namba vyakugendekeye neza zushima
Ntabeshe nuwuhavuye nabi bamuzana neza bakamushikana mugihugu avukamwo 😅😅😅😅😅
Bisaba kumenya igihe maze bujumbura. Ni kuva 2016. Haciye imyaka ingahe? Dutahuurane
Ariko namwe 🤔
Yababwiye kwafise; Umugore n’umwana, kandi arabagaburira✅
Ibindi musha gu kritika n’ibiki?
Wewe nuko anababwiye ko ateka imitwe y’impene.
Iyaza kubabwira kwateka imitwe y’imbata vyari gutuma mugwara umutwe-se?
Ivyo yakera vyose, je mbona ataco bitwaye, igihambaye nuko akomeza kugaburira umuryango “urugo gwiwe”!
Ahubwo ari mundoto zicotuma agera Muri America .
Rujugiro ntabwo ari umurundi numunyarwanda
Yihangane yakanzwe namahera yarafise acabona ko yoyabamwo ubuzima bwose
Imana iguhe imigisha uzabone ibyowifuza byose.tubwirire ababeshwa ko mumahanga arimwijuru.ufite amahoro iwabo yakwibera iwabo
Sha nareke ububeshi nta America ngira nyari hamw baduhnda
Nivyo yaragiye ni muvyara wa data wanje ndamuzi ivyavuze Nukuri ntakinyoma
Gusa uze urambara groves
Narazibuze muma shops yo mur ville.
Nukuri Uwuzobona afise icoyogufasha azagufata mumugongo.
Ibikogwa ukora, je mbona ari bikogwa nkibindi kandi abantu bakenera.
Igihambaye kurusha ibindi; n’ukumenya kwitwaraneza muri management y’umusaruro ubivuyemwo!
Nukuri musigae mubesh ntahanz yagiye uyo😂
Ivyo avuga ntagitangaje kirimwo. Wewe yahabereye umugabo ko yibutse n’ugusubira ugwamwibarutse. Abapfiriye hano kw’ibarabara ni benshi!
Gusaza ugafya ukenye! Ngo nikosa" wobihanigwa". Uyomurundi naze apima amajambo avuga kuko ntawumenya amaherezo yiwe... kuko gukena no gutunga nibintu bigoye insiguro. Kumbure niw akenye gusumba atavyo azi... narengana. Knd ndashima ko ari umuvukanyi yipfuza gutera imbere... Imana ikomez kubana natwese..
Reka kugorana nizo theory zawe @Al1_N_day12
None,abeshye iki!? Ko Ari gukangurira abantu gukora harikindi wumvamo!?gusa icyo wovuga nuko amahirwe aza rimwe mubuzima!? Ariko ntiwamenya icyo wakwita amahirwe!? Ushobora gusanga ataranayabona ayiwe!?none yozefu nunzu yimbohe!? Yaraziko azavamo!?
Mordecai aduhe numéro tuzomushorere umugenzi wacu dusangiye umwuga
Ndakumvirije neza ura regret
Ufise impano nyishi uzobaho ntabwoba,nokuririmba urabizi
Ndakeka ko bakwirukanye kd asa na chinoB mbwira akorerah nzomushorere
Oyaaa. Chino b nincuti. Kaze Kamenge
Mutubwire aho akorera tuje kumushirera
Yoooo mpore sha Imana yari yaguhaye nuko utabibonye America turahari hari ubuzi
Uyu muntu ndamukunze . Kuba diaspora ufise aka $50 yomufasha. Uyu si wawundi ufashisha agahera agaca ayasorora. Kwihenda yagize twese bishobora kudushikira. Gusa mukiganiro yari akwiriye kutubwira ico aronderera ubufasha. Namba abonye iyi mesaage ngira yoyishura. Niki ashakira ubufasha? Niki ashaka gukora adashoboye kubera ingorane yumutahe?
Komeracane petit frère ndagushimiye faut pas croisé les blancs
Gabanya guswaganya musore vyogufasha
Ikiruta vyose nuko wabonye ahabaye ikosha hama ugakura isoni ukaja kukivi
Uwo vyari vyamucanze wova muri USA ukaza kudandaza ivyo impossible! ahende abandi nubwo tuhagore ariko biratandukanye cane ipuuu! Avugishukuri uko vyagenze !
Have you been to America?
Good question
@@ThaBest-Optatus oya siyo ndi mugabo ndi Canada! Kandi niwacu Burundi ndahazi neza bavukiye Buj ndahakurira ! muramubaze passport yiwe murabe ama VISA muramenya ukuri!
Ariko mumuvuzeko vyinshi bidakenewe! Burya mwoba koko ari awambere mubonye asubiye muri Africa?
Ntakinyoma nakimwe navuze cakora inkuru si ido nido thanks
Formation en couture muraraba neza cameraman
Ahubwo nyene atekera aho bakorera formation en couture?ntivyoroshe 😂😂😂😂
Aguza ubwonko bwimpene😂😂😂😂
Hatari vrt. Nibaza ko ari prank🥺
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Uramvye azobona😂
😂😂😂😂😂😂😂😂
Numusazi, imitwe yimpene azitezimbere ryari😂😂,azubaka etage kweri😂😂haha courage ,ariko warihenze cane,ariko aho vuba uzosubirayo.😂😂
Kumwita umusazi n’ukwihenda!
Abany’Africa bamaze kugaruka kurima, korora, canke gukora iyindi mirimo ni benshi! Abazungu bahevyiwabo bibera mubihuga vya Africa ni benshi! I don’t know where you get your words to criticize he guys!
He has done what is right. And I don’t see anything wrong with it.
Ibaze nukuri ingene wari wagize chance yokuza America ukayipfish ubusa ubuzi buruzuye kamwe gahez ufata akandi ubu ukaba uriko uteka imitwe😢 namahera ari Amerika😢
😂😂😂😂😂nanje ndumiwe Nukuri.Kuva muri america agasubira I Burundi kudandaza imitwe y'impene?.haaaaaa!!!!.
Nibintu bitahuritse . Story ntisiguye ijana kwijana. Dutahuurane
Wapi america ukoze ikosa harikintu ukora bakaguha 24 heures bakakwirukana kuko america washitseyo ntiyovayo
Namwe Komera. Nzoraba ivyomuzotahana, ibihe birabarindiriye.
Ico nico bita mukirundi ''guteka umutwe kabisa''Courage
Akorera he
Gard du Nord ahatumberanye nk ou Mutimbo
Nt bwenge ugira ndk
😅😅😅😅😅jewe murantwenza diaspora njo nini hose nigupamba murantwenza😅😅😅 mwimva ngo America hose dugukora basha amahanga ntagupfina
Hanyuma nkimpanuro yanje muga sorry nashaka ko mugutegura ivyo bifungurwa azoze yambara plastic or gar kumaboko vyoba vyiza cane gusumba pls
Nivyo, utanze impanuronziza.
Iciyumviro utanze arakwiye kugishira mungiro vuba-na-bwango.
Ego ego ego ego ego
🤣🤣🤣🤣😂😂😂vyarakunaniye ubuzima bwaho bwarakunaniye vugisha ukur😂😂😂😂
Kuyindi mpwemu idasanzwe 🤣🤣🤣🤣🤣
Warya nkimbwa kl
Chance never come twice bro wew emera ubukene warabwiteye
Message z’uguca intege umuntu ntabwo zikenewe!
Ushaka kumenya ubuzima bw’Amerika, uze ubaze abahamaze “nibura” Imyaka 20yrs!
Who was the Burundian ambassador at that time? What year was it? How come he came back with $2000 after more than 2 years in the US?
This are real questions to think about.
It can't be possible to work for more than 2 years and come back home with USD 2000 only.
I was 22 yrs. But in my mind i was like 5years old. Can please you understand? Thank you
😂😊
Muvandimwe uratubwira neza icakuvanye muri America ukavayo ufise $ 2000 kandi wari wagiye kurondera ubuzima (amahera) ? Warabaye deported uzobitubwire neza
nukuri nukuvugisha ukuri ntaco bitwaye kotsa imitwe yimpene , jewe ndanayikunda kabisa ariko ntukatubeshe😏
Do you people things America. You get money if not going work .i live America and i understand he is problem because i live America
Wapi ntiyari yagiyeyo burya yagarukiye mukayira woshika America ukagaruka
Na diaspora yagwogwa ndake
Imbobo zose ziza zivugang ni diaspora
Ako kantu kimbobo niko kabi
Umukubito ncpc
Nareke kubabesha vyaramunaniye ubuse twebwe ntituhabaye kandi neza ubu waba utaragize kibazo ukaja kwiriga wikata amaboko???
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ico mufise adafise nikihe?
Yavuzeko afise urugo, kandi ararugaburira bikwiye! Then, where is the question?
Sinemeranya n’uyu muntu, iyi mitwe ariko adandaza sinibaza ko yoba isumba akazi ko yakora amerika. Niyemere ko vyanse areke gutuka amerika. Erega ntiyari yemerewe gutura amerika kuko yari umukozi wa ambassade
😂😂😂😂😂😂😂😂
Abarundi barazi kubesha pe. Ngo akazi karaheze? Muri amerika birashika akazi kakabura cambe ntako yarashoboye tout simplement😅
Hari story inyuma yivyo navuze ntabasha kugira public. Thanks
😂😂😂😂
Ukuntu mukora ibiganiro ntimusabe abatumigwa nimero ya fone nivyo nibaza bikansiga
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Formation en couture ntaco kintwaye ariko sintahuye nukuntu yakoze plus de 2 ans muri USA agatahana 2mil$ gusa! Gutaha kuko avyishakiye vyo sindabigarukako n'intwari bishobora bake😂😂😂😂
nimba udatahura ko uba USA 2ans ugatahana 2mil, urabaza abamaze 10 ans batararonk nayo kwubaka maison simple i bujumbura. Si kuvuga ko bagiye bahembwa make ariko ariya twita menshi($2500-$3000) ashobora guherera mu mibere ho yawe ya misi yose iyo uba mu bisgara bikuru hazimvye(nka Washington, cank ahandi). Rero inzira yerera uwundi wewe irashobora kukunanira kubera mubaye ho ugutandukanye. Tumenye kudatwenga cane abo vyananiye kuko ejo bishobora kuba wewe.
Hari story inyuma yivyo navuze ntabasha kugira public. Thanks
❤❤❤❤❤❤thanks. Uratahuura caan
Mbe hoho, mutiriwe murigora, abazungu bahavukiye, bakiga, bakahasazira, batagira $2,000 kuri account yabo bangana iki?
Ahubwo, nta regret mbona ko ikenewe ngaha! Imana ihera imigisha umuntu ahariho hose!
Nakore, atezimbere ibikogwa ashoboye, navyo bizomuteza imbere!
Uwo mugabo ahubwo numu fou!!! Arumviriza ikiganiro cuwitwa Safari kuri Yago tv akuremwo inyigisho, nta USA yahonyohemwo najehiyo pu!
Gael I think you have hate against diaspora people 😂
Gael turubaha ikiganiro cawe ariko bureka kutuzanira abakeha bwenge nkabo .nta kuntu nakumwe wova america ukaza guteka imitwe yimpene .nibabe bareka kubesha uwo ntiyaje kuneza yarirukanwe USA .
Iyo igisagara kikubererye ikiyaya, ntuze wibagire ko abo cabereye umusozo babuze!
Je mbona ahonyuzehose ari uruja n’uruza gw’aba homeless!
Nonemwibaza ko ababose bari mw’ibarabara basangiye ibibazo?
Ntantungane (inzira karengane) zirimwo?
Kuba atiriwe aritamukaga naburya atavyangombwa vy’ugukora “USA Work Permit” yarafise, numvu yahisemwo neza-pe!
Songa mber muta
mwaretse kubesha abantu ninde yakubwiye ngo muri america ko akazi gahera bobo ikibazo cakazi carakemutse waribeshe cane guhitamwo ubwobuzima
W nturatembera nta makuru ufise