Pole sana mugabo za muraba munabaze ingene aba journalistes bo ngaho mu Rwanda bakora,babahe amasomo,hariho umurongo utukura batarengana kandi bubaha abategetsi bi gihugu cabo,namwe umunsi mwagarutse mu gihugu bize bibabere isomo. Mutandukanye kumenyeshamakuru no gukina politique
Imana irababona abicanyi ihora ihoze
Imana izoherere inzirakarengane zose
Inimaginable 😢😡😢
Pole sana papa
pore pappa . pore sana , nakamuna ivyacu burundi , jewe narumiwe
Cest bien
Bemureka guca ikiganiro muri editing ya émission kuko bica bibonekako umenga harivyo munyegeje.muga birabonekako mubicagagura
Ikiganiro gishobora kumara 2 heures et plus vyose siko vyaba publié.
Pole sana mugabo za muraba munabaze ingene aba journalistes bo ngaho mu Rwanda bakora,babahe amasomo,hariho umurongo utukura batarengana kandi bubaha abategetsi bi gihugu cabo,namwe umunsi mwagarutse mu gihugu bize bibabere isomo. Mutandukanye kumenyeshamakuru no gukina politique
toka, uyu sikijuju, toka
wewe uzi uwo murongo umeze gute? Be mureka kuvuga uko mushatse. Ivyo ntubivuze kubera uzi umurongo abamenyeshamakuru bakorerako, ubivuze kubera kuvuga gusa. Ushaka kutwumvisha ko abahatswe kumugandagura bafise ukuri?
Ndasubiramo, abaze bagenzibiwe hiyo mu Rwanda. Ashaka kuvuga ukuri nongaho i Rwanda kurahari, komutakuvuga! Afrika ni afrika yaco muhendwa nabazungu.
puuu, ntabazungu babahenda , nimwe mwisamburirako nkimpene! uwo vyankiye ngo ibirago biranyerera! babaye ababasumvya ubwenge ! iyo mumaramaye mumanyanga mukora, muca mwizanisha abazungu! ni mubahende namwe mwongera mwiyubaka
uri ikigugu wewe utuka abanyarwanda ! bakugize iki! ni mupfe nabi ibirundi vyibirofa
Abarundimurabicanyikweri.abahutu abatutsi mabyinamunuko nacanecane abatutsi mugira inzigombicane
Mwashatse kumarako abahutu bose mwitwaje inkotanyi zirabahenda
😂😂😂😂😂 muzahora muribigoryikugezaryari harya abatutsi Bose bakorana na kagame Sha ikimbabaza nuko muzibira abafite umutima mwiza
Ariko nkubwo inkotanyi ueizanye gute Koko ufite ikibazo mumutwe pee
Mureke amacakubiri ntaco aza ndufasha kwubaka igihungu byaga bikunda tuzabana ? Mwe nka basoda bigihugu ?? Nimba mushakira ineza igihugu ntimukabikorere ibyiza byanyu ubundi umusoda nyawe akorera leta yifuriza ibyiza abanyagihugu (haramateka twacyiyemwo biduha isomo ❤
Uwuhunga agenda na passport?
Ntibikureba
Iyo ataba passport none yari kuca gute kuri airport
Reka kuba mubaza ibibazo bidafise umutwe
Yarabacits ihangane
Mwarawakije urabababura.
Imana iruta ingabo
Uvuze neza cane ,Imana ituta ingabo.