"Kwubaka isoko, ni umwe mu migambi twipfuza gukora ngo twubake Uburundi tutarinze gutega amaboko"

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 29 вер 2024
  • Twagiriraniye ikiganiro na Fablice Manirakiza arongoye UBAKANation, amaze igihe yubaka ibigwati bitandukanye nka "come and see Burundi, Fab homes village", n’ikindi kigwati kikiri mu rwubako mu kabezi
    👉🏾 Muri ico kliganiro twaragarutse mu buryo buramvuye, ku vyerekeye ibikorwa vyiwe na cane cane umugambi wo gusubiramwo kwubaka isoko nkuru ya Bujumbura
    💬 Uwo munyamigambi amenyesha ko umugambi wo gusubiramwo isoko rero ngo yawushikirije nk’umwana w’umurundi wese afise indoo yo kubona igihugu ciwe gisa neza
    #Uburundi #Jimbere

КОМЕНТАРІ • 42

  • @Nandaise
    @Nandaise Місяць тому +3

    Vraiment Fablice turashima Imana yakuduhaye ❤ Fablice nkuko wama uvuga KO uri intumwa y'Imana nkabarundi turashaka ubibemwo kuko mfise ubwoba kuzohava ucika intege yivyo twumva. Ariko ico jewe ndakubonamwo uri inyenyeri yakira uburundi kandi izokwakira namahanga , ndabakunda bikomeye Hama ndagusaba ivyukora vyose uzobikore mumuco kugira umwansi ntaze yerekane KO yatsinze kwikosa rimwe uzobukoze ndagukunda kandi niwe ndiko nigirako kuko nanje ndumwubatsi . Murakoze

  • @kg7285
    @kg7285 Місяць тому +3

    Nukuri turabasavye mwubake isoko. Fablice tumushigikire

  • @HakizimanaFiston
    @HakizimanaFiston Місяць тому +1

    Nice ❤

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 Місяць тому

    Nibabihe Uwubishoboye!
    FABLICE

  • @FrancineHicuburundi
    @FrancineHicuburundi Місяць тому +3

    Fablice nukuri uri umugisha kugihugu cacu c' Uburundi❤

  • @RareRobertha
    @RareRobertha Місяць тому +1

    Fabrice nibaguhe igihugu nukuri 🥺

  • @ThamarNdacayisaba
    @ThamarNdacayisaba Місяць тому +1

    Mwubake Na mabarambara

  • @miraboss-empire
    @miraboss-empire Місяць тому +1

    UBurundi bukeneye ugwaruk rukora NKa Fabrice,Mutama Se barundi naguhe challenge wubake isoko

  • @ezekielsabiyumva8048
    @ezekielsabiyumva8048 Місяць тому

    Iyo myaka 20 ni myishi reta yoba ihomvye nibabahe imyaka 7 canke 10 20 hapana

    • @KennoKanse
      @KennoKanse Місяць тому

      Ah'ubwo je mbona bogomvye n'ukuyigumana ; boyiha leta ngo iyikoz'iki ko ico leta igomba gucungana naco ari ama taxes n'imisoro y'abadandariza mwo. Isoko ishobora kuguma ari consortium à capitaux privés,leta nayo ishatse ikaguramwo imitahe.

    • @theafricanhauler3396
      @theafricanhauler3396 Місяць тому

      RETA ntihomba irahombeshwa ahubwo n abayirimwo.
      Ironse Imisoro ikindi Ikeneye n Iki?
      Reta ntikwiye kuja muri vyose niho inanagwa.
      Raba Ibintu Reta zifise ko bitononekara kubera idasiga Irangi,vyononekara atawusanura.
      Reta ikwiye guhagarikira Amategeko hama Abadandaza bakikorera.niho Amajambere yubakwa hose kW Isi

  • @ngendakumanalewis1472
    @ngendakumanalewis1472 Місяць тому +1

    Uyu mu type akwiye gushigikirwa cane rwose hejuru cane Muta

  • @NijimbereGREGOIRE-u4u
    @NijimbereGREGOIRE-u4u Місяць тому +2

    Fabrice turamukunda turavye ivyumazegukora

  • @nshimirimanaolive4965
    @nshimirimanaolive4965 Місяць тому +1

    Zuribuka nama studio meza kuba jeunes. Hama ukazitanga nokugaciro keza

  • @simbarakiyedamien7775
    @simbarakiyedamien7775 Місяць тому +2

    IMANA IKURINDE CANE!!!

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 Місяць тому +1

    Iciyumviro ciza imyaka irenga10 ritarubakwa leta ntaco yungutse mbona yoriha Fabrice aka ryubaka

  • @dioladiola263
    @dioladiola263 Місяць тому +1

    I wish they could agree to it turonke opportunity natwe yukw investissa

  • @epithaceniyonizigiye4482
    @epithaceniyonizigiye4482 Місяць тому +1

    Fabrice vmt keep going

  • @nahimanafiston6518
    @nahimanafiston6518 Місяць тому +1

    None komwamuhaye iminota mik kandi ikiganiro kiryoshe?

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 Місяць тому +1

    Mr. Fabrice,
    Mbabarira mwubake iyo soko nkuru ya Buja kugira ngo twikure ko agasuzuguro.

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 Місяць тому +1

    MUzotubwire dupfume tubaterera uko dushoboye , ariko iyo soko y'ubakwe. Kandi mwubake isoko nziza isobanutse nka Mall.

  • @filiusntakarutimana9064
    @filiusntakarutimana9064 Місяць тому

    Nivyiza gusubiramwo kwubaka isoko nkuru ya bujumbura.ariko Aho uburundi bugeze ,turavye irwirirana ryabantu,iyerekwa rya Gouvernement 2040-2060,vyoba vyiza habaye désengorgement,irya Soko ikubakwa mukindi kibanza kirinyuma yigisagara kugira harya hategurwe soit parking soit ikindi kintu kidatwara ikibanza kinini kk Bujumbura turabuze parking yimiduga itwara ingenzi je dis bien gare routière.gutyo hazokwubakwa isoko yomumyaka 100 irimbere ( model Rocky city market ya mwanza.) umuji uzoca waguka turonse centre commercial iri hors ville.Munyihanganire musanz iciyumviro kidafashe.

  • @DidasNiyosenga
    @DidasNiyosenga Місяць тому +1

    Abakurwanya tuzobarwanya twivuyinyuma komera sha Fabrice abonabo badedemba ubaturekere tuzobarwanya twese abarundi twitahuye kandi tuzakamaro kogukorera igihugu ivyobivume navyo bizopfa biyerayera . We korakazi ubinumye .

  • @cheriewanje5415
    @cheriewanje5415 Місяць тому

    Nukuri imana ikuzigame!jew ndumurundikazi abachanze na jew ndakunda igihugucanje, nanje ukuboko kwanje ndagushiramwo, iryo soko ryubakwe, Murakoze!

  • @nahishakiyesaid51
    @nahishakiyesaid51 Місяць тому +1

    Nzoca ngura imitahe 20

  • @PascalineIradukunda-zs4lk
    @PascalineIradukunda-zs4lk Місяць тому +1

    Twese Aho turi twipfuza guterera igihugu cacu

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns Місяць тому +1

    Barayiguha uyubakishe urashoboye kandiwew urikufasha igihugu cacu ugomba kogiterimbere

  • @iradukundasamuel4929
    @iradukundasamuel4929 Місяць тому

    Ntago ari intambara yo mu Rwanda... Ni jenoside yakorewe abatutsi 1994

  • @mukashyakaclarissa
    @mukashyakaclarissa Місяць тому

    Icyo ni igitekerezo cyabagabo kbs umurundi wese akashiramo umugabanewe

  • @yveslamyiradukunda2189
    @yveslamyiradukunda2189 Місяць тому

    Uvyumve kandi ubimenye ko tugukunda caaaaane 🤌🤌🤌❤ uri akarorero keza Imana ibandanye ikutuzigamira kandi igume ikuduza kuko uduze natwe tuba tuduze.

  • @uwimanaestere9347
    @uwimanaestere9347 Місяць тому +1

    Ese boyiguha ukayubak

  • @cedricishimwe_ki2063
    @cedricishimwe_ki2063 Місяць тому

    You need to ask Fabrice critical questions men! Not just focusing on the main market of Bujumbura. His so vast mind… let’s push the narrative of development of the different corners of the country.

  • @NdizeyeEric-wx4fe
    @NdizeyeEric-wx4fe Місяць тому

    Jew ..ndakunga umukono najew ndimwo mumutahe 🇿🇦

  • @ElcaneNyabenda-fz3lr
    @ElcaneNyabenda-fz3lr Місяць тому +1

    Tukuri inyuma nimbere impande zose.

  • @YvesNgari
    @YvesNgari Місяць тому +1

    Mutubwir twese aho Abarundi bari hose duterere Igihugu cacu

  • @ericballack8219
    @ericballack8219 Місяць тому +1

    ❤❤❤

  • @Sabriya-ms4ry
    @Sabriya-ms4ry Місяць тому +1

    Ahubwo mubikore vuba

  • @B-Y-N
    @B-Y-N Місяць тому

    Hezagirwa Hezagirwa Imana yakuduhaye ikudutungire Fablice waje hageze niwewe Uburundi bwari bukeneye tukuro inyuma turagushigikiye 👏👏🇧🇮🇧🇮🇧🇮💒💒💒💒

  • @ericciza926
    @ericciza926 Місяць тому

    Gusa Reta igucunge wewe bazogutwiba kk urashoboye

  • @kbwoyofficial1
    @kbwoyofficial1 Місяць тому

    Ako kantu kaguma kadanja katumena amaso

  • @justinirakoze5559
    @justinirakoze5559 Місяць тому

    Ww ntuz uriba abarundi kko umus umwe uzobibazwa