Acha achasha siye njo tunajuwa apo ilikuwa enzi zetu sagaplaje palikuwa apatoshi dimanshe tuki toka afta bichi avana ooo bwiza paradise lolo apo tuklikuwa tuna cheza na shanela pis end love kwaba nyakwa tuki toka tuna mushindikiza shanela ana twambiya twende kumuhona lolilo buyenzi achasha una nikumbusha mbali ila mungu mukubwa tume kuwa mungu anazidi kutulinda
Lolilo umusi umwe twamusanze Kuri cercle nautique niho hari studio MenyaMedia I baby twari twizaniye arazidutwara😅😅😅😅😅😅 umwe Yari umwarabukazi aca aramusoma wallah uyu Mujama Yari Star saaana Lolilo Big up sana....narigeze gukubitwa ngira mpebe school ngo nshaka kuba umu star mbe nka Lolo 😅😅😅😅 mère alinipiga kandambili mu kicwa😂😂😂😂 Wari Star brodda...Big up LvngLegend🎉🎉🎉 Baguhe amashugwe ukiriho kabisa
I remember the day I was singing at school. It was a singing exam, I don't know if it still exists. That day I put a small piece of paper on my cheek to turn myself to the famous musician of that time known as lolilo.
Uy mugabo aza mu rwanda narinkiri umwana nagiye kumureba kuri stade ari umu star urenz abanyarwanda ntituzakwibagirwa maybe abarundi bo babifata nkibisanzwe
Lolilo ndamukunze sana avuga ukuri respect sana uvuze ukuri ko impuz mwazitza na Mukaya F mais fizzo ntiyigeze avyemera 😂 ico cerekana umuntu yuzuye ubuntu uko mushingantahe walai big up and keep shining
The only legend dufise. Abandi bose bakurikira inyuma. Much respect brother.
ndi wamu petit wahaye ijojo dutonze imirongo waje gukoresha imodoka mubuyenzi uwo twari kumwe mushire like tumenyane
Lolilo une légende vivante qui a marqué l'histoire de la musique burundaise. Big up
the first good emission in our contry abavyemer mumpe like #take me back
Vraiment biraryoshe, burya ico nico bita Legend😂😂😂
Yaba kirya gihe ciwe hari kuba hari youtube ntihari kubura indirimbo yiwe ikwiza 50M Iconzi biragoyeko hazosubira kuboneka umuntu agira succès nkizo yagize
KABOSS ndakunda ukuntu uri créatif wa danje ❤❤💪✊
Légende Simba cambara Burundi💪💪WE njo wetu ntare,
Iyariko aravuga histoire yiwee mbanumv nosubiza ibihe inyuma. Respect legend lolilo
Lolilo ni Legend vrmt. Niwe muririmvy nkiri umudogo narihira imiziki yiwe ewana album yiwe kugir bayerekane mwarariha walahi ninawe muririmvyi nakuze mfana kweri
Acha achasha siye njo tunajuwa apo ilikuwa enzi zetu sagaplaje palikuwa apatoshi dimanshe tuki toka afta bichi avana ooo bwiza paradise lolo apo tuklikuwa tuna cheza na shanela pis end love kwaba nyakwa tuki toka tuna mushindikiza shanela ana twambiya twende kumuhona lolilo buyenzi achasha una nikumbusha mbali ila mungu mukubwa tume kuwa mungu anazidi kutulinda
uwunvise umupeti yitwa Yoya ampe like 😂😂
Icogihe yari petit kuri Lolo
Wimbo wa yoya
15:17 😁😅nimba aruko vyabaye... nca ntahura abanyarwanda bavugako umuziki w'Uburundi wazimye
It's true
Burundi gave us a good childhood in Rwanda both cities and villages..
Lolilo umusi umwe twamusanze Kuri cercle nautique niho hari studio MenyaMedia I baby twari twizaniye arazidutwara😅😅😅😅😅😅 umwe Yari umwarabukazi aca aramusoma wallah uyu Mujama Yari Star saaana Lolilo Big up sana....narigeze gukubitwa ngira mpebe school ngo nshaka kuba umu star mbe nka Lolo 😅😅😅😅 mère alinipiga kandambili mu kicwa😂😂😂😂 Wari Star brodda...Big up LvngLegend🎉🎉🎉 Baguhe amashugwe ukiriho kabisa
This was dope and really interesting to watch we need more 🙌🏽🔥
franchement twame dushima kandi twemanga ko LOLILO nius a fait rever
I like his honesty and simplicity
muri takemeback zose maze kureba iyi niyo yambere nziza fizzo muri takemeback nuwa2
kuko FIZZO na LOLILO barirekuye batubwira story zabo neza ndabashimiye 🙌🙏
Big man wakuache ulifanya Tena wakueshimu, respect sana Legend 💪 17:41
Iyi emission ndayikunze caaaane,Lolilo yubahweee caaane
Longed my love from Zambia 🇿🇲
Lolilo naho wohagarik music you will still my favorite singer in 🇧🇮 especially in your generation
Abo ba artists bashasha ntanubwo nzi indirimbo zabo😭😭😭 Lolilo, Fizo, Kidumu m’y childhood music legends 🫶🏾🫶🏾🫶🏾
kumbe umujama yarariye show kabisa😄😄🙌🙌
I remember the day I was singing at school. It was a singing exam, I don't know if it still exists. That day I put a small piece of paper on my cheek to turn myself to the famous musician of that time known as lolilo.
Big up broda songs of all the time 💪💪
Uy mugabo aza mu rwanda narinkiri umwana nagiye kumureba kuri stade ari umu star urenz abanyarwanda ntituzakwibagirwa maybe abarundi bo babifata nkibisanzwe
Vyari bimeze gute man? Twebwe ino abaswahili canke aba Muslims hari ukuntu batabaha agaciro naho bakora neza
Uyu niwe mustar inzi wumurundi waje murwanda akuzuza abantu benshi cyane kandi twamwitaga Nelly wumurundi yarafite public Nini yabafana benshi murwanda abamupinga nibarekeraho muri secondaire abantu bose bino basubiragamo indirimbo yiwe habaye boom 💥 cyangwa se spectacle uyu loliro ntimuzigere mumusuzugura numu legend kuko ararenze sana❤❤👌🙏
Lolilo ndamukunze sana avuga ukuri respect sana uvuze ukuri ko impuz mwazitza na Mukaya F mais fizzo ntiyigeze avyemera 😂 ico cerekana umuntu yuzuye ubuntu uko mushingantahe walai big up and keep shining
legend wacu king lolilo
Lolilo thé legend 🔥🔥🔥🔥
Iki kiganiro nibciza. Good creation
Warakoze amateka bro
My Burundian best artiste
lolilo pg up👑👑🎼🎼
Brother #Lolilo indirimbo reka ndayikunda cane kandi iraryoheye ugutwi ifise na message nziza,bishobotse uze uyikorere remix❤
Walah iyo Uri legend uba uriwee kbs lolilo wubahwe harya ngo amahera yanjee ntasubiraa inyuma hahaha umva yumvise urarenze walah
You will always be our legend
lolilo aracari numero 2 kundirimbo zurukundo zidasaza pe havuye kidumu
Ni fresh cyane kbs, Loli ni 1, twaramukunze mu🇷🇼
My fav Lolilo
Legend
💪💪💪
Muri irya mwaka wari ukaze
Legend 🙌
J'adore tes chansons lolillo💯💯
Legend Lizzo manizo
Iyi project ndayikunze
Ah harikere sha😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂Lolo uko fou nakare ka moto fizzo😂😂😂
Ulicezeya maisha petit, utajuta nakwambia. Imana yarakugerageje uba ikijuju
Iyubah rasta kukontumutunze aritunze afisumuryango atunze
Très intéressant en tout cas 🙏🏾
Lolilo yaranditse amateka yiwe nyimba hari umu star nakuze numvaa yari lolili hamwe na fizzo na. Soso
Big up my bro ark rondera na 19th Burundi
Bien dit Lolilo bibi kwibagira iyo wavuye💪🔥 41:41
Heshima kwako Lolilo
Legend wacu yubahwa canee🤝🤝🔥🔥🔥
Murkozee ndahamenyeye vyishi ntarinziii
Big up san bro you deserve respect
Ubundi umu légende yandits amateka menshi ni Lizoo
Ba ndurw barihenda
Wowe gusa 🤜🏾🥰🥰🥰🥰🥰🇷🇼🙌🏾💯😎🥰🥰🥰🥰
Ndemeye
My brother and you are My Rôle model
❤❤❤
From Rwanda nakupenda sana br
Legend de tout le temps Lolilo 👍
Yavuga iki nerlandais 😅😅😅😅iki Hollande😂😂😂Big up bro wari wara shininze kweri 😊umwe wese n'umusi wiw mais courage nubu haracariho ivyizigiro
Legend wacu nakubali kazi yako
Vraiment anyibukije vyishi kweli
@Lolilo urankoreye umusi vraiment kumateka yawe ivyigwa vyinshi umuntu ahakuye ninkuru zitenzwa ubundi kirya gisanga naco cantwengeje cane😂
😂 nje ndakuda ukunu lolilo Avugi kirundi
Lolilo dushaka uzutubwire ingene mwahavuye muvyarana na Adja yakubwira uje angle terre ukanka ariko munyuma mwaravyaranye vyagenz gute?
Big up to yoya
Ndagukumbuy kur stage NG Z
Bigenda gute ngo 9 months ago?
Lolilo légende mon star q je préfère
Big up kabosforeal
Simbaaaaaaaaa
Umuswahiri ntiyinyegeza ahari hose ndake ndabira difference y interview y fizzo n lolilo😂😂
Warabikoze Lolo
Nyene nyene nyene nyene 😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂izonyoni waraziretse
Uyo ni uwongo
Erega nubundi mwazitizanya ntacobuza
Ndibuka nereka impuzu nibirato vya lolilo naba 50cent ndavyereka papa akampa amakofe ngo narasaze😂😂
😂😂😂
Kings of buja game
Lolilo back ground yiwe yari ya dangerous ntaco abeshemwo
Neza cane uze urindere wa mutama wo mu Cibitoke ca rugòmbo yavuga ko Kidunu yamwivye irya ndirimbo
They don't give you the credits you deserve man😢
Twagushize murutond rwbaririmyi bazokwibubkwa muburundi
Kbs wubahwe
Ikigaro ciza cane
M wamwise ngumum petit yoya ahubwa mwaraba petit mwes mug yoya araz kwandik indirimb amaz kwandikir bensh nab t-max naband naz
Eric dog ari hehe??
Abanibo batumire tubadushaka kumva!! Gusa icogihe bakoresha camera cnk fone?
Ni balaa😅😅😅😅
Uwo mujama kweri yari big influencer muri za 2003
🥰😊😁🤣
Legend in the house🙌
Ariko lolilo wapfuye iki ni kirundi?uronona ururimi rwacu
😂😂😂
Urwo rukondo mwarukanye nabo wariko utubwira twipfuza ko naba bariko bararuko bobigiraho vyishi. Ikindi mukanya mukiri hagufi yabo nukuza murabahanura kuvyo mubona batari kwitwaramwo neza.
Lolilo urumuntu wumugabo kabisa