Magazine Jimbere
Magazine Jimbere
  • 884
  • 3 012 067
🎶 #MwariMunzi Ep4 na Joël Houghton : "Indirimbo 'Tujane' nayandikiye umukobwa nakunda kera"
❓Mwari mu muzi Joël Houghton ? Wibaza ko yoba yatanguye umwuga wo guhinyanyura ryari?
🎹 Mu kiganiro Mwari munzi c'uno munsi, umutumire ni umuhinyanyuzi Joël Houghton, aho atujana mu kazi kiwe akatwereka uko ibikorwa vyiwe bigenda ndetse akanatuganiriza ku ndirimbo yakoze, agira ati: "Mu ndirimbo nakoze , Madamu niyo ya mbere yampinduriye vyinshi mu buzima"
🎞️ Kurikirana MwariMunzi Ep4 , umenye ibitari bike kuri Joël Houghton 😉
#Uburundi #Umuziki #Jimbere
Переглядів: 3 860

Відео

🤨 #HangOut Drama T :'' Sindigera 'fakinga' ubuzima bwanje, nk'uko bavyibaza"
Переглядів 19 тис.19 годин тому
🎞️ Ntutangwe no kumviriza iki kiganiro. Aho mutumire ari Drama T, umwe mu baririmvyi babikora neza mu muziki murundi ✔ Muri kino kiganiro yatuyagiye vyinshi ku kazi ndetse n’imigambi afise mu muziki wiwe #Uburundi #Umuziki #Jimbere
🙎🏾‍♀️Umukenyezi yiha iteka, ni uwitanga atiziganya kubw'inyungu y’umuryango ni iy’igihugu ciwe
Переглядів 186День тому
🗣️Kwamana na ntaryo inyota yo gukora cane ngo ube umukenyezi w’ibanga kandi yitanga atiziganya kubwo inyungu y’umuryango ni iy’igihugu nikwo kwiha teka no kuritera #Uburundi. 👀 Kurikira muri kano kareresi uko abakenyezi b’imboneza bo mu ntara ya #Ngozi babigenza #Uburundi #Jimbere
😏 Hangout na Lino G & Monia Fleur: just friends ?
Переглядів 28 тис.14 днів тому
🎶 Irya ndirimbo "Irya Nyuma" ya Lino G isigura iki ? 🙃 Hagati ya Lino G na Monia Fleur, hari iki ? Ni abagenzi canke hariho akirenzako 🌚 ? 🤭 Monia Fleur ko adashaka kwisanzura n'amaki ? 💯 Kino kiganiro none wumva utogikurikira ? Kwega agatebe, wumvirize, wige na cane cane uryoherwe 🤗 #Uburundi #HangOut #Jimbere
🙎🏾‍♀️Umukenyezi yiha iteka, ni uwitanga atiziganya kubw'inyungu y’umuryango ni iy’igihugu ciwe
Переглядів 11314 днів тому
🗣️ Kwamana na ntaryo inyota yo gukora cane ngo ube umukenyezi w’ibanga kandi yitanga atiziganya kubwo inyungu y’umuryango ni iy’igihugu nikwo kwiha teka no kuritera #Uburundi. 👀 Kurikira muri kano kareresi uko abakenyezi b’imboneza bo mu ntara ya #Ngozi babigenza #Uburundi #Jimbere
🤷🏿‍♂️ #MwariMunzi Ep3 na Saz Da Great: "Umuziki ni yo nzira yo guserura ikindi ku mutima"
Переглядів 3,2 тис.14 днів тому
🎞️ Kurikirana MwariMunzi Ep 3, umumenye Saz Da Great😉 ❓Wibaza ko "inspiration" yo kuririmba ayikura he canke ari uyuhe muririmvyi yatumye atangura kuririmba? 👌🏿 Uyo mujene w'umuraperi ati: "Mu ndirimbo zanje, mbafise ubutumwa canke intahe nshaka gutanga. Natanguye kuririmba muri 2021, nk'aba mfise indirimbo 5" #Uburundi #Umuziki #Jimbere
✨ HangOut Arsène Bucuti: "Kuramukanya na Président vyarahinduye ubuzima bwanje"
Переглядів 1,8 тис.28 днів тому
😁 Arsène Bucuti, umuvugizi w’umugwi Vital'o FC, twamugendeye mu rugo iwe, atuyagira uko vyagenze kugira ahure n’Umukuru w'igihugu Ndayishimiye Evariste, hamwe n'ivyo yamwemereye ❓ Urashaka kumenya ivyo ari vyo ? Kano kavidewo ntikagucike rerooo #Uburundi #HangOut #Jimbere
✍🏾 Vaincre l’analphabétisme en (seulement) 10 jours
Переглядів 11928 днів тому
💻📱"Grâce à des outils appropriés et à une détermination sans faille, il est envisageable de rompre le cycle de l'analphabétisme et d'ouvrir de nouvelles perspectives aux générations à venir". 💪🏽 C'est le challenge que s'est donné la société Ukoondi, qui a organisé, pendant dix jours, des sessions d'alphabétisation à l'intention des adultes, en provinces de Muramvya, Kayanza et Cankuzo. Les résu...
🤔 Kubwawe, kuba imboneza nyakuri bivuze iki?
Переглядів 7628 днів тому
👍🏿 Kubwa Mugisha Viviane, aserukira ihuriro ry'abakenyezi mu #Kamenge: "Kwiyegereza abantu, guca bugufi, kuba intungane, no gutanga akarorero keza kugira n’abandi bakurabireko nikwo kuba imboneza nyakuri" 📆 Ivyo yabishikirije ku wa 19 Mukakaro 2024 mu gihe abahurikiye muri iryo huriro bakurikirana inyigisho zerekeye ugihimiriza abakenyezi kwitoza mu bibanza bifata ingingo ✅️ Umwe mu bitavye izo...
Abakurikiranye inyigisho zatunganijwe biciye mu mugambi "Synergie pour la Paix" bahakuye ivyunguka😉
Переглядів 9728 днів тому
🎞 Muri ako kareresi, harimwo ivyiyumviro n’ubumenyi bitandukanye bungutse abitavye inyigisho zo ku wa 18 Mukakaro 2024 i Mutimbuzi zari zishimikiye ku guhamagarira abakenyezi kuba imboneza no kwijukira kwitoza mu bibanza bifata ingingo. Izo nyigisho zari zatunganijwe na Magazine Jimbere biciye mu mugambi wo gutsimbataza amahoro "Syenergie pour la Paix" 🚺 Kubwa Kubwimana Aubert, umunyamabanga ns...
📃Documents administratifs exigés pour bénéficier de la gratuité ciblée des soins au #Burundi
Переглядів 284Місяць тому
📃Documents administratifs exigés pour bénéficier de la gratuité ciblée des soins au #burundi #santé #burundi #FBP #gratuitédessoins #PASS3 #PASS #minisanté
👨‍⚕️ La Gratuité ciblée des soins pour les femmes enceintes et les enfants de moins de 5 ans
Переглядів 78Місяць тому
📃 Le contenu de l’ordonnance conjointe d’application du Décret Présidentiel sur la gratuité ciblée des soins pour les enfants de moins de cinq ans et les femmes enceintes #santé #burundi #FBP #gratuitédessoins #PASS3 #PASS #minisanté
🏀#MwariMunzi Ep2: yatanguye akinira mu Cibitoke, none ubu ni bitumwako mu guserukira igihugu...
Переглядів 3,7 тис.Місяць тому
👤 Romis Bujeje umukinyi ariko avyifatamwo neza muri iyi minsi. Avuga Basketball iriko iratera imbere mu gihugu, ndetse umukinyi ngo arashobora kubeshwaho nayo gusa #Burundi #Jimbere
Mu bituma inda zivayo hataragera... | KU MAGARA YACU
Переглядів 443Місяць тому
🥹 Musomyi, waruzi ko mu bituma #imbanyi ivayo hataragera, hari imvo ziva ku mugabo atabizi? 😉 Kurikirane kino kiyago gishobora kuzogufasha hamwe n'umukunzi wawe. #Umutumire ni Raoul Remesha, umuhinga-muhanuzi mu vy'#amagara ndoragitsina
🤑 #MwariMunzi Ep1 - Cindy Mutore ati: "Muri The Bachelor ntitwagiye kwa gusa, baraduhemba"
Переглядів 13 тис.Місяць тому
👥 Cindy Mutore ngo yakuye abagenzi benshi muri "The Bachelor" 🤭 Ngo mu bakobwa bariko barahiganira umu Bachelor, hriho abatamukunda vy'ukuri 👉🏾 Ngo yarizeyo kwihangana... ▶️ Urashaka kumenya vyinshi ? Raba aka vidéo kose. Enjoy 🤍 #Burundi #MwariMunzi #Jimbere
👨🏽‍🏭 "Depuis ma participation au concours Umwuga Award, je suis passé à un stade supérieur"
Переглядів 95Місяць тому
👨🏽‍🏭 "Depuis ma participation au concours Umwuga Award, je suis passé à un stade supérieur"
🚪 "Après le concours Umwuga Award, je suis devenu de plus en plus autonome au niveau matériel"
Переглядів 54Місяць тому
🚪 "Après le concours Umwuga Award, je suis devenu de plus en plus autonome au niveau matériel"
TakeMeBack Bahaga:''Yasa n'irirenga yasohotse ntazi kuririmba neza😂’'
Переглядів 2,3 тис.Місяць тому
TakeMeBack Bahaga:''Yasa n'irirenga yasohotse ntazi kuririmba neza😂’'
👩🏽‍💻 "Le concours #UmwugaAward m'a prouvé que je suis pleine de compétences"
Переглядів 112Місяць тому
👩🏽‍💻 "Le concours #UmwugaAward m'a prouvé que je suis pleine de compétences"
🔌 "Le concours Umwuga Award a beaucoup révolutionné ma méthode de travail"
Переглядів 92Місяць тому
🔌 "Le concours Umwuga Award a beaucoup révolutionné ma méthode de travail"
"Kwihereza pastèque si bibi, mugabo ikiyago hagati y'abubatse kiraziruta" | KU MAGARA YACU
Переглядів 385Місяць тому
"Kwihereza pastèque si bibi, mugabo ikiyago hagati y'abubatse kiraziruta" | KU MAGARA YACU
Ibinini nka Viagra mu buzima bw'umugabo | KU MAGARA YACU
Переглядів 717Місяць тому
Ibinini nka Viagra mu buzima bw'umugabo | KU MAGARA YACU
🥳#Kirikou: ''Nkiba mw'ibarabara siniyumvira famille, ariko inyuma yo kubura mama vyarahindutse...''
Переглядів 6 тис.Місяць тому
🥳#Kirikou: ''Nkiba mw'ibarabara siniyumvira famille, ariko inyuma yo kubura mama vyarahindutse...''
🔥🚘 #Rallye2024: mugenzi utishikiye mu #Vyerwa, aka kavidewo ntikagucike!
Переглядів 245Місяць тому
🔥🚘 #Rallye2024: mugenzi utishikiye mu #Vyerwa, aka kavidewo ntikagucike!
🎞Mwari Munzi? Ikiganiro gishasha ca @magazinejimbere7732. Get ready✨
Переглядів 749Місяць тому
🎞Mwari Munzi? Ikiganiro gishasha ca @magazinejimbere7732. Get ready✨
🎶 #TakeMeBack @bfaceofficial :''Nkitangura kuririmmba nirihira ishure hamwe n’imiziki"
Переглядів 6 тис.2 місяці тому
🎶 #TakeMeBack @bfaceofficial :''Nkitangura kuririmmba nirihira ishure hamwe n’imiziki"
#TakeMeBack Peraps:''Soso K amaze gushengera twaracitse intege 😒''
Переглядів 6 тис.2 місяці тому
#TakeMeBack Peraps:''Soso K amaze gushengera twaracitse intege 😒''
👩🏽‍🎓 Le parcours doctoral des femmes/filles dans l'économie du savoir
Переглядів 1492 місяці тому
👩🏽‍🎓 Le parcours doctoral des femmes/filles dans l'économie du savoir
😎 Nadine Nibigira, agira "doctorat" mu vy'ubuhinga bwa none
Переглядів 4062 місяці тому
😎 Nadine Nibigira, agira "doctorat" mu vy'ubuhinga bwa none
Uruganda CURIJAMBO n'umuririmvyi Bahaga, umwigisha Mberamihigo n'umumenyeshamakuru Théodore Ntunga
Переглядів 7872 місяці тому
Uruganda CURIJAMBO n'umuririmvyi Bahaga, umwigisha Mberamihigo n'umumenyeshamakuru Théodore Ntunga

КОМЕНТАРІ