Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Ufise icubaza canke icuterera woduhamagara kuri +257 68 223 838Turabasavye mukore Subscribe, Like na Share kugira mudushigikire mwongere muze muraba abambere mukubona ibiganiro vyacu. Murakoze
Nugiri kibazo utogushigikira yoba arumukinzi turabakunda cane
Sha ka naje mushir muri group
Mana ndamukunda fanny caneee nukuri
Mushire murgp
UBUNTU BW'UBUMANA NZIMA🙌mwubahwe mwebwe mudutera intege biraryoshe nukur IMANA IBAHEZAGIRE ❤️
Namwe Imana ishishikare kubakomeza disi ibahe nogukomerera ibihe bitarivyiza murigucamwo
❤❤❤❤❤❤❤
Fany uwukwanka nanje ndamwanka nibataha ndashaka kuzokubona pleas
Twarabahinyuye kandi Imana ikora nki Mana uwo wasabiye aba fana batanu ubu ageze muma milioni Icumuntu abiba nico yimbura
Mwirambire ababanka babadureko
Libert uricabwenge vraiment 💪💪Fany numunyamahigwe gukorana numuntu nka Libert muzogera kure cane🙏🙏🙏
Fanny na Libert muraberany vrm ❤❤💯
Wao,ese libert ici kibazo uwokibaza votre ament wumva yokwishura iki ?libert reka kugora abafana bawe baragukunda.!!!
Yoooo fanny Ribert nukuri mwubawe imanà irabakunda cane🙏🙏🙏❤️❤️💃💃💃💃
Fanny and libert Ilove you so much💞💞💞💞🥰🥰🥰🥰🥰🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Yavuzengo uyomukobwa afise amaso.meza jewe navyumvise ivyo liberty yavuze courage beni na team yateguye ivyobintu
Wawooooo💃💃💃💃💃🤸♀️🤸♀️🤸♀️🤸♀️Icoyanditse yaracanditse ntaco m ushobora guhindura Fanny etRibert mwubahwe murabanyamugisha❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Nkibibintu ukuntu biryoshe hariho abantu vyobabaza🤣🤣 Fanny na Libert mwirambire🙌🙌
Ndabakunda nanje fany&libert❤️❤️
Liberté wiwcu ibutanyerera turabakunda ♥️♥️
Fanny na liberty ndabakunda cyane
Nahonzoba ndumwe nzoguma ndabakunda Fanny and libert.mwe mugume kurugamba 🤸🤸🤸💃💃
Waooooh mugubwe neza beza banje ic'Imana yavuze ntikizigera gihinduka.
Mbega vyzaaaaa!!
Urwo mbakunda rurarenze icoshira mur groupe vyibura😍😍 Fanny Libert hejuru cane💪💪💪
Nshaka kuzobona Robert yakoroye amosozi Sha.Umunsi nzaza Mu Burundi,mpava mpuye na Robert& Fany.
Ikindi gice kontacyotubona.wawuuuuu!!!abafan. Mwubahwe.Libert et fan ndabakunda.
Jendabasavye munturemwo nanje muri groupe muzoba mukoze cane Fanny &libert mumfashe munshiremwo pe
Ibisigaye nivyo vyinshi cane knd vyiza ba chch bacu❣️
Murakoze umuti abansi bamaramare,Imana yabahaye igikundiro Fanny na Libert,nanje iyo groupe iyo ndayimenya nabamwo,ariko nzobironderera nanj ndabahe akantu
Step média 257,hejuru cn Imana yaduhuj namw ibishimirwe,nuwundi munsi tubakeney muze mutwitabe dukore umuti wa bantu bacu
Nimukomez ibiganiro nukuri murekane nabandi mukore ivyanyu Libert welcome we love u guys
Harahiyekoko🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ribert ndabona yagira arire habuze gato ariko ndahakunda mwabikozenezacane naj ndahakunda.❤️♥️♥️❤️
Riberi kowumiwe nibiki turagukunda cane reka kutwigizinyuma utwima ibigabiro turagukunda&
🎉vyukuri mwakozibintu bizima pe nanje ndashaka kubona Fanny Amado muyandi hamwe n'a Libert
Libert reka kwirirwa urahogora.uruhisha abantu mumutwe.ukunzwe urakunzwe nyene.non ko aba fana utazo bakuramwo urukundo bagufitiye.sauf ubihevye.😍😍😍
Haturire hahire rimwe maze!!uwubanka abandureko,ndaba❤
Muratwika mbere j ndumufana atagurwa 💪Libert &Fanny ♥️♥️♥️
Bnjr ndakund film zanyu nanje nshaka kuba muriyo group Yaba fana!ndasavye munyishure
Ntawankwa nabos bavand tura♥♥♥♥♥♥
Muranyishe kabisa mwibahwe sana turabakunda
Libert and Fanny lmana yo mw'ijuru yo itanga umugisha utagira akanenge ibahezagire caane
Imana ibahe umugisha muvyo mukora vyose
sha mwubahwe vrmt!!libert Fanny nukuri mufise impano nziza caane.gusa ababanka bobo ntibazobura.gusa bihangane nyen .ndabahaye poleee
Yoooo vyiza can 🥰🥰
Wouuuuuh👏👏👏👏👏👏
Yoooo mwabikoze nez bashaa vyar biryosh nukur
step Media 257🇧🇮🇧🇮🥰
Fanny na libert mwubahw😍😘
Basha naje ndabakunacane fanny na libati🥰🥰🥰Imana ibajimbere muvyomukora vyose kandi ivyobipfurije mugume mukundana ukonyene ntimuze mutandukane kk vyombabaza😔😔
Benichou nari nagumye ntegerej ko utwereka ibi birori. Nari nabonye amafoto kuri Facebook kwa fanny
Ka Sylvie disii yambiii sysy ndagkumbuye love from ETB
Maman 3FA Et Nsoro ndabakund Caan mubeh mubiz Imana Ihezagir ibikorw vyamabok yany ndabakund
Fanny na libert ndabakunda caaaane
Libre kafash 😂😂 kimw ndabakunda hamw nibikorwa vyabo naw benichou love you much kuduha ibintu nkibi 🥰🥰
Fanny end libert ndabakunda cane mwubahwe
Ndabakunda sibanga
Nukuri libert naho twahuye nkagushuhira mukukuramutsa ukagara vraiment ibikorwa vyanyu ni nyishu zawe ziranyubaka tu ndabafana
Nimumundirimbire nukur maman Lao 💃🎤🎤
love❤❤❤❤❤
Murakunzwe nukuri.ivyo bintu biraryoshe pe
Ndabikundira mwese
Jw Shaka kuja muri group kuko ndabakunda canee
Part 2 plz
Libert et Fannylavine komera
Wawoo courage team 🥰🥰🥰🥰🥰🥰❤️❤️❤️❤️❤️❤️🇸🇦🇧🇮🎂🎂🎂🙏🙏
Libert & Fanny hejuru caane.❤️❤️❤️❤️
Nautobakunda p.🙏👍❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Cute 💯💯💯
Good, 💯💯👍
Birahimbay kabis
Mwubahwe ndabakunda cane 😘
Benichou naw turagukunda🥰
One Love ❤️❣️
Benichou jewe nshaka kuja muri groupe yabo bafana kuko nanje ndakunda Abo bantu
Ndabakundaaaaaa
Mukomere turabakunda
Ndabakunda bantu banje
Murakuzwe kuberi mana
Ndabakund❤
We love you 😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Fann ribr turabakunda cane mwubahwe
Mwu bahwe mubikora nez mukomerezaho
Wow 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰👌👌👌👌👌👌👌💞💞💞💞💞💞💞
❣️❣️❣️❣️❣️❣️
Nanj muzashire mûri grp y'a fanny muzoba mukoze cane
Nanjye nzabakorera surprise ninza Buja ,ikindi tubarabakunda kuko muvamo Ibintu bizima.
Ndabakunda vrt ♥️♥️
Ibintu nuburyoooheeee🥰
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
🥰😍🤩😘🤩😍🥰
Nanje ndasha munshire muri grp muzoba mukoze turabakunda cane
🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Muraryohey basi🤣🤣🤣
Vyiza canee
❤❤❤❤
Ko mutantumiye nanj? Murinzigoo..nshira muruyi group yaba fana ndasavyeee
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
We love youuuuuuuuu
Zana suite
Mudushire muri group nanje
Woba rurangiramwa mukazi gute utaja mubiganiro
Hei hilsen hei hilsen janet 3 og jeg har ikke Internett på fredag og mandag
Umugani wa libert vyarambiranye,gusa murakundana
Libert n'a fany mukomere ntimunyiganyige mugutanga inyigisho biciye muma film vyukuri birigisha caane
Murabankumbujeeee weee
Nimwibereho
Uy musi nazindutse nanj
Ntukirira
😍😍😍
Fanny na libert nuko bidashoboka mwokwibaniye nkumugore numugabo.ndabakunda mukomereze hamwo.
Béni ch urakoze kuduha ivyiza nkibi
Ufise icubaza canke icuterera woduhamagara kuri +257 68 223 838
Turabasavye mukore Subscribe, Like na Share kugira mudushigikire mwongere muze muraba abambere mukubona ibiganiro vyacu. Murakoze
Nugiri kibazo utogushigikira yoba arumukinzi turabakunda cane
Sha ka naje mushir muri group
Mana ndamukunda fanny caneee nukuri
Mushire murgp
UBUNTU BW'UBUMANA NZIMA🙌mwubahwe mwebwe mudutera intege biraryoshe nukur IMANA IBAHEZAGIRE ❤️
Namwe Imana ishishikare kubakomeza disi ibahe nogukomerera ibihe bitarivyiza murigucamwo
❤❤❤❤❤❤❤
Fany uwukwanka nanje ndamwanka nibataha ndashaka kuzokubona pleas
Twarabahinyuye kandi Imana ikora nki Mana uwo wasabiye aba fana batanu ubu ageze muma milioni Icumuntu abiba nico yimbura
Mwirambire ababanka babadureko
Libert uricabwenge vraiment 💪💪Fany numunyamahigwe gukorana numuntu nka Libert muzogera kure cane🙏🙏🙏
Fanny na Libert muraberany vrm ❤❤💯
Wao,ese libert ici kibazo uwokibaza votre ament wumva yokwishura iki ?libert reka kugora abafana bawe baragukunda.!!!
Yoooo fanny Ribert nukuri mwubawe imanà irabakunda cane🙏🙏🙏❤️❤️💃💃💃💃
Fanny and libert Ilove you so much💞💞💞💞🥰🥰🥰🥰🥰🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Yavuzengo uyomukobwa afise amaso.meza jewe navyumvise ivyo liberty yavuze courage beni na team yateguye ivyobintu
Wawooooo💃💃💃💃💃🤸♀️🤸♀️🤸♀️🤸♀️Icoyanditse yaracanditse ntaco m ushobora guhindura Fanny etRibert mwubahwe murabanyamugisha❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Nkibibintu ukuntu biryoshe hariho abantu vyobabaza🤣🤣 Fanny na Libert mwirambire🙌🙌
Ndabakunda nanje fany&libert❤️❤️
Liberté wiwcu ibutanyerera turabakunda ♥️♥️
Fanny na liberty ndabakunda cyane
Nahonzoba ndumwe nzoguma ndabakunda Fanny and libert.mwe mugume kurugamba 🤸🤸🤸💃💃
Waooooh mugubwe neza beza banje ic'Imana yavuze ntikizigera gihinduka.
Mbega vyzaaaaa!!
Urwo mbakunda rurarenze icoshira mur groupe vyibura😍😍 Fanny Libert hejuru cane💪💪💪
Nshaka kuzobona Robert yakoroye amosozi Sha.
Umunsi nzaza Mu Burundi,mpava mpuye na Robert& Fany.