SURPRISE | FANNY LAVINE arirutse akoma induru | Ivyo bamukoreye abafana biwe | Part1
Вставка
- Опубліковано 23 лис 2024
- #umupfakazi #part1 #Nsoro
Ufise icubaza canke icuterera woduhamagara kuri +257 68 223 838
Turabasavye mukore Subscribe, Like na Share kugira mudushigikire mwongere muze muraba abambere mukubona ibiganiro vyacu. Murakoze
Ndabinginze mushire mwiyo group muzoba mukoze jewe ndihanze yigihugu ariko ndamukunda Fanny cane umoja ni guvu💪💪💪💪💪💪💪💪💪ndabakunda mwese
Nukuri turasavye benoush badushire mwiyo group
nibadushiremwo nukuri
tuzobabona tw atashe mugihugu ntakibazo
Nibadushiremwo natwe tura bakunzi bumupfakazi mukomere
Aba bantu kari batatu bahuye
Nguma na 🙄🙄🙄🙄🙄🙏🙏Fanny, Ribert and Benny ndabakunda can 🌹🌹🌹💐💐💐❤️❤️❤️💯💯💯💯
Ibintu vyari umuriro pee,tubipfurije gutera imbere bakunzi bacuu,Fany na libert murakunzwe pe
Wubahwe benichou,Fanny and libert tubakunda cane💞💞💞💞
😍😍😍wow!Fanny mwiyi misi uronka surprise nyinshi kweli😂😂ududu weee kirarize ci Lavine disi😜😜Benichou tnx ab bantu turabakunda.Libert&Angel bubahwe can
Fanny na liberty ndabakunda cyane Niko bitakunda komva murwanda ngo nze muburundi naza kubirabira bakunzi💞💞
Waaouu so cool vrm🥰💃 Fanny we are proud of uu♥️♥️🥰mwarakoze kuhatubera
Waooooo ama surprise nimeshi kbsa.kand babikoze bien.nanje ndabakunda bien.vuba muduhe s4
Basha jew ndakunda stp media kuko idiha ibiganiro biri kumwanya ben bgp sana imana igushoboze
Ewe fani sha mbonyukoze kurumenyetso ndumvye
Hhhhhh ndemera IMANA c'est tout
Baramukoreyeko pe💪💪💪
Fanny n libert.courage mwubahwe ndakunda mubirimwoneza
Fanny and Ribaty wiwacu ngozi ndabakunda can nukuri kand numva nifuza nimero yawe fanny nukuri🥰
Guys we love❤️ so much from Vava 🇧🇮Buja
Mbeg ivyishimo we nanj ndariz amarira y'umunezero mwubahwe mwabiteguy nezaaaa👍👍👍
Waoooo mwakoze kuhatubera disi Hama nsoro nawe yadutebeje nukuri twarakayeeee
weee love uu ndabinginz basha munshire mwiyo groupe muzob mukoze
Ivyobavyita Umwi Jogonyoro 🗣️🗣️🗣️
Waaaooo Mbega vyiza wewe.fanny and libert mwirambire ndabakunda
Wahooo fany Imana naho indakurumuntu nukuri ndanezerewe vraiment
Musigaje surprise ya Rusutiye nawe erega nawe yoryohegwa hama mwabikoze neza🇧🇮🇸🇦🇸🇦🥰🥰
Niyo kabisa iyo surprise 😂❤️
Mbegurukundo urakunzwe Fanny wubahwe
Yoooo kirarize disi
Mbay number 1
Turabakunda abana bunpfakazi 🇧🇮
Turagukunda Lavine
Wawoooo vyiza cane kabisa
Mwubahwe vrma murwize urukundo munkino ndundi muhezagirwe
Benichou na Fani gahemwe barandyohera menga nabavyara😍😍
Waoooooo mama lao turagukunda cane hatibagiwe umufasha wawe Libert 😭😭🥰🥰🥰🥰💋🔥
Beny uko mtoto mubaya yani umemzuga mwenzio ngo tuj gukorera ikiganiro hariya indani😋🤗🤣🤣🤣🥰🥰🥰
Nukr abantu mwakoze ico gikorwa mwubahwe natwe turabakunda 🥰
Proud of you Brother Béni 🥰😉🙌🏾🙌🏾
Me too m brother 🙌
Step media hejuru Caan Fanny and libert turabakunda
Ndagukunda Fanny lavine
3FA hejuru cane,abizigwa courage mwarakoze kudukorera umuti neza banje
Kudw mazeu Fanny birakuberey😍
Wawooo mbaye Kure kweri nacerewe
Mbega aga surprise karyosh nukuri karafash bien 🥰🥰
Step media niyonzobandumwe 🙏♥️🇧🇮
Sha umuti wafashe
Ibintu ndabona vyaryoshe cane ndabakunda cane ❤❤❤
Fanny vrm courage urabon ko ushigikiw
Umuti wari wakoretse pe, Benichou,ubandanye uhezegirwa
Beni chu end fanny end riber abobantu ndabemera muratwika
Fany nanje ndakunda Intete pee🌹🌹🤣🤣🤣
Nanje mushire muriyo group ndayikunze
waoooo🎉🎉🎉🏃
Ibintu nishimiye cane urukundo mumweretse rushitse kumutima
Ndaeryohewe
We love so much
Ico bita surprise🥂yafashe. Peee
Fanny na libert mwubahwe❤
Nanj ndarize atarijew vrt fanny wacu ubandany uterimbere turakwikundira disi
Aga surprise kafashe pe😂😂😂🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Ndabakundacane🥰🥰🥰
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😅😅😅😅🤣🤣😅🤣🤣🤣ndakunda ukuntu fanny LA Vinne ukuarira
Nimudushire puri groupe
fanny ndagu kund kimwe nanj vub ntegur rwanj Surprise ndumwe knd vuba🙌omn imber
Ibikorwa birivuga
Beni umuti wawe niwo vrmnt
Vyari bivyoshe ntaje ndamukunda fanny cane
We love youuuu❤❤❤
Fanny💯💯💯💪💪💪💪💪💪💪
fanny namba afise moteur imudugiriz amosoz😃😀😄😁
Ndarize kubwumunezero
Wow
Fanny urakundwaa vrma naj ndagkunda hamw nibikogwa vyawe,gusa Benichu izi image zaw zisa nabi uyumusi urabe uhindure
Beni wew rr ibiganir vyawe ndabihez aragatweng gus😂😂😂
👍👍❤️❤️❤️
Vyari bitesa nukuri
Muramutunguye pe
Non nubwishim cank?
Uwo muririmvyi yubahwe pe
Mon journaliste préféré Béni respect to you big bruh
Asante sanaa
Umugeni wacu muramugwaza umutima mwiyi minsi
Courage bantu banje 😂😂😂
Waoooooo
Nn konashak kuja mur grp yaba fanzi biwe bigend gt
❤❤❤❤❤
Biragyoche
Beni wari washavuj muga uno munsi urantwengej 😂😂😂
❤️❤️
Chez doudou?
Zan suite beni🤣🤣🤣🤣
🥰🥰🥰🥰🥰
kafache pe😂😂😂
Abanyakanyasha tumenyane
Nibitamu san😂😅
Zan rek kutwicish umunoho😂😂😂
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰👌👌💗
🤣🤣🤣🤣🤣🤣
🤔🤞😂👌👌👌💪💪👍
Fanny ntasoni kurirana inrya muntoke
Yooooo biraryoshe pe
Good 👍👍💯💯
Ndabakunda cane
Mumba muhaz shaaaa nkivyo jew nanco bibwiye 🤮🤮😒😒😒
Rek inzigo nik atariww babikorey🤣🤣
@@cynthiamugisha3469 bibinkore kumberiki jew navyo shak aho iyo babiha aban bifuvyi vyarigutwara iki hama nawe ndakwiyamye 😒😒
❤❤❤❤