Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Ufise icubaza canke icuterera woduhamagara kuri +257 68 223 838Turabasavye mukore Subscribe, Like na Share kugira mudushigikire mwongere muze muraba abambere mukubona ibiganiro vyacu. Murakoze
Abasaudia muraduteye inyota yakanyama kokeje kabisa
C'EST un groupe à encourager vraiment.kandi nshime KO mwamutumiye sabbas
😂😂😂Muco Na Alacia ntaco mvuze
Fany ndagukunda kandi nipfuza kuba muri groupe yawe mfasha ndasavy
Naje ntaco nvuze kuribo
Numvo notwenga gusa hubwo kubwa muco n Alacia🤣🤣🤣🤣🤣
Baguma birira
Fann imana izabane nawe imyaka yose yaguteguriye turakunda ibikorwa vyawe nawe we wubahwe
Sabbas, Fanny, Liberty mubandanye urukondo ndabakunda beza banje🙌🙏👌
4
Nukuri ndabakund fanny and liberty of sabbas
Mwempi.abafana..turaaabikundirakanini..ariko umufakazimwamutwimye..mutwibukevuba..kbx
Utazi jew urwo mbakunda
Waaa mukomereze ahonyene umufakazi muwubandanye kwee kandi vyoryoha sivya abemeranya nanje ko bobandanya umufakazi bampe rink
J'aime la façon Fanny ah agacir aba fans ❤❤❤
Mbav zang weeee🤣🤣🤣🤣🤣 ababony ukunt Mamalao ashoboy akaz kogupepeya imbabur AMP like
🤣🤣🤣🤣
Ndabakunda cane mwese YESU abazigame impande zose ibihevyose
Mwubahw ndabakunda cne muraryoher❤❤❤😍UWITEKA abandany abahezagir
Tumekula kwa maco 🙈🙈mutwibuk natw basha kimw ndabakunda kubera ibikorw vyanyu vraiment 🥰🥰🥰
Muzahoruko beza banje mbakunda kanini uko ndabaraba Niko ndushaho kubazouminga umengo nogurukiramo nkisanga ndikumwe namwe mwubahwe bagenzi banjeu🥰
Iyi team ndayikunda kubi pe ahubwo jewe ndipfuza kuba hamwe nabo from zambia 🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲
Aka kantu ntawutokwemezako ataco kabaye kbxaaa, Love from GOLD AFRICA TV
Niho muvyibusheee muriherezaaa.kwlll👏👏👏👏👏👏👏👏
Sabbas 'fanny libert turabakunda canee
Ndabakunda cane biraryoshe nimwirambire
Benichouu nahubikora neza akiwanj ntunkorerekoo♥️♥️♥️
Jew nukuri ndaryohew cane kubwa Fanny Imana imuhe gukomera kabisaaaa nanje nari kuza nuko nari hafii bz BZ
Sabass Ndamukundaa agaragarako ubwiza bw Imana.
Kabixa ntubeshe
Murakoze cane turabakunda cane
❤ndabishimiye ❤❤❤🎉🎉
❤❤❤❤❤ndabakunda
Icobikoze fanny Na liberty igihe mwatandukanye nzogira ingorane
Hhhhh
Apo sawa kbs
Fanny nuza murwanda nange uzansuhuze ndagukunda cyaneeeeeeeeeee
Benichuuu eti tutalamba Lolo kweriii tunawapenda Sana kabisaaa❤️
Mbakunda atawubimpatiye.mwese mwese kamata 😘😘😘Sabbas ndagukundira ubu sérieux bwawe
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉turabikundira disii😊😊
Fanny ndagkund pe ❤❤❤❤
Fanniy, ndagukunda
Imyaka nimariye ntakaronka muranteye uburoho nguma Mira amate 🇸🇦🇧🇮🥰🥰🥰👌👌😥😥🙏🙏💯💯
Turabakunda cane pe mwibuke kumbikira isogi ndanj👍👍🔥
Fanny Libert team yose mwubahw🥰🥰
Benishou.turamukundasabasi
Kabiri gatanu indwi📢📢📢📢📢📢📢📢📢👌👌👌
Ribati naw nuw mukobwa wiw ntibavana kbxaa. Ham ndabakunda mwese. Muco mama paster and nadege ndababony numva nishimye nishimye.
Ndabakunda fanny Ribert komuriye mutampayeko😆😆😂😂 yooo ushaka umukubite umugeto umuhisi❤️🌹
Mama pasta disi🙏🙏🙏
Fanny ndagkund pe❤❤uvyunv
Murikoranye kwer✌️❤️💋🌹👍💪✌️
Yemwe vyaribirori naje ndabakunda mwese🥰🥰🥰🥰🥰
Ndabakunda mwese mubikora neza cane
Muhezagigw mwes turabakunda 🥰🥰🥰🔥🔥🔥
Groupe yanj sasa♥️♥️♥️♥️
Mukomez 👌👌🔥
Amenaaa sabasi
Fanny numwana mwizaa kbx🥰
Nkunda ukuntu fanny yitwengera ❤️❤️
Ndungikira kuriyi nimero
Asha uraberewe kweli nivyiza cane
Mbega ibyiza
💚💚💚💚💚💯💯💯💯
Mwese apeti biratembe neza kandi Imana izogume izana nizindi ubuho hazoza inka Kwel
Yes sabas reponse philosophiq
Natwe turabakunda mwese 💞💞💞💞💞💞💞🇧🇮🇴🇲
Kubaha umwagazi bakawurya bahagaze waooo
Mwabikoze neza cane .hama ntakundi libert tuzoza turamubonera kumamaza nako karamaze.
😘😘💞💞🇧🇮🇸🇦
Bibatembe neza bantubanje ndabakund'uko♥️♥️💋💋
Fanny,liberty,sabbas mukomere.abanyagitega natwe muzotwibuke
Benichouuuu ubirimwo neza
Ndabakunda cane muzemwamane uyomutima wurukundo
Sabas vrt avuga nkumushingantahe yemegwa n'imana
C'est bn mug muco yibagye estime svyizaàa
Turabakunda cane✌️❤️💋🌹umupfakazi et umubanyi
Wauu
Nari natanzw!! Sabass ngo aj gucura kandi twaramuhanvye??
🥰🥰💃💃💃💃💃💃💋💋💋💋♥️♥️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪💪💪💪
Team mwese ndabakunda❤❤❤mwubahwe👏
Turabakunda
🤝🤝🙏🙏🙏
Basha ndamize amate kurayo ma brochette ,ndabakunda cane
Beni ndakunda ibigantiro vyawe
Fanny ndamukunda nkabura ukwo nomushikira kuko Fanny ntanzigo afise niyompanvu. Ndamukunda🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🥰🥰🥰❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️👌👌🙏🙏🙏💯💯💯💯💯💯💯
Hanyuma Estimé ari hehe ?
Haaaa murakoz umuti Kbx muraduheko namwe
Muracom
😍
Mwubahwe disi
Nguma Miramate🥺🥺Nimyaka maze 🤦♀️🤦♀️
Inyama ziramota
Nivyiza nimwitagatire
Ndabakeje cane akayabagu ninde yokwerekana insiguro
STEP Media 257 mwubahwe turabakunda,mubikora nezaa
Wawuuu!!!lmana ibongere gukundwa.nabose
Turabakund can
Nukur murakaramba mwebwe mubash kuduteramisha gusa fanny njew ntiwantumiy kand ndumu fan wo mwibanga hhhhh
Ñatwe turabakunda diii
❤️💪
👍👍
Mwubahwe 😘
Kbx njye nababwira ngo bonn'apet kur mwese njye ndabikundira pe
Muratuririyeko tutabaye isahani kweri manaweeee
🙏🙏🙏🙏💗💗💗💗💗💗
Asha nanj ngiye kugura prochette ndumufana
✊❤️✊💋
Vava Hi ntujya ubura uri presente nkanjye hahajaj
@@kamikaziidigne8549 duhuje ibusazi💋
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Saudia hejuru can kbs
Bariko bamira akanyama nanj ibigundu vyamate bitemba nomunda Ng gwiiii nzotinda ntahe Basha ntimwibaze iyimiswi yamins ys
Ivyo bintu bihagarare mweeeee
Sabbas uraryoheye cane
🥰🥰🥰
❤️🥰❤️❤️🇧🇮
Ufise icubaza canke icuterera woduhamagara kuri +257 68 223 838
Turabasavye mukore Subscribe, Like na Share kugira mudushigikire mwongere muze muraba abambere mukubona ibiganiro vyacu. Murakoze
Abasaudia muraduteye inyota yakanyama kokeje kabisa
C'EST un groupe à encourager vraiment.kandi nshime KO mwamutumiye sabbas
😂😂😂Muco Na Alacia ntaco mvuze
Fany ndagukunda kandi nipfuza kuba muri groupe yawe mfasha ndasavy
Naje ntaco nvuze kuribo
Numvo notwenga gusa hubwo kubwa muco n Alacia🤣🤣🤣🤣🤣
Baguma birira
Fann imana izabane nawe imyaka yose yaguteguriye turakunda ibikorwa vyawe nawe we wubahwe
Sabbas, Fanny, Liberty mubandanye urukondo ndabakunda beza banje🙌🙏👌
4
Nukuri ndabakund fanny and liberty of sabbas
Mwempi.abafana..turaaabikundirakanini..ariko umufakazimwamutwimye..mutwibukevuba..kbx
Utazi jew urwo mbakunda
Waaa mukomereze ahonyene umufakazi muwubandanye kwee kandi vyoryoha sivya abemeranya nanje ko bobandanya umufakazi bampe rink
J'aime la façon Fanny ah agacir aba fans ❤❤❤
Mbav zang weeee🤣🤣🤣🤣🤣 ababony ukunt Mamalao ashoboy akaz kogupepeya imbabur AMP like
🤣🤣🤣🤣
Ndabakunda cane mwese YESU abazigame impande zose ibihevyose
Mwubahw ndabakunda cne muraryoher❤❤❤😍UWITEKA abandany abahezagir
Tumekula kwa maco 🙈🙈mutwibuk natw basha kimw ndabakunda kubera ibikorw vyanyu vraiment 🥰🥰🥰
Muzahoruko beza banje mbakunda kanini uko ndabaraba Niko ndushaho kubazouminga umengo nogurukiramo nkisanga ndikumwe namwe mwubahwe bagenzi banjeu🥰
Iyi team ndayikunda kubi pe ahubwo jewe ndipfuza kuba hamwe nabo from zambia 🇿🇲🇿🇲🇿🇲🇿🇲
Aka kantu ntawutokwemezako ataco kabaye kbxaaa, Love from GOLD AFRICA TV
Niho muvyibusheee muriherezaaa.kwlll👏👏👏👏👏👏👏👏
Sabbas 'fanny libert turabakunda canee
Ndabakunda cane biraryoshe nimwirambire
Benichouu nahubikora neza akiwanj ntunkorerekoo♥️♥️♥️
Jew nukuri ndaryohew cane kubwa Fanny Imana imuhe gukomera kabisaaaa nanje nari kuza nuko nari hafii bz BZ
Sabass Ndamukundaa agaragarako ubwiza bw Imana.
Kabixa ntubeshe
Murakoze cane turabakunda cane
❤ndabishimiye ❤❤❤🎉🎉
❤❤❤❤❤ndabakunda
Icobikoze fanny Na liberty igihe mwatandukanye nzogira ingorane
Hhhhh
Apo sawa kbs
Fanny nuza murwanda nange uzansuhuze ndagukunda cyaneeeeeeeeeee
Benichuuu eti tutalamba Lolo kweriii tunawapenda Sana kabisaaa❤️
Mbakunda atawubimpatiye.mwese mwese kamata 😘😘😘
Sabbas ndagukundira ubu sérieux bwawe