INTAHE Y'UWASERUKIYE CATHOLIQUE KU VYARANZE UMWUNGERE NDIKUNKIKO Eliya

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 21 жов 2024
  • Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
    Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

КОМЕНТАРІ • 57

  • @TytyNiyomwungere
    @TytyNiyomwungere 4 місяці тому +2

    Imana imwakire mugikiriza cayo Ariko ntiyapfuye arasinziriye harahiriwe abapfa bapfira mumwami

  • @DenisGahimbare-ne8hh
    @DenisGahimbare-ne8hh 4 місяці тому +2

    Imana imuhezagire aho ari hose tuzokwama tumwibuka

  • @EvelyneInamahoro-mw7je
    @EvelyneInamahoro-mw7je 4 місяці тому +2

    Ntawutomushingira intahe vyukuri yarakoreye ijuru aruhuke amahoro nanje isicompa nkazorangiza nkuko abagororotsi barangiza.

  • @Noella-p5u
    @Noella-p5u 4 місяці тому +1

    Mana uzompe iherezo ryiza 🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼

  • @SylivesteNdayishimiye
    @SylivesteNdayishimiye 4 місяці тому +1

    Imana iguhezagire

  • @gerardkabondo354
    @gerardkabondo354 4 місяці тому +2

    Umwungere Salvatori Catholika ashinze Intahe Nziza.Umwungere Eliya tuzomusanga I wacu mw'ijuru

  • @MechackNinziza
    @MechackNinziza 4 місяці тому +1

    Imana irikumwe nawe mubwami bwayo.

  • @PhilippeNSABIMANA-g8r
    @PhilippeNSABIMANA-g8r 4 місяці тому +1

    Amina

  • @Bellaca-tp8fb
    @Bellaca-tp8fb 4 місяці тому +1

    Iruhukire Mvuyeyo wacu

  • @emmanuelkwizera5894
    @emmanuelkwizera5894 4 місяці тому +1

    IMANA iguhezagire mutama kuriyi ntahe uduhayee

    • @meirratv
      @meirratv  4 місяці тому +1

      Amen 🙏💖

  • @pierreclaverntezahorirwa4753
    @pierreclaverntezahorirwa4753 4 місяці тому +1

    Turabuze pe

  • @ccvg3926
    @ccvg3926 4 місяці тому +1

    Natw Mana duh kugukorera muburyo bwaguts 😢😢

  • @solangenizigama1799
    @solangenizigama1799 4 місяці тому +1

    Yabay'umuhizi asiz'intahe Nziza ashingirwa Intahe n'abantu Bose🤭🤭

  • @Charlesniyongabo-ge7kw
    @Charlesniyongabo-ge7kw 4 місяці тому +1

    😊😊😊

  • @اميره-ن1ك9ب
    @اميره-ن1ك9ب 4 місяці тому +1

    🎉🎉🎉🎉

  • @FgfRt-t6j
    @FgfRt-t6j 4 місяці тому +1

    Ivyimanigomba nivyo vyiza😢😢😢😢😢😢

  • @niyomwungereemmanuel66
    @niyomwungereemmanuel66 4 місяці тому +1

    Jewe ndumva impwemu yiwe ikiriho nzoguma ndamugenderako

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 4 місяці тому +2

    Uwaserukiye katolika ntabacike mutamubatije mumazi meshi

    • @meirratv
      @meirratv  4 місяці тому +1

      😁 Mpwemu Yera ni we yemeza abantu akanabahindura.

    • @lovepeace5460
      @lovepeace5460 4 місяці тому

      @@meirratv Nariryajwi ryigipentegoti rirabashira kurutondeeee

    • @اميره-ن1ك9ب
      @اميره-ن1ك9ب 4 місяці тому +3

      None ubukirisunyakuri nimumazi meshi?????

    • @lovepeace5460
      @lovepeace5460 4 місяці тому

      @@اميره-ن1ك9ب nikobatubwira utabikoze ntazobonimana

    • @FérieBumwe
      @FérieBumwe 4 місяці тому +1

      Uwo ntaho munganiye,uwo numukozi w'Imana azogutanga kukazi mwijuru,niwaguma wiratira kubatizwa mumazi menshiii,ntanahamwe hatari umugeni,

  • @NDUWARUGIRAClothilde
    @NDUWARUGIRAClothilde 4 місяці тому

    Nukuri. Nimba. Yarakoreye. Ijuru. Ntaryo. Arimwo. Kabisa. Yihangane. Muramumbariza. Impamvu. Yasiz. Avuzeko. Umuntu. Yabatirijwe. Murindi. Shengero. Impamvu. Muri pantekote. Baca. Bamubatiza. Kandi? Nimba. Agiye. Mwijuru. Ryasowanyu

    • @meirratv
      @meirratv  4 місяці тому +1

      Bibiliya ivuga neza ngo “Harih' Umwami umwe, n'ukwizera kumwe, no kubatizwa kumwe; n'Imana imwe, ni yo Data wa twese, asumba bose, akoresha bose, ari muri bose.”
      Abanyefeso 4:5-6
      Ivyo Umukozi w'Imana yavuze ni ukuri: HARI UMUBATIZO UMWE GUSA WEMERWA N'IJURU!!! Nutabatizwa uwo mubatizo ntuzokwinjira mu Bwami bw'Imna.

  • @citegetseceline8139
    @citegetseceline8139 4 місяці тому

    Reka turindire urubanza rw'Imana nayo mwebwe ntimwobura kwitera amashurwe.Musangiye oeucuminisme Kandi ihagarariwe n'ubupapa.Mwobura kumushingira intahe gute umugambi Ari umwe?

    • @meirratv
      @meirratv  4 місяці тому

      Imana iguharire kuko utazi ico uvuga!!!

    • @EricHakizimana-pv2yo
      @EricHakizimana-pv2yo 4 місяці тому

      Umuntu ashingirwa intahe akiriho yaco wumira kwidini ahubwo umuri kuco Imana ikuvugaho

    • @zerbabelnyabenda7007
      @zerbabelnyabenda7007 4 місяці тому

      Iyo kuminisme nawe uyirimwo,gusa ntavyo wimenyera

    • @alexisnduwayo7629
      @alexisnduwayo7629 4 місяці тому

      Nturatahura!!!

  • @ccvg3926
    @ccvg3926 4 місяці тому +1

    Natw Mana duh kugukorera muburyo bwaguts 😢😢

  • @اميره-ن1ك9ب
    @اميره-ن1ك9ب 4 місяці тому +1

    🎉🎉🎉🎉🎉