Imburi ku bakristo n'abakozi b'Imana !! Inzamba igiye kuvuga/Rév. Pasteur Onesphore RUKWIRIRIKANYA

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 7 вер 2024
  • Harageze ko Uhoraho agira ico akora akavangura ivy'imburakimazi mu vy'ingirakimazi​

КОМЕНТАРІ • 94

  • @NdereyimanaDiane-pn3xt
    @NdereyimanaDiane-pn3xt Рік тому +4

    Murakoze kuduha Ubu butumwa mugabo izo ndirimbo zivuga cane biravyonona Kuko nazo zifise ubuhanuzi bwazo.muvuze indirimbo ukwazo,ubutumwa ukwabwo.

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Murakoze cane 🙏💖

  • @GerardNtakirutimana-iu6ob
    @GerardNtakirutimana-iu6ob 2 дні тому +2

    Amena

  • @user-ou2dg2gd5d
    @user-ou2dg2gd5d 2 місяці тому +1

    Iman idufaxhe mwikigihe canyuma

  • @vincentniyongabo8348
    @vincentniyongabo8348 11 місяців тому +2

    Murakoz kubwububutumwa

  • @ingabireaimepatience8550
    @ingabireaimepatience8550 Рік тому +1

    Merci Meiira TV, ubutumw ntitubwumv nez , indirimbo woyigabanya

  • @liberatensengiyumva6854
    @liberatensengiyumva6854 Рік тому +1

    Imana Ibahezagire cane mushumba!
    Ariko izo ndirimbo naho ari nziza vyoba vyiza zironderewe umwanya canke ntibaduze amajwi kuko hari ivyo tutumva mu butumwa.

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Amen. Murakoze cane kur'ico ciyumviro canyu🙏💖

  • @NahimanaJeannette-n1w
    @NahimanaJeannette-n1w Місяць тому +1

    Imana idufash

  • @BediaIgiraneza
    @BediaIgiraneza Місяць тому +1

    Turagushimiye Mana kubakozi nkaba wabahaye shishikara kubasuka kwamavuta yawe Mana

  • @user-ou2dg2gd5d
    @user-ou2dg2gd5d 2 місяці тому +1

    Murakoz Can

  • @melancenindaba7179
    @melancenindaba7179 Рік тому +1

    Ese yesu yoza nuyumusi yoba akoze cane,turamwiteze

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Amen. Urakaza Mwami Yesu🙏💖

  • @isaacnzambimana6342
    @isaacnzambimana6342 Рік тому +2

    Mahoro cane mwaducangiye iyo ndirimbo ivugiramwo bica vyumbikana nkogufyina kandi bitoroshe kubatagira ikimenyetso

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Amahoro cane mwene Data. Muduhangaze cane twari tuzi ko vyumvikana🙏

    • @isaacnzambimana6342
      @isaacnzambimana6342 Рік тому

      @@meirratv birumvikana gusa utwotundi turirimbo turimwo!

  • @meirratv
    @meirratv  Рік тому +2

    Que la paix du Christ soit avec vous chers téléspectateurs de MEIRA Tv. Nous vous remercions vivement pour tous vos commentaires sur le background mis dans la vidéo. Nous venons de revoir tout le contenu et nous avons remarqué qu'il y a des parties du message où le volume du Prédicateur a sensiblement diminué à cause du problème de sonorisation, et avec le background c'est vraiment dérangeant comme certains l'ont dit. Veuillez donc nous excuser pour pour ce dérangement indépendant de notre volonté. Nous vous promettons que pour les prochaines videos nous allons régler le problème. Toutefois, le message de la prédication reste audible. Demeurez richement bénis !

  • @jimmykaneza-ul7dw
    @jimmykaneza-ul7dw Рік тому +1

    Iyo ndirimbo turayikeneye yingenga kwel muyiduhe

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Muduhaye numéro yanyu ya WhatsApp vyokworoha kuyibarungikira. Mushishikare guhezagirwa 🙏💖

  • @ClairiaIRADUKUNDA-zl7pn
    @ClairiaIRADUKUNDA-zl7pn Рік тому +1

    Yesu agukomeze muvyeyi wacu❤❤

  • @bizabigombaemmanuel
    @bizabigombaemmanuel Рік тому +1

    Amen Yesu atwungure ubwenge

  • @CarleneKamariza-po6od
    @CarleneKamariza-po6od Рік тому +1

    Paster ndagukunda,kuko uracavuga ukuri kwijambo ry'Imana.Imana ikutuzigamire gusa.ubutumwa nkubu ndabukunda bivuy kumutima

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Yesu aguhezagire cane🙏💖

  • @pasteurniyoyitungira5253
    @pasteurniyoyitungira5253 Рік тому +1

    Imana idufashe muri kigihe canyuma

  • @fistoniteriteka9163
    @fistoniteriteka9163 Рік тому +1

    Amen Amen

  • @ceciletuyisenge9352
    @ceciletuyisenge9352 Рік тому +1

    Amen mushishikar guhezagigwa

  • @gagagrace6789
    @gagagrace6789 Рік тому +1

    Meirra tv muhezagirw❤ kuko ububutumwa buramfasha🙏🙏🙏

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Amen! Muhezagirwe namwe🙏💖

  • @ndatoyeaspert6745
    @ndatoyeaspert6745 Рік тому +1

    Amen!muvyeyi wacu

  • @gagagrace6789
    @gagagrace6789 Рік тому +1

    Amen 🙏🙏🙏

  • @regisgakiza8562
    @regisgakiza8562 Рік тому +1

    Izindirimbo ziri hagati mu butumwa zivuga cane vyobaye vyiza kurushiriza volume igabanuwe!

  • @esliebuntu
    @esliebuntu Рік тому +1

    Amen!

  • @joshuajoshua7159
    @joshuajoshua7159 Рік тому +1

    Iyo ndirimbo iratuma tutohererwa neza mu kwumviriza Ijambo

  • @JeanMarie-jo9wz
    @JeanMarie-jo9wz 5 місяців тому +1

    Mana urampa iherezo ryiza

    • @meirratv
      @meirratv  5 місяців тому

      Amen 🙏💖

  • @SAMYBAYUBAHE-cc9ui
    @SAMYBAYUBAHE-cc9ui 3 місяці тому +1

    TUBASABE UMWANYA WINDIRIMBO NUBUTUMWA MUBITANDUKANYE KUKO BIRAJENANA

    • @meirratv
      @meirratv  3 місяці тому

      Murakoze cane🙏❤️

  • @ChristInMeHopeOfTheGlory
    @ChristInMeHopeOfTheGlory Рік тому +1

    Why that background music? C'est dérangeant.

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Désolé! Veuillez nous excuser pour ce dérangement indépendant de notre volonté 🙏

  • @thacienmpawenimana8051
    @thacienmpawenimana8051 Рік тому +1

    Ntivyumvikana vrmt

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Muduhangaze ntitwabisuzumye neza🙏💖

  • @crispintuyishime6483
    @crispintuyishime6483 Рік тому +1

    Mumbwire ingene iyo chorale yitwa ( indirimbo itangura ku butumwa)

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Ni indirimbo yaririmbwe na Chorale y'Abanyeshure bo muri Kaminuza y'Uburundi.

    • @kamikazifrancoise3773
      @kamikazifrancoise3773 10 місяців тому

      @@meirratv iyo ndirimbo niya choir y, Igihanga

  • @EricWimana-fz2fd
    @EricWimana-fz2fd Рік тому +1

    Ntakindi dushaka atarukuri, ivyomuvuga turavumva ntizoruha twihumanisha, izindinyisho zitazotugeza ! Kucotubandanira

  • @user-li2uj8mw2m
    @user-li2uj8mw2m 5 місяців тому +1

    Aaaaaaaaaaaaamen

    • @meirratv
      @meirratv  5 місяців тому

      Amen 🙏💖

  • @leonidasngayabihema2088
    @leonidasngayabihema2088 Рік тому +1

    Amahoro, sintahura igituma mwagumije indirimbo muri ubu Butumwa bukenewe uku

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Mutubabarire cane ntitwamenye ko volume y'indirimbo yasumvye iy'ubutumwa💖🙏

  • @immaculeenyabenda654
    @immaculeenyabenda654 Рік тому

    Ntabutumwa bwinjiranamo

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Murakoze ku ciyumviro canyu🙏

  • @thacienmpawenimana8051
    @thacienmpawenimana8051 Рік тому +1

    Iyondirimbo yigabanye Nimb a mushak kueokora ubugingo bwabantu

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Murakoze cane 🙏💖

  • @SAMYBAYUBAHE-cc9ui
    @SAMYBAYUBAHE-cc9ui 3 місяці тому +1

    KUKO BUGEZE AHO YINJIYE MUCA MUVANGA INDIRIMBO NUBUTUMWA

  • @dushimegael4283
    @dushimegael4283 Рік тому +1

    Gushuramw indirimbo si bibi ariko volume iratubujije kwumva vyose

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Murakoze tuzobikosora hanyuma🙏💖

  • @crispintuyishime6483
    @crispintuyishime6483 Рік тому +1

    Hari ryari ? Hari hehe ?

    • @meirratv
      @meirratv  Рік тому

      Hari mu gikorane cabereye ku Magara. Birimwo mu butumwa.

  • @pasteurniyoyitungira5253
    @pasteurniyoyitungira5253 Рік тому +1

    Iyo ndirimbo mwogabanya volume yayo ikavuga buke buke hamwe vyoshoboka, birafasha muri meditation

  • @innocentnishimwe4584
    @innocentnishimwe4584 Рік тому +1

    Pasta wubahw

  • @immaculeenyabenda654
    @immaculeenyabenda654 Рік тому

    Zondirimbo koko mwumva bijanye???

  • @DeoBizimana
    @DeoBizimana 11 місяців тому +2

    Amena

    • @meirratv
      @meirratv  11 місяців тому

      Amen 🙏💖

  • @user-io7dm1cb3n
    @user-io7dm1cb3n Рік тому +1

    amen amen

  • @user-jy6rc2dy9d
    @user-jy6rc2dy9d Рік тому +1

    Amen

  • @solangenizigama1799
    @solangenizigama1799 Рік тому +1

    Amen