Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Urakoze mukozi w'Imana kutumenyesha ibiriho nibigiye kuzoba,Data ukwongere amavuta ya mpwemu yera.
Imana.idufashe.'uwo.mukozi.wimana.avuze.amajambo.akomeye.kandiNuri.ivyo.turiko.turinjiramwo.birakomeye.yesu.nadushe
Merci pasteur dutumbere kristo YESU wenyene amen
Amen' Past. Iconkundira nuko iibikogwa ubisengera canee' kndi kuba warakurikranye ivyijjambo ry'imana vyaaduhindukiy bibliothèque kwishengero' Imana ikwongere amavuta cane' Rgi yacu yubahwe
Ameen. Twashikiriye iherezo ry'igihe c'iherezo.
Murakoze cn Imana idushoboze kubitahura.Amen!!
Uko n'ukuri kwose. lmana iduhe kurinduka. naweikuzigame.
Amen.imana.idufashecan.itwambikeInbaraga.nubushobozi❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Ndafashijwe Imana ihexagire umukozi wayo cane
Muraho cyane mukozi w, Imana yesu aguhe umugisha
Murakoze cane
Imana ibahezagire
Egope ibihe bikomeye biraje Kristo YESU adutabare!!!
Yesu naduhinkomezi yesuakongezinguvu mukoziwimana
Amen Yesu Araje nukuri
Imana izomuhe kuzoyibona.
amen
Imana ihezagire Pasteur wacu.
Amajambo y'ubugingo
umugisha
Imana idutabare twinjiye mubihe bigoye nivyo
Iman izoduh iherez ryiz
❤ Yooo tabara ishengero ryawe Mana
Imana ize iguhe iherezo ryiza
Ayamajambo arakomeye kandi nabandi bakozi bimana baribakwiye kuza barayigisha keshi
Imana idufashe
Imana idufashe kabisa
Iman idutabare❤
Ibihe bigoye biraje ewe Mana umpe guhagarara kandi uzompe iherezo ryiza
Yesu aduhe inkomezi
Duhishurire ibanga ryawe mana
Mana we uzotugumye
Amen
Muturonse nimero yiwe ububutumwa burigisha
❤❤❤❤
Nezerejwe nuko ivyo bizobaho ishengero ryaduze.
None umuntu abatizwa muri mpwemu yera ryari ?
Oyaaa wari wavuze ariko harovyo utariko ushira ahabona yesu azobikubaza vuga ukuri hama uhamwe uhogea ukuri wemangire yesu namba waratumwe kubuvuga ubibwire isi ntusige ikintu nakimwe shira kumugaragaro abantu bumve ukuri kwose
Ikimbabaza nuko utadomako urutoki,bivuge ureke gutinya kugirango abantu bumve , Ugatinya kuvuga ukuri Yesu Azobikubaza none kuberiki utavuga ukuri kwose utinya guhamwa nogufungwa ?? Emangira Yesu Ugombe wicwe
Urakoze mukozi w'Imana kutumenyesha ibiriho nibigiye kuzoba,
Data ukwongere amavuta ya mpwemu yera.
Imana.idufashe.'uwo.mukozi.wimana.avuze.amajambo.akomeye.kandi
Nuri.ivyo.turiko.turinjiramwo.birakomeye.yesu.nadushe
Merci pasteur dutumbere kristo YESU wenyene amen
Amen' Past. Iconkundira nuko iibikogwa ubisengera canee' kndi kuba warakurikranye ivyijjambo ry'imana vyaaduhindukiy bibliothèque kwishengero' Imana ikwongere amavuta cane' Rgi yacu yubahwe
Ameen. Twashikiriye iherezo ry'igihe c'iherezo.
Murakoze cn Imana idushoboze kubitahura.Amen!!
Uko n'ukuri kwose. lmana iduhe kurinduka. naweikuzigame.
Amen.imana.idufashecan.itwambike
Inbaraga.nubushobozi❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦