Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Uyu mukozi w' Imana nta wundi ndabona mw' isi avuga ubutumwa bwiza nkawe, nukuri novuga nti amen amen amen amen amen amen!!!
Uramubwira azorye bike asigarize abakene
Is true
Mbe yewe iyi ngabire twahawe n'Imana ubwo tuzogirirwa amahirwe yo kwamana na yo!Imana ibandanye igukomeza,mukozi w'Imana.❤️❤️❤️
Merci beaucoup
Komeza umuhamagazo Mukozi w'Imana turanezerwa nivyo muvuga biciye mw'ijambo ry'IMANA
Amen amen ndafashijwe hezagirwa turabakunda Papa ubutumwa bwanyu buranyubaka
uri umugabo mwiza w'Imana. Yesu aguhe umugisha w'iherezo ryiza.
Amen amen Ncit yanje🙏🙏👏👏👏 uvuzikint kizima ndakunduburyutangamwubutumwa💌💌💌
Amen Amen Imana ibahezagir ibongerereze Amavuta
Mujye munigisha kugaruka Kwa yesu mukozi wimana
Mwoshobora nkundonsa inamba zuwo mukozi w 'Imana
Wigisha neza cane .Hezagirwa mukozi W'IMANA.
Uvugisha ukuri cyane mukozi w'Imana Uwiteka aguhe umugisha..
Iman igukomeze Pastor,urampezagir can
Ameen Apotre Ndiho agukomeze muvyurimwo vyose, inyenyeri yawe ishishikare kwaka kuri twese mwarahezagiwe canee 🙏🙏🙏
Past ndagukunda kunyigisho zawe 🙏🙏🙏🙏🤝🤝🤝🤝🤝🤝
Amen amen ndafashijw caan yesuKRISTO yamamare
Ndakwemera wa mu Pasitori we
Amen, amen!!!!!!!!!!!!!!!!!!!
Amen amen uracari umwe muburundi uvuga ubutumwa abandi baravangiwe
Amen amen
Hezagirwa hezagirwa muvyeyi 👏👏👏
SHALOM SHALOM MUKOZI W'IMANA NUKURI URAVUGA UKURI IMANA IGUKOMEZ YONGERE IGUHE IMISI YOKUBAHO KWISI IRUTA IYO TWEBWE ABANA BABANTU BIYUMVIRA NUKURI NDAGUKUND NDEMEZANY NUMUTIMA WANJ NAMPWEMUYERA NAHAWE KO URI UMUKOZ W'IMANA UTAHAMAGAWE N'ABANTU AHUBWO WAHAMAGAWE N'IMANA NDAGUKUND 😍😍😍💝💝💝💝💝💝💝💝💝💝
Muranyubaka ndakubariye nokigereranya na DANIYERI mugihe bar'inyagano i BABURONI Ur'umunyabwenge,ur'insorongozi,.......girumugisha PASTEUR Wanje
Imana igukomeze cane amajambo yawe aranyubaka gose
Amen murakoze cane kumajambo meza mutwigishije!!
Basha Uyu mukozi w'Imana Imana Umuahaze kuramaba kugira avuge ubutumwa gushika kure
Inyigisho zawe ndazikunda cane.Warahezagiwe.
Ndabakunda kunyigisho zanyu muhezagigwe
👍👍👍🙏🙏🙏Uvuzukuri. Ahingonyishizarahiye. Pasta
uvuga ukuri mukozi w'imana .
Mana ndakwinginze uzaduhe abakozi bawe benshi nkuyu mu pasteur wigisha kwihanibyaha
Amen Amen Amen
Ndavuga ivyo vyo kurinda kubwira abantu ngo bahaguruke kugira bavugeko bahora mu vyaha none babohotse ni ikintu kidatanga umwidegemvyo mu bantu. Vyiza vyoba mu mutima canke hakaba umusi wo gushinga intahe
Amen Imana idukomeze
Habwumugisha NUHORAHO
Ubutumwa bwiza. Amen
Imana igufashe ingabir waronse irahambaye uraduhanura nuko tutumva
Ukuri kuzuye
Bonsoir. Ndumva nahezagiwe. Gusa ico kintu co kurinda kubwira abantu ngo bakirize urutoke hejuru kugira berekaneko bahora mu vyaha bikavugwa mwi shengero ry'abantu, wapi. Vyoba vyiza bokozwe atakwiyerekana kuko niho umuntu ahinduka atagitsure canke atakwiyerekana publiquement
Amen
İmana iguhe umugish kwl ufise ingabirano yokwisha
Amen cane
Turabatsindwa
Ohh manumbabarire
Praise the Lord🙏🔥🙏🔥🙏
Amen.👏
Bansumirind patsa bariho ndagukundir iyigisho zaw tworonk abantu 10 nkaw uburindi bwobabweranda.iman ikuzigame
Hezagirwa mukozi wImana
Amen 🙏
Amina
Iman iguhezagir
Jewe nda kwayesu ambarire n'aracumuye cane
AmenUrumuntu wumugabo
Murakoze muvugabutumwa kuduh impanuro, nashaka kubibariza mwoba musebgesherezahe ?
Ndakwikundira niyo nzoza mu burundi nigobwa ndakubone nukuri harivyishi wingisha abandi ba pastor batanvuga I mana iguhe imigisha aman
Wubahwe mukozi wImana
Amen amen to 🙏🏼🙏🏿🙏🏿🙏
Pasito. Abagabo. Bazokwica. Imanigujezagire. Uravugishijukuripe. Bakuruguture
Amin
Sema baba
Intahe
Amen 🙏🙏
❤️❤️❤️
Amen 🙏🏿💪🏿
Mana yacu dutabare
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂💝💝💝💝💝Nibabe baja kumpanda kubazura bareke kutugora 😀😀😀😀😀🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Turagukuri mukozi wimana vuga turakuva
Uravuga kweli
Komera ku muheto nk'umuzinga w'inzuki.
ABANTU BESHI BAMA BARONDERA GROUPE YAWE UTANGAMWO IBIGANIRO
Mana ubabarire
HANYUMA WITWA MBAYAHANGA INDE?
🤣🤣🤣🤣🤣Isidore non iryoryo warivanyeh ww
HALELUYAAAA HALELUYAAAA 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Ndashaka kubaza uyu mukozi w'imana ni Pastor Mbayahaga? Please ndashaka inyishu
Egoo Mbayahaga Isidore batazira Rehoboth
Ivyuvuga nukuri
😂😂😂😂
Papa muhezagigwe nimana
INZIRA NJYA-BUKIRE, ABAKIRE NTIBAKORERA AMAFARANGA, AMAFARANGA ARABAKORERA.ua-cam.com/video/CzwDbvsVkY4/v-deo.html
Inyigisho zawe ndazikunda bidasanzwe mbonye link aho zinyuzwa byamfasha
UBUTUMWA NIBWO ,NONE SE UFISE GOUPE NGO NANJE NDAYIJEMWO KUGIRA NDABURONKE VYOROSHE?
ua-cam.com/video/pReU3bjjIAE/v-deo.html*Iwange habaga abashitsi b inyenzi gusa ibiheri nibyo byatunywaga amaraso*
Mudushire Mudushire muri Group Ya whatsapp !Tuzoze turaronka Ubutumwa Bwiza
Urampa num yawe
Uyu mukozi w'Imana ndamukunda ubarikiwe sana mudushire kuri groupe ya watsap acishaho ijambo ry'Imana
Wubahw cane ndagukund cane
Ubweruzi bivuze iki mu Kinyarwanda?
Ni ubwibone
Gushira isoni
ua-cam.com/video/KWd8SL6rwrs/v-deo.html munyumvire iyi ndirimbo muhezagirwe
Les bi de TV 16:18 16:18 16:19
Ahubw ntuzoz uravug inyo uzoz uravug umufutu kko mbona bagenda bahenerej umeng babigiz idiri pastor imana iguhezagir ubandaniriz ah ntibaguter ubwob
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Nihatal 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Bwirabunvira nayabo batunvira bizivuganira nuwagutumye muvyeyi uzokomere kumurimo wimana uwozokwanka azoribwe nidubu nkakumwe abatutse umukoziwimana ngonibusa bwubuhanza batabaguwe nidubu nawe rivuge uwukwanka azibonerako🤷♂️🤷♂️
Amen🙏🧎🧎
Nina sili
Imana iguhezagire yaragusize amavute muvyeyi dukunda cane. Urumuhuza wimitima amen
Uyu mukozi w' Imana nta wundi ndabona mw' isi avuga ubutumwa bwiza nkawe, nukuri novuga nti amen amen amen amen amen amen!!!
Uramubwira azorye bike asigarize abakene
Is true
Mbe yewe iyi ngabire twahawe n'Imana ubwo tuzogirirwa amahirwe yo kwamana na yo!
Imana ibandanye igukomeza,mukozi w'Imana.
❤️❤️❤️
Merci beaucoup
Komeza umuhamagazo Mukozi w'Imana
turanezerwa nivyo muvuga biciye mw'ijambo ry'IMANA
Amen amen ndafashijwe hezagirwa turabakunda Papa ubutumwa bwanyu buranyubaka
uri umugabo mwiza w'Imana. Yesu aguhe umugisha w'iherezo ryiza.
Amen amen Ncit yanje🙏🙏👏👏👏 uvuzikint kizima ndakunduburyutangamwubutumwa💌💌💌
Amen Amen Imana ibahezagir ibongerereze Amavuta
Mujye munigisha kugaruka Kwa yesu mukozi wimana
Mwoshobora nkundonsa inamba zuwo mukozi w 'Imana
Wigisha neza cane .
Hezagirwa mukozi W'IMANA.
Uvugisha ukuri cyane mukozi w'Imana Uwiteka aguhe umugisha..
Iman igukomeze Pastor,urampezagir can
Ameen Apotre Ndiho agukomeze muvyurimwo vyose, inyenyeri yawe ishishikare kwaka kuri twese mwarahezagiwe canee 🙏🙏🙏
Past ndagukunda kunyigisho zawe 🙏🙏🙏🙏🤝🤝🤝🤝🤝🤝
Amen amen ndafashijw caan yesuKRISTO yamamare
Ndakwemera wa mu Pasitori we
Amen, amen!!!!!!!!!!!!!!!!!!!
Amen amen uracari umwe muburundi uvuga ubutumwa abandi baravangiwe
Amen amen
Hezagirwa hezagirwa muvyeyi 👏👏👏
SHALOM SHALOM MUKOZI W'IMANA NUKURI URAVUGA UKURI IMANA IGUKOMEZ YONGERE IGUHE IMISI YOKUBAHO KWISI IRUTA IYO TWEBWE ABANA BABANTU BIYUMVIRA NUKURI NDAGUKUND NDEMEZANY NUMUTIMA WANJ NAMPWEMUYERA NAHAWE KO URI UMUKOZ W'IMANA UTAHAMAGAWE N'ABANTU AHUBWO WAHAMAGAWE N'IMANA NDAGUKUND 😍😍😍💝💝💝💝💝💝💝💝💝💝
Muranyubaka ndakubariye nokigereranya na DANIYERI mugihe bar'inyagano i BABURONI
Ur'umunyabwenge,ur'insorongozi,.......girumugisha PASTEUR Wanje
Imana igukomeze cane amajambo yawe aranyubaka gose
Amen murakoze cane kumajambo meza mutwigishije!!
Basha Uyu mukozi w'Imana Imana Umuahaze kuramaba kugira avuge ubutumwa gushika kure
Inyigisho zawe ndazikunda cane.Warahezagiwe.
Ndabakunda kunyigisho zanyu muhezagigwe
👍👍👍🙏🙏🙏Uvuzukuri. Ahingonyishizarahiye. Pasta
uvuga ukuri mukozi w'imana .
Mana ndakwinginze uzaduhe abakozi bawe benshi nkuyu mu pasteur wigisha kwihanibyaha
Amen Amen Amen
Ndavuga ivyo vyo kurinda kubwira abantu ngo bahaguruke kugira bavugeko bahora mu vyaha none babohotse ni ikintu kidatanga umwidegemvyo mu bantu. Vyiza vyoba mu mutima canke hakaba umusi wo gushinga intahe
Amen Imana idukomeze
Habwumugisha NUHORAHO
Ubutumwa bwiza. Amen
Imana igufashe ingabir waronse irahambaye uraduhanura nuko tutumva
Ukuri kuzuye
Bonsoir. Ndumva nahezagiwe. Gusa ico kintu co kurinda kubwira abantu ngo bakirize urutoke hejuru kugira berekaneko bahora mu vyaha bikavugwa mwi shengero ry'abantu, wapi. Vyoba vyiza bokozwe atakwiyerekana kuko niho umuntu ahinduka atagitsure canke atakwiyerekana publiquement
Amen
İmana iguhe umugish kwl ufise ingabirano yokwisha
Amen cane
Turabatsindwa
Ohh manumbabarire
Praise the Lord🙏🔥🙏🔥🙏
Amen.👏
Bansumirind patsa bariho ndagukundir iyigisho zaw tworonk abantu 10 nkaw uburindi bwobabweranda.iman ikuzigame
Hezagirwa mukozi wImana
Amen 🙏
Amina
Iman iguhezagir
Jewe nda kwayesu ambarire n'aracumuye cane
Amen
Urumuntu wumugabo
Murakoze muvugabutumwa kuduh impanuro, nashaka kubibariza mwoba musebgesherezahe ?
Ndakwikundira niyo nzoza mu burundi nigobwa ndakubone nukuri harivyishi wingisha abandi ba pastor batanvuga I mana iguhe imigisha aman
Wubahwe mukozi wImana
Amen amen to 🙏🏼🙏🏿🙏🏿🙏
Pasito. Abagabo. Bazokwica. Imanigujezagire. Uravugishijukuripe. Bakuruguture
Amin
Sema baba
Intahe
Amen 🙏🙏
❤️❤️❤️
Amen 🙏🏿💪🏿
Mana yacu dutabare
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂💝💝💝💝💝Nibabe baja kumpanda kubazura bareke kutugora 😀😀😀😀😀🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Turagukuri mukozi wimana vuga turakuva
Uravuga kweli
Komera ku muheto nk'umuzinga w'inzuki.
ABANTU BESHI BAMA BARONDERA GROUPE YAWE UTANGAMWO IBIGANIRO
Mana ubabarire
HANYUMA WITWA MBAYAHANGA INDE?
🤣🤣🤣🤣🤣Isidore non iryoryo warivanyeh ww
HALELUYAAAA HALELUYAAAA 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Ndashaka kubaza uyu mukozi w'imana ni Pastor Mbayahaga? Please ndashaka inyishu
Egoo Mbayahaga Isidore batazira Rehoboth
Ivyuvuga nukuri
😂😂😂😂
Papa muhezagigwe nimana
INZIRA NJYA-BUKIRE, ABAKIRE NTIBAKORERA AMAFARANGA, AMAFARANGA ARABAKORERA.
ua-cam.com/video/CzwDbvsVkY4/v-deo.html
Inyigisho zawe ndazikunda bidasanzwe mbonye link aho zinyuzwa byamfasha
UBUTUMWA NIBWO ,NONE SE UFISE GOUPE NGO NANJE NDAYIJEMWO KUGIRA NDABURONKE VYOROSHE?
ua-cam.com/video/pReU3bjjIAE/v-deo.html
*Iwange habaga abashitsi b inyenzi gusa ibiheri nibyo byatunywaga amaraso*