Ivyo Mutima le Comedien akoreye Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye imbere y'Umukuru w'igisagara

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 1 жов 2024
  • Indogozi zaraho agatwengo kahatswe kubavuna imbavu

КОМЕНТАРІ • 52

  • @nostressfreedom7431
    @nostressfreedom7431 2 роки тому +4

    iki nico ciza co kuba umunyamwuga warize Mutima yubahwe

  • @ommy551
    @ommy551 2 роки тому +1

    Dubai is another level Usicheze nayo!
    Igikiru si Ukuryama mucumba ari benshi Igikiru nuko Bagaruka Mu Burundi Badatambukisha ibirenge....nimba wumva baryama mucumba ari benshi Nagira ndakwibire akabanga ko Baba barishe amahera atari musi ya 100$ kukwezi keep it on your dirty mind😏

  • @bercafricain
    @bercafricain 2 роки тому

    Toutes les Femmes ne sont Mariables/ Abagore bose Sabo Gushira Munzu Harimwo Abadashobotse
    ua-cam.com/video/5KtUqUdLCwU/v-deo.html

  • @abouseleynzisabira5875
    @abouseleynzisabira5875 2 роки тому +5

    Gasore narabiraho apana gukinuburofa Mutima best comedian

  • @kanyangemarie-goreth2546
    @kanyangemarie-goreth2546 2 роки тому +2

    Mutima wubahwe kabisa. You make us smile every time. Big up my brother

  • @felixbigirimana435
    @felixbigirimana435 2 роки тому

    Abobantu bari muri stade umengo bari mukiriyo......

  • @kadogocomedian527
    @kadogocomedian527 2 роки тому +1

    Mrc kutwibuka mon grand frère 👍 love from kadogocomedian ❤️
    ua-cam.com/video/A9N0B-NLLSs/v-deo.html
    👆👆🔥🔥🔥👆 Mutima le Comédien agwanye numuhungu wiwe bapfa 😰🙆😏😨😨🤦🤣 Full Comédy 🔥🔥🔥

  • @jeandedieunsabiyumva7076
    @jeandedieunsabiyumva7076 2 роки тому

    Hhh

  • @lilianeerica3318
    @lilianeerica3318 2 роки тому +1

    Team mutima mwubahwe vrt murashoboye👌👌👌👌👌👌

  • @niyodanigasempe2376
    @niyodanigasempe2376 2 роки тому

    Wubahw Mutima kbx

  • @emelyneaaa7332
    @emelyneaaa7332 2 роки тому +2

    Mutima très intelligent

  • @thieryniyonkuru5023
    @thieryniyonkuru5023 2 роки тому

    Abarundi benshi barashishwe ntibatwenga pee🤔🤔🤔🤔 ndabira ngaho muri Tribune benshi ni invengwe.
    Umengo gutwengatwenga ntibiri mumuco wacu vraiement.🤷‍♂️🤷‍♂️

  • @felixbigirimana435
    @felixbigirimana435 2 роки тому

    Gutwenza abarundi biragiye kweri , nous sommes un peuple très froid, umengo Bama barashishwe , Gu crana nivyo nazi ko ari ubushingantahe

  • @yesuyarishuye3380
    @yesuyarishuye3380 2 роки тому

    Mutima komera cane ushishikare guterimbere.izonyigisho utanze ninziza cane.

  • @irambonaericwamakamba6659
    @irambonaericwamakamba6659 2 роки тому +1

    Terimbere bwana mu Heart

  • @ndacayisaba5cent611
    @ndacayisaba5cent611 2 роки тому

    Gasore ibintu vyiwe n'umucafu gusa uyu mutima we Akina ibintu birimwo inyigisho n'impanuro.

  • @irankundajeanbosco7792
    @irankundajeanbosco7792 2 роки тому

    Nyakwubahwa arazi guharura. Urwaruka turakwiye kumwigirako

  • @pieeloinishimwe7923
    @pieeloinishimwe7923 2 роки тому

    KOMERA BWANA MUCOEUR

  • @nibizifrancine7891
    @nibizifrancine7891 2 роки тому

    Muzoze murakina ivyamahanga cane cne kubamaze kuyajamwo

  • @pasteurbizimungu8185
    @pasteurbizimungu8185 2 роки тому

    Mutima niwubahwe kbxa

  • @adijoecool8509
    @adijoecool8509 2 роки тому +1

    🔥🔥Mutima oyeeee wakoz canee

  • @makimbiliokimbi193
    @makimbiliokimbi193 2 роки тому

    Uburundi bwateye imbere kabisa 🤐🤐🤐

  • @akcosmuzikiumushakashatsi3476
    @akcosmuzikiumushakashatsi3476 2 роки тому

    Mutima warakoze umuti

  • @tharcissenduwimana7805
    @tharcissenduwimana7805 2 роки тому

    Mutima wubahw ww mr iyi game ur King

  • @yvonnenduwayo4202
    @yvonnenduwayo4202 2 роки тому +1

    Wahumaganye noneho.big up saaana .iyo style uri number one .ariko Mana wewe sinzi Aho no gu qualifia kabisa

  • @lysianeniyongere2473
    @lysianeniyongere2473 2 роки тому

    Mutima 😃😂😂Arose ubuzi

  • @twororeturimekijambere5491
    @twororeturimekijambere5491 2 роки тому

    Ego urashoboye pe.😍😍😍😍

  • @nimbonaalexandre1159
    @nimbonaalexandre1159 2 роки тому

    Mutima wubahwe

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497 2 роки тому

    Wow 👏 komera mutima na timu yawe kabisa murashoboye🥰

  • @Ikinyoni
    @Ikinyoni 2 роки тому

    Mutima mzee wakutumia hakili🙌
    #WeGotThat👁

  • @alfanimasoudi2411
    @alfanimasoudi2411 2 роки тому

    Mutim yubahwe cn 👏👏👏

  • @akimanaarsene4752
    @akimanaarsene4752 2 роки тому

    N ivyo vyotwenza umuntu?

  • @julesakimana1102
    @julesakimana1102 2 роки тому

    Mutima Hejuru Caaaneee🤸🤸🤸

  • @NZO.24
    @NZO.24 2 роки тому

    Perfect

  • @mykeke3255
    @mykeke3255 2 роки тому

    Mutima ramba nuriryumunwa 🍾🍾🍾👌❤️

  • @anickkanyamuneza9601
    @anickkanyamuneza9601 2 роки тому

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @hetmanrene
    @hetmanrene 2 роки тому

    Best comedian mutima

  • @shadiahshadiahshadiahshadi4060
    @shadiahshadiahshadiahshadi4060 2 роки тому

    Inkwavu haaaaa

  • @kumurundi6120
    @kumurundi6120 2 роки тому

    🔥🔥

  • @nally435
    @nally435 2 роки тому

    😂😂😂😂😂😂😂🙌🙌🙌🙌🙌

  • @ameliebaseka8945
    @ameliebaseka8945 2 роки тому

    🤣🤣🤣🤣

  • @Meddyfafa
    @Meddyfafa 2 роки тому

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @phanuelofficial
    @phanuelofficial 2 роки тому

    #Mutima yubahwe nincabwenge

  • @Ikinyoni
    @Ikinyoni 2 роки тому

    #WeGotThat👁

  • @superboymkavu257
    @superboymkavu257 2 роки тому

    Mutima wubahwe kbsa urakoze pharmacie 🔥🔥🔥

  • @musafiridieudonne1946
    @musafiridieudonne1946 2 роки тому

    Just creative and himself

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 2 роки тому

    Mutima wubahwe❤