Imvukira zo mu Kamenge zigiye gushira imitahe mu masoko y'i Bujumbura ariko yubakwa

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 30 вер 2024
  • #indundinews :Inyuma yo gufasha abana ba ntaho nikora mu kibaronsa ibikoresho vy' ishure, imvukira zo mu #Kamenge ngo zigiye gushira imitahe mw'isoko iriko yubakwa aho mu kamenge , ndetse no mw 'isoko nkuru ya #Bujumbura

КОМЕНТАРІ • 1

  • @marcienrusuriye4282
    @marcienrusuriye4282 День тому

    Imana ishimwe cane mukiruhuko nagize aho i Bujumbura , naragendeye bene data aho mu Kamenge, nivyukuri muriko muja mbere hari intambwe ishimishije , ariko nagomba kubakebura kuvyerekeye amabarabara hari ibinogo vyinshi cane saho gusa nisagara vyegeranye na Kamenge. Nibazako hagomba kuba integuro yabanyagihugu bafatanije nabarongoye ama zone mushinge ikigega cabanyagihugu cotuma amabarabara yanyu aba nyabagendwa , none ko nabonye hari imiguga myinshi ariko ibinogo bikaba vyinshi cane mumabarabara , nimukoreshe ayo mabarabara mushiremwo ama karieri, leta ifashe mukubaha amashine yo gusanza iyo karieri . nibaza ko umushitsi yoza kubagendera akabona amazu meza meza mwubatse, vyomunezera aciye no mwibarabara ryiza.kandi nabafise imiduga ntawoshima kunyonga ahantu hibinogo kuko vyica amarasoro yumuduga . Hose ahari iterambere icambere ni ibarabara namazi. murakoze