Aba diaspora bavuye muri Canada baje kurima mu Rutana|
Вставка
- Опубліковано 1 жов 2024
- #diasporanews : , #George_Habarugira , na #Deo_Nshimirimana bompi bahuriye ko ari abarundi barangurira i mirimo yabo muri Canada , bakaba bahurikiye mw'ishirahamwe NCDP rikorera mu gisata c.uburimyi n'Ubworozi. Aba ba diaspora babiri bompi bahuriye ku gikogwa kimwe , kugwiza imivyaro y'ibitegwa gushika aho baronka umwimbu wo gushora mu mahanga , ndetse no kuzokwihingurira umwimbu aho mu Rutana nyene.
Good news thanks you viva africa Viva Burundi 🇧🇮 from Burundi Lives in cape Town
Nibakomeze NIVYIZA CANEE 🙌🙌
Irambire muzoshik nimusongati
Komera cane