😅 Kigingi: "Hariho umukobwa yantesheje umutwe, kandi ndi mukumushira mu rugo"
Вставка
- Опубліковано 29 вер 2024
- 😎 Burya rero Kigingi n'umu éléctromécanicien, ariko atunzwe n'umwuga wo gutwenza abantu (comédien).
🤝🏼 Menya vyinshi ku buzima bwiwe, umwuga wiwe n'ingene yibona mu myaka 10
Ndagukunze KO utavuze bâ christiano Ronaldo.t'es un vrai patriote
Hhhhhh
Courage kigingi uft indigo nziza useko yaw iranezer😄😄😄😄😄😄😄🐦🐦🐦
😂😂😂😂
Nkunda Uko muvuga, Nanjye Ndifuza ko Imana Insetsa
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ngontawe ndaherekeza kumpandaaa😅😅😅😅😅
Kumubona gusa nca ntwenga
Nigitabo kidakosoyeee ibaze ngo ntawe araherekeza kumpandaaa🙈🙈🙈
Ibaze,ibitara vyo muryarusera,haaahaaa.
Kigingi azomera ubwanwa ryari?😂😂😂😂
Courage Aubin
Ayo majambo atangura. Mercii
Yoooo bwabundi uyu mugabo ni umunyabwenge🤭 courage papa avenir👏🏼
Visage ta Kigingi kuybna gsa ndahwera nugutwenga🤣
Uri comédien nyene 😅
Kigingi akora neza kuko gutwenza birafasha mu Umubiri w umuntu
Imana iguhe hushika k'undoto zawe Kigingi
Wirambire 👌💥
Courageee kigingi👏👏👏👏
Hhhhh hamwayopfa wokorik🤣🤣🤣🤣🤣
😂😂😂😂✋
😂😂😂
❤️❤️❤️
❤️
courage
❤️
Va Goderive rero 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Mb nyene nind yapfuy hhhh babe barekivyoo diii kigi
🔥🔥🔥
🔥🔥🔥
"une bonne idée mais bon c'est fait et
🤣 🤣 🤣 🤣