#TakeMeBack

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 2 жов 2024
  • 😂 KIGINGI twamusubije mu bihe vyiwe vya kera aho twamweretse udukino yashoboye gukina kera n’amasanamu yiwe ya kera

КОМЕНТАРІ • 48

  • @chadrackroutine
    @chadrackroutine 5 місяців тому +13

    Ego abakunda kigingi bampe like

  • @decomagic2849
    @decomagic2849 5 місяців тому +4

    @magazine Jimbere editing mugire amelioration. izo extraits ntiziba zumvikana. zishire muri sequence tuzibone full screen kugir na sound yumvikane neza hama dusubire tuzi vive. muc mumenya uk mugira sync na commentaire z'umutumire. thx

  • @NihorimbereMarieGloria
    @NihorimbereMarieGloria Місяць тому

    Imana ibandanye ikwuhirira ivyiza courage notre frère kigingi🫡

  • @r-flowtheraincoat3350
    @r-flowtheraincoat3350 5 місяців тому +1

    Good creativity 👌🏽🧉

  • @kavaofficial203
    @kavaofficial203 2 місяці тому

    Umusi wambere ndamubona mu maso muyandi Kigingi bari bamutumiye kuri église vivante de Jésus-Christ yakunda gusubiriramwo amajwi yabakozi b'Imana c'était umusi mukuru wisabukuru nziza yishengero hari mwijoro hari Viber idasazwe yari spécial bari baduteguriye umusi mwiza ukuntu yasubiramwo abantu rero vyaratwica mukudutwenza narifise 8ans niga 4ème primaire kuri école primaire de himbaza so courage Mugenzi Alfred uzokomeze uri intwari ejo ni heza

  • @hubertigiraneza777
    @hubertigiraneza777 6 місяців тому +5

    Waouh c'est Super 👏 . Ton parcours est très inspirant.

  • @jessenitunga364
    @jessenitunga364 6 місяців тому

    Uranyibukij la Reine vrmt😂😂 uraka mererwa neza bravo à toi mr Mugenzi

  • @julesspencer517
    @julesspencer517 6 місяців тому +1

    Money cleans everything than water does u did it man

  • @BeatriceNkurunziza-l9b
    @BeatriceNkurunziza-l9b 6 місяців тому +2

    Très inspirant. Uranteramisha mu Mahanga mbamwo. 🇫🇷
    Uri Top. 👍

  • @iteritekabenjos-xr7yv
    @iteritekabenjos-xr7yv 5 місяців тому

    Grd comedie kigingii🎉🎉🎉🎉😂❤❤❤❤

  • @amolam97
    @amolam97 5 місяців тому +2

    Iyi creativite niya bien sana les jeunes BURUNDAIS big up

  • @JuventMinani
    @JuventMinani 4 місяці тому

    Wubahwe kigi

  • @hortenseiradukunda6226
    @hortenseiradukunda6226 6 місяців тому +2

    We love you KIGINGI.. Ubandanye uter'imbere

  • @SoniaIneza
    @SoniaIneza 5 місяців тому

    kiginng weeeee

  • @Larose1988
    @Larose1988 6 місяців тому

    Kigingi wacu 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @infoburundi
    @infoburundi 5 місяців тому

    Jew ndamuibuka aza mugisyo kuel, 2016 ou 2014

  • @billskeez92
    @billskeez92 4 місяці тому

    Creativity nziza sana🔥🙌👌 Mais nimurondere screen nziza kugira bizoze biraboneka neza nshatse kuvuga ayo ma picha canke Ayo ma vidéo

  • @lisaginnamujambere8605
    @lisaginnamujambere8605 5 місяців тому

    @magazinejimbere ne serait-ce pas bien de mettre des sous-titres? L émission est très intéressante mais malheureusement pour ceux qui comprennent le kirundi seulement. 🤷🏽‍♀️ murakoze

  • @PaccyPisco-ds7zw
    @PaccyPisco-ds7zw 6 місяців тому +1

    The best comedian in the town✌✌👊👊

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 6 місяців тому +1

    uko tuzasa ntabwo kurahishurwa😂

  • @MasaboJordy
    @MasaboJordy 5 місяців тому

    interview tuba dukeneye ninkizo zigisha courage Jimbere magazine na kaboss ❤❤❤❤❤

  • @nadinenijimbere8931
    @nadinenijimbere8931 6 місяців тому +1

    Wawuuuuu very nice😎

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 6 місяців тому

    Uzikomereze ibijuju vyawe kazima bigutungiye umuryango

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 5 місяців тому

    😂😂😂😂😂😂😂😂ndapfuy nu gutwenga ukugen wibuk vyose nivy wab urway

  • @MUNEZEROKevin-tk3py
    @MUNEZEROKevin-tk3py 6 місяців тому +1

    Nice kaboss

  • @kalyka4107
    @kalyka4107 6 місяців тому

    Très inspirant!
    Nkumufana yakumenye kera kuri youtube, ndagushimira kubera waranteramisha ndi mugahinga😊

  • @Ihangirotv-1234
    @Ihangirotv-1234 5 місяців тому

    Ihangiro Tv 🎉❤🎉🎉

  • @Allaboutmusiclyrics
    @Allaboutmusiclyrics 6 місяців тому

    Merci beaucoup kigingi kumpanuro komeza utera imbere ‼️‼️

  • @InGodwetrust0991
    @InGodwetrust0991 5 місяців тому

    Amahera nimeza, urabona uko usigaye USA neza caaane kigingi

  • @CalebNsababaganwa-yo6rb
    @CalebNsababaganwa-yo6rb 5 місяців тому

    Ngo ntaseseme bagira😅😂

  • @aristidendayubaha6114
    @aristidendayubaha6114 5 місяців тому

    Ahubwoo ⏪⏪Fast Forward

  • @ralphnick9304
    @ralphnick9304 5 місяців тому

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @LarissaAkimana
    @LarissaAkimana 5 місяців тому

    ❤❤❤

  • @nahimananur3758
    @nahimananur3758 5 місяців тому

    Hhhhhh😂😂😂😂urumunyakuri

  • @amolam97
    @amolam97 5 місяців тому

    Kobiryoshe se🤗

  • @iteritekafranckbarak2054
    @iteritekafranckbarak2054 6 місяців тому

    Go ahead Ocelot.....

  • @mikasi_kinking
    @mikasi_kinking 5 місяців тому

    ❤❤❤

  • @gatorelarbaudjustin1263
    @gatorelarbaudjustin1263 5 місяців тому

    Big up Mr MUGENZI

  • @LorraineAyinkamiye
    @LorraineAyinkamiye 5 місяців тому

    𝑂𝑜𝑜𝑜ℎ 𝑐𝑜𝑢𝑟𝑎𝑔𝑒 𝑠ℎ𝑎𝑎𝑎𝑎𝑎𝑎

  • @OlivierGacura
    @OlivierGacura 6 місяців тому

    Big up sana Mr Kigingi

  • @ellaclarissearakaza-xe5cq
    @ellaclarissearakaza-xe5cq 6 місяців тому

    Kigingi 😂😂😂😂

  • @guggygakiza6758
    @guggygakiza6758 5 місяців тому

    Wouah 🎉❤

  • @perleblancheakaneza9366
    @perleblancheakaneza9366 6 місяців тому

    ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @orlandobryanhayintahe22
    @orlandobryanhayintahe22 6 місяців тому

    👌👌👌

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 6 місяців тому

    ❤❤❤❤

  • @Floribert21622
    @Floribert21622 6 місяців тому

    Ndasanzaye

  • @emkeionly
    @emkeionly 6 місяців тому

    Yesaaaaa😂