Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
🎉🎉🎉
Abarunmdi tugiye gufpa inzara a kubicyiro buricyumweru7 birazamuka 90l100😊😮😮
Uburundi buraremvye kwl, igihugu cacu kigeze ahatemba pe
Inguvu ashira mukuvuga yozijana ku kivi zogira ico zitereye kwiterambere
Noe mubona vyogenda gt duhwere kwer dupfe duherengeter
Umushikiranganji wubudandaji, uwundero,uwubutungane,uburimyi, yemwe abo bantu kweli ntakintu nukuri bariko baradufasha,kandi nyakubahwa président aguma asemerera, none ga yemwe biherere hehe????kuko iduga ryabaye ndanse kabisa
Reta wap
Asha watubwira nuko ubwira abantu batumva kand bamazwe na anesthésie kabisa ah nawe mumisa bazokwirukako nayo twebwe abarundi batobato ntanico tukivuga kuko ibintu mbona vyarayogeye
Turasaba président never gutanga imihoho abarundi turaremvye twarapfuye habura imva gusa