Uburundi buriteguye kwakira abashitsi badasanzwe ku magenekerezo ya 5 na 6/12/2024

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 23 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 36

  • @samsonnijimbere4919
    @samsonnijimbere4919 День тому +2

    Ikiganiro kiryoshe caane.Reka twitege resultats nziza.Coup de chapeau.

  • @Aiby-j9u
    @Aiby-j9u 19 годин тому

    Go on guys! Very interesting

  • @JimmyGahungu
    @JimmyGahungu День тому +2

    Baba ba buramatari ,ba musitanteri,aba DG ba ma societé atandukanye,aba directeur b'amashure,n'abandi avant yo kubaha amabanga y'igihugu barabe ivyo batunze

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or День тому

    ❤❤❤❤🎉🎉🎉 Neva nabakuruguture mwumve mwari murindiriye iki😢

  • @emmasunzu-ardley4493
    @emmasunzu-ardley4493 6 годин тому

    Ikiganiro ni ciza cane. Abarundi dukunda igihugu turagerageza kuvuga u Burundi neza aho duherereye, ariko ico mwavuze ca qualite des services publics kiraca intege iyo twifuje kugira ico twokora. Mwoturangira aho twoca mugihe tudatunganirijwe nkuko vyategerezwa?

  • @jeanmarieciza2262
    @jeanmarieciza2262 День тому

    Mwirambir
    Bavyey👏👏👏

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 День тому +1

    Murakoze kudusagiza iki kinganiro.
    Saba ko ibiganiro nkibi vyoza biraba keshi.

  • @kezananafleur8480
    @kezananafleur8480 9 годин тому

    Mbega Shingiro ntazi k ariwe mutunzi kwa jeu??🤣🤣🌞🌞

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 День тому

    Ikiganiro gitanga icizere kw'iterambere ry'Uburundi

  • @Fitbdi
    @Fitbdi День тому +1

    tubwire izo sites biriko tube turisomera

  • @jeanmariebizoza654
    @jeanmariebizoza654 День тому

    Ikibazo nama nibaza,UBWO JEWE NDI MU BENEGIHUGU BAKENYE? NDAVUGA 60% NDIMWO CANKE SINDIMWO ?

  • @IsaacNsengiyunva-yc6vy
    @IsaacNsengiyunva-yc6vy День тому +1

    ❤❤❤

  • @Fitbdi
    @Fitbdi День тому +1

    muti rero twizere??

  • @prosperniyukuri8562
    @prosperniyukuri8562 День тому +2

    Turashimira Leta nukuri uburyo iguma yiyunvira uburyo igihugu nabeneco twotera imbere ariko rero hari utubazo umuntu aca yibaza. None nkubu ingingo zihasha abarya ibiturire kugira bigabanuke hoba habura iki ko indongozi zose twitoreye ko zikwiye?
    Hama ikindi nabonye beshi muri coments baravuga abarongozi bibigo( les diecteurs, DG, … ) nabandi habura iki kugira batunganirize abanyagihugu atakintu gisabwe?
    Jewe iciyunviro canje noterera:
    1. Abobategetsi bamwe bamwe bokwamburwa ba police babacungera kuko biri muribimwe bibatera kudatanga service neza guko nukuri usanga niyo baje kukazi umengo ntibikorako umengo ntanaho wobarega.
    2. Gutanga uburenganzira kumuntu wese adatunganirijwe gufata ifoto cnk video guko haraho bareka kukwakira ariko hashika umunyamahanga (umuzungu) bakamufata nkumukwe mukumwakira. Kndi ubiravye abonyene bakiriwe neza nibo baheza bakatwandika mumakungu ko dukenye Kndi dufise nintwaro mbi.
    Nimurabe rero abo mutumira baza guterera igihugu ariko baze basanga abanegihugu nabo barikukivi kandi biteguye kuyoborwa mumigambi yiterambere batidogera inzego zitabatunganiriza nukuri. Ibindi Abarundi twese twiteguriye kugendera mumurongo umwe Leta itwereka tugenderamwo kugira igihugu kizamuke pee! Murakoze

  • @PacifiqueIrambona-gh1dd
    @PacifiqueIrambona-gh1dd День тому

    Twitegiki kizofasha uburundi ??

  • @JacksonHasabuwitonze
    @JacksonHasabuwitonze День тому

    Très important

  • @JacksonNdayishimiye-p6j
    @JacksonNdayishimiye-p6j День тому

    Ni inama idasanzwe, inama kaminuza, inama ikomeye nayo Rukokoma niyo hakurya y'Akanyaru.

  • @Kaburaelie-d9c
    @Kaburaelie-d9c День тому +1

    Nariko nsoma comment nsanga harimwo abagiye baratukana bapinga imigambi ya leta kandi abobabantu bari mubuhungiro. rero ndabahanure mugabanye umunwa abarundi bakundigihugu twikorere. namwe muzopfa muvuga muzogwa mugahinga nk'umubindi.

  • @habumugishaterry6543
    @habumugishaterry6543 День тому

    Ikiganiro ciza cane

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 День тому

    ❤🎩

  • @IrarihaInnocent
    @IrarihaInnocent День тому +1

    Ivyobintu vya 2040 n'a 2060 ntibibaho Hama hazogera tugezehe icizere kihari nikihe kand kumusi kumusi bitera vyanka ibintu vyose vyabaye ndanse reka guhenda abenegihugu ngo 2040 2060

    • @chales08
      @chales08 День тому

      Tuzoba twarapfuye kera 😂

    • @Bigenergy94
      @Bigenergy94 День тому +1

      Inama nziza nukwiha I photo ugaca ubona kure ukibaza uti mbega muri 2040 nzoba ngeze he?!example jewe ndi Umurundi nkaba narakuriye mu Rwanda muri 2000 abarongozi batubwira vision 2020 abantu benshi babona ko imyaka 20 ari hafi abandi bakabona ko arikure batazohagera abandi baca baja kubikorwa eeeeh voila irya Kigali ubona siko yahora imeze natwe vision 2040 ndayitahura sana kandi jewe ndi kuri travail nawe ndabikwifurije

  • @FrankeIgiraneza
    @FrankeIgiraneza День тому

    Komera cane gose

  • @irankundaaristide3284
    @irankundaaristide3284 День тому

    None iy 2040 cnk 2060 mwe muzob migitwara?? Mwar gupfum muvug at 2024 na 2025 cank n 2026 at ibint vyos bizob vyahinduts nay ivy vyo nukuturuhisha mumutwe

    • @etienneuwimana3797
      @etienneuwimana3797 День тому

      Kuki batazoba bagitwara?

    • @irankundaaristide3284
      @irankundaaristide3284 18 годин тому

      Ic sikibazo ntabwami butabisa ubundi ,ab twavuts batwar sibo bagitwara bamw barashaj aband barapfuy

  • @JimmyGahungu
    @JimmyGahungu День тому

    Hakiriho indongozi zidashira imbere gukorera abanyagihugu ahubwo zikingira inyungu zabo iterambere ntirishobika.ikindi jewe noshikiriza nuko abategetsi bose bojaho babanje kuraba ubutunzi bwabo niho n'amafranga y'imigambi yo guteza imbere abanyagihugu atokwibwa. kubera ubutunzi bwabo buba buzwi.kubera kenshi amafranga y'imigambi y'abanyagihugu aca aherera mu mifuko y'abantu bamwebamwe

  • @AmatwiyimpeneYumvayokeje
    @AmatwiyimpeneYumvayokeje День тому

    Ako ntasoni mugira ngo 2040/2060 ntaterambere ryobavako muzohagezwa Niki bazoza Niki? Igitoro conyene cobananiye murabagabo nyabagabo mwotanze imihoho

    • @joelnzeyimana7791
      @joelnzeyimana7791 День тому +1

      kwatarabagabo wewe urumugabo uratuzanira icogitoro noyokwegure vyovyo reka kwidigadiga.

    • @sese667
      @sese667 День тому

      ​​​​@@joelnzeyimana7791Koresha ubwenge, mureke guhendwa nk'abana kandi mukuze !
      Uburundi n'ico gihugu conyene co muri EAC, gitagira igitoro, ni hehe ivyo bintu murabibona handi ??! Ni hehe murabona igitoro gitangwa biciye muri application ??
      Vision 2040-2060 n'ibihendwa abana !

    • @J.baptisteSibomana
      @J.baptisteSibomana День тому

      Ntanisoni ufise

    • @jeanmarieciza2262
      @jeanmarieciza2262 День тому

      Ubiheruk ker ubu
      Nisaw carabonets

    • @AmatwiyimpeneYumvayokeje
      @AmatwiyimpeneYumvayokeje День тому

      @jeanmarieciza2262 cyabonetsehe,? munyamitanga mubikinju

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja День тому

    ❤❤❤