Abicanyi banjanye mwishamba kunyica Imana impindura igihume barahunga/bari bampenze ngo ngiye kukazi
Вставка
- Опубліковано 13 жов 2024
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV
Ntawuzigamwa mwirinde nkabana b'imana nzima amen amen.
*Imana Iriho kandi uko yakoraga kera na n'ubu niko Igikora.*
*Yitwa NDIHO, ISHOBORABYOSE.👏👏👏*
*Amen Amen! Hallelujah!*
Ndamwibutse uyu muntu w'Imana i Kibenga.
Imana ibagirire neza
Glory to GOD ALMIGHTY, IMANA ihabwe icubahiro hallelujah
Amen amen imana irakomeye kandi urakora ibihe vyose habwa icubahiro mana.
Imana ishimwe ko itureberera ikaturinda nanjye ndayishimye
Amen Ndiho nahabw icubahiro kweri
Ndafashijwe can umwami YESU nahabwe icubahiro
amen
Icubahiro c'Imana gihimbazwe,urakomeye Mana
Imana yacu ninyamaboko
Yesuwe ndasavye uzampe ukwizera kuko wankoreye vyinshi kuvankivuka nkashika kuruyumusi mana impa imbaraga nubushobozi amen 🙏🙏🙏🙏🙏 imana iguhe umugisha muntu wimana
Imana ibahezagire ndiho nihari amen nifuza numéro ziwe yesu aguhezagire
Uragahora ku ngoma mana yashaduraka,uragahora ku ngoma mana ya mugabonihera.amen
nukuri Imana Nishimweeee, Amen
Imana Yacu irakomeye, ihabwe icubahiro.
Intahe nziza cane inzira z lmana zirenga ibihumbi
Wow intahe nziza cane
amen yesu ushigwe hejuru
Amen Ijuru riratabara twishime abatabizi bishwe nokutabimenya
Twizigire Imana irakomeye kandi iracakora pe ishimwe nicubahiro nivyayo ibihe bitazoshira Amen🙏🙏🙏
Imana yacu iteye ubwoba!!! Imirimo yayo iratangaje!!!
Imana ifite inzira zirenga imyenge y,inzitiramibu rwose. Imana ishimwe rwose.👏👏👏
Uhoraho ahimbazwe
🎉🎉🎉🎉
Yooo yesu wanj habwa icubahiro urakomey
Imana ishimwe cyane
Iman'ishimwe
Amen. IMANA yacu n'igitangaza. Iratabara.
Yesu arakora kwel.
NDIHO nahabwe icubahiro imyaka yose. Amen
Uworaho nimwiza kuko imbabazi ziwe zamaho ibihe bidashira
Kuva nabaho numvise intahe🙌🙌.mbega mbegaaa
Yesu urakora mana urashoboye
Urakoze mukozi w Imana kudusangiza iyo ntahe ikomeye. Irandugirije ukwizera. Na nyuma ya zero Imana irakora
Imana ihabwicubahiro
Ameen!! reka Imana yitwe Imana ikora ibidutangaza burimusi kuwundi
Imana yacu ihabwe icubahiro
Mumvugire Imana!! Yooo,Mana urera
Imana yacu ni igitangaza. Birandenze vy'ukuri. Imana irazi kurinda. Muri ubwo butazi ndumva ko n'ijuru ryahagurutse. Imana ihabwe ikuzo. Urakoze kuri iyo ntahe. Hezagirwa. Abakozi ba Umuco Wera TV muhezagirwe cane.
Imana ishimwe cn. Iyintahe imbereye iyambere intwengeje ndakumbagaye. Muhezagirwe cn muranteramishije uyumusi nukuri.
Imana ihabwe icubahiro
IMANA ishimwe caaane
Imana yacu irahambaye!!!!!!
Nigitangaza
Girumugisha
Amen kweli Imana irakora
Imana irahambaye cane .
None nobona 4ne number yiwe? Mugabonihera.
Yegooo.Imana Iratabara wovyemera utovyemera.Iragahora kungoma.
Vyukuri IMANA Iriho knd Ishobora vyose,knd Iracakora Ibitangaza,ndafashijwe cn niyo ntahe pe
yesu yesu urimwiza pe
Uhoraho ahimbazwe
Imana.iratabaracane
Imana iratuzi
Imana Irakomeye cane
Komera paster wacu
Oooh uratwenza Mana abantu bagakumbagara
🥰🥰🥰🤣🤣 Iminwa ibaminini namatwi abamanini 😂😂😂 nukuri ben eda Imana yacu irakomeye ibyaho birakomeye
Vyukur lMANA urih kand iracakor ibitangaz kubayizer habwicubahir Yes abawe wabameny ker
Ariko muzoze murasiga numéro yuwashinze intahe kuko harabantu baba bashaka ibindi bibazo bibariza inyuma ya caméra
Mana ntubura ukubigenza
Uhoraho ahabwe icubahiro
Ameen
Nukuri Imana irakiza
Umucyo wera T.V turabakunda Uwiteka abazigame kandi abarinde gose p!!!
Nukuru dufite imana bantu bimana mureke ubwoba nyima ya corona virus 🦠 harimana
Yoooooooo MANA YERA YO MW,IJURU!!! IMANA NI IGITANGAZA!!! IRAKOMEYE IRAHAMBAYE CANE!!! NIYO KUBAHWA NIYO KWIZIGIRWA IBIHE BIDASHIRA!!! IMANA IRAKORA IBITANGAZA N' IBIMENYETSO NONGEYE KUYIGIRIRA ICIZERE KIDASANZWE
AMEEEN AMEEENA AMEEENAAAAAAA 🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Intah nkizi zidusubizamwo intege
YEsu wacu yubahweeee
Mana Data warakoze
Ndafashijwe basi
Imna nigitangaza p
Amen
Mana uratabara
Ndabaramukije jewenanje ndifuza kubabona kuko harintahe nifuzagushinga sinzi ingene nobabona
Mana ushoboye vyose
Mujye muvugishaukuli woba wataye ubwengeukumva ivyobakubarira????
Ijuru riratabara vy'ukuri
Ndanezerewe no kumva iyi ntahe nari narayisomye mw ijwi
Turabashimiye UMUCO WERA T.V kuri iyi Ntahe y' Igitangaza c,IMANA. UMWAMI YESU Kristo nabahezagire
Nukrii itugabire kugororoka ntahitokura umuntu
Abicanyi bo muri ubwo buryo bwo kubesha ngo baronderera akazi abantu kandi bagiye kubica baragwiriye bantu b' IMANA tube maso!!!
Oya muvandimwe hariho ikintu Imana ikora kugira camamare abantu benshi barokoke kubwukwizera sukuvuga ngwivyakazi nahandi turahahenderwa
Ivyo vyarabaye vyukuri?nubwenge bwanje bwasizwe
IMANA IRIHO KANDI IRAKORA
Kmmljilkj. ...
Mutama kuliya guhakana KO daniyeli bamutaye muntare ubu none ho ulacyabihakana?
❤❤❤❤❤❤
abobantu nabarundi bamutwaye uzamutubarize uzabukoze
😁😁😁😁IMANA NIMANA
Imana ishimwe cyane
Amen
gute hiyo mwoduha nimero zumukozi wimana
Yesu ashimwe canee