Ndakunda film zaburundi rakini mtizame muwe mnageuza kuita channel zenu majina ya Francis (nakingine mtizame mpungunguze channel sio kira movie na channel yake arafu ikija kutizama unakuta wariyo siriki niwareware kwanini munafanya hivo mnatuchanganya mpaka tunakosa semu yakutizama film zetu zaburundi
H444444444444lllllllllllllllllllkllklllllllllllllllllllllllllllllllllllllkkkkffffffffffffffffghffffffffffffgffffggggggg444llllllllllllllllllllllllllllllklllllllllllllllllllllllllllkllllllllllllllllllllllllllllllllklllllllllllllllllllllllllllllllllkkkjkmmffrrrfrďfhh444rr4444444reinterpreted5th to yyhht56698f45yasx_??444444444444544444444444????||
Vraiment films zanyu zirimwo inyigisho zidasanzwe. Abagore bashika mu ngo bakabandanya bumvira amabwire y'abo bagendanye. Bamenye ko bataba banezerejwe n'uko bateye intambwe. Agakuku karimisha urwiri katarutorera kandi ngo Umanika agatu wicaye mukukamanura ugahaguruka.
Abagenzi ningorane kweli mumpe like ngaha from Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Oman 🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲
Bavukanyi mwese babarundi turabashimiye kubwiyi film ninziza cyane irimwo impanuro
Murakoze kuba mudukurikirana nimwe mutuma tubandanye.
Turashimiye mwese muriko mudutera intege.
Tugiye gukora ibishoboka vyose, mugume mubona ibikorwa vyacu.
W'love you all.
Tukurinyuma
Mbega wewe sanvura wamushizehe.komutahora.muvana twamukumbuye
Samvura yagiye gukarisha ubwenge azoza vuba
@@Lesaviezvous2022 vyizacane turabakunda
😃😃😃😃yooo fanì yesu agukomeze ibintu birareze kwer
Komerezah diane genda wubak nyokobukw yagukunda kandi Can
Hejuru cyane pita akabura nti kaboneke ni mama wumuntu sh❤️
musshoboye courage fubarinyu🎊🎊🎊tubarinyuma📡📡📡📡📡📡📡📡
Wooooooooo😂abanti bacu mwama mushoboye courrage tubarinyuma
Uwumvis Peter nterefn amp like
Nawe wavyumvise
Ego ibihevyose ndiko mbareba ndabanezerererwa murashoboye kbs Amédée ndagukunda cyane
lmana ibahe umugisha mukinye ivyabayeko mama wanje munyibukije vyishi so courage
Ababantu ndabakunda cane vrt kuko batanga inyigisho nziza cane
Ndakunda film zaburundi rakini mtizame muwe mnageuza kuita channel zenu majina ya Francis (nakingine mtizame mpungunguze channel sio kira movie na channel yake arafu ikija kutizama unakuta wariyo siriki niwareware kwanini munafanya hivo mnatuchanganya mpaka tunakosa semu yakutizama film zetu zaburundi
Ndabakeje cane. Ma fille Anny Espérance utere uja imbere.
ninziza caneee
Murakoze cane Jeannette Habonimana
Murakoze cane Jonathan Niyongabo
😂
Nukuri,nivyiza👍
Arabaratunyengaho ng bazomucura.abnt nkabo bikebuk
H444444444444lllllllllllllllllllkllklllllllllllllllllllllllllllllllllllllkkkkffffffffffffffffghffffffffffffgffffggggggg444llllllllllllllllllllllllllllllklllllllllllllllllllllllllllkllllllllllllllllllllllllllllllllklllllllllllllllllllllllllllllllllkkkjkmmffrrrfrďfhh444rr4444444reinterpreted5th to yyhht56698f45yasx_??444444444444544444444444????||
Courage vrement
❤❤❤mwarakoze cane 💃💃💃💃turabakunda
Ndemey murashoboy 100%100
Diane kwahukanishwanumugenzi nimubandanye diane uteyisoni
Turabateye intege.
Ndabakunda cyane Nkunda firm zanyu
😂😂😂bash je nukur uranyish ng pita nterefon ng mwizin rya yesu uranyish diane we
Ukwo Niko bibera abafata ingingo batiyumviriye
Courage beza banj mubikora nez diiiii
Komeza turabakurikirana
peter ndakwemera warahagaze nkumugabo. kirazirako umugore akugenderako
Hinge ndayi partagé muronke ama like n'ama vues
Iyi film ndayikunze cane lavine warahenzwe
Mbay mubamber komera sha fanny mubandany turinyuma yanyu
Abarundi barayamaze ngo umugore agir'ubusa akagarukira ubundi reka turindire iherezo rya Diane
Igobakumerank petero nadiyane
Ni igice cambere cayo nyene
Yew yew 😂😂😂 muranyish kbx 🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮 so mwubahw nukur
Woooooo😂😂😂a anti bacu🎉mwama
Merciii na Kalibu muri Film ndundi arik Man Amabara yoose ntaberimbwa Scène yo kuborerwa Peter nukuri ntabwo ariyawe.
Sha yarayishoboy kbs
Big up l' equipe!! Ibikorwa vyiza again,,,,
Peter vrt tu es un cas, "les mamans songa mbere"hahahahahh uririmba nkuwuri kumuti nyene😀😀😀😀
Kuraje turabakunda
Urukundo mudukunda nirwo rutugejeje aha!
Hariho abagenzi babi kwl manawee
Ukuntumukina ndabakunda
muduhe igice 3
Ndahwereye nukuri ngo Peter nterefona ndagukumbuye😃😃😃
We Dia taha wubake... 🤣🤣 Mwirambire 🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️
Rani wakera siwewubu💓
Yambiiii fanny ndabakunda nabomukinana
❤❤❤🎉🎉
good
Merci VUMI pro
Courage ma belle urashoboye✌✌
Wow ndabukunda😘😘😘🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Basha murashira mwiyi grp ndabasavye Fanny nukur wobukoze ❤❤
Andika numéro 79190650
Yoyoyoy
Nivyo
Yoooo mana irimwinyigish kl
Abagenzi babi babaho kweriii.
Ego can abagenzi bose sibeza uwonohanura ntamugenzi yogira yokwibera wenyen
Mwarakinye neza cane!!🔥🔥👌👌
Murakoze kudutera intege
❤🎉
Umugabo yemera,akaje😢😢😢
Vyiza
Turabakunda namwe
Wumvise wewe rero Diane kwakutumva nyokobukwe y agukunda niwe numugabo niwe wisamburiye urugo
Vrm murabizi kandi ndashimiye uwo muhungu yarihagazeko bikwiye itaba Bose baruko tugakunda bamamann bacu
Abagenz Babi nic bamara
Mukomez
Turabakunda
Muduh igukurikira
Hhhhh Peter ntelephona warusohok wibaza ko azokurondera atakwirukanye???
Haaaaa et umusjoferi ikichara imbele eeeh jmn 😂😂😂
Turasavye abavyeyi Bach murène kwivanga kubitabaraba nimwe mutuma ingo zabana banyu zitarama j'en ai mal
Urakina neza mwana wiwacu lavine
🔥🔥🔥
Abagenzi babi basukana. Urugo rwari rwiza, na nyokobukwe wumuvyeyi, none abagenzi babi ntagahenrwe batanga 😁 good film👍👍
Nukwo bimera iyo ugize incuti mbii
Courage
Nkunda pita mana mana ukuntu akina neza😍😍😍 eweee diana ngombona ndikumurongo😂😂😂😂
🔥🔥🔥🔥
Intarabona epip¹1
❤️❤️❤️
Nukuri murashoboye fanny ivyobint birakaze pita nterefona uranyishe koko hahahahah
Nanje aho hantu haranyishe🤣🤣🤣🤣🤣wagira ngo siwe yijanye
Peter kwihagararako
💪🏾💪🏾
Haaaaa
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏🙏🙏
🤣🤣🤣🤣🤣 pita muterefone nukur
Uwo numwe yakugaranira mucumba niwe agutekesheje I mitwe yokwahukana sha abagore nkawe bariho naje ndimuribo 🙄🙄🙄🙄
Courage nta mvura idahita
Ndabikundira 😊
Ikibazo nuko ntaratahura i channel yanyu bwite muguma mukaba 🥴
Ntugire ikibazo na BMT gumako irakomeza ibikorwa vyayo...vuba film IVYAMBAYEKO muzoyisanga Kuri BMT Buja.
Ntaco nogenda ntavuze ibi muriko murakina vyabayeko mama wanje
🤣🤣😅😅😂😂😂🎞🎞🥰
Fanny ndaba kunda cane chr
Courage
❤❤
Nivyo
🔥🔥🔥🔥🔥