Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Shaa nukuri film irandenze nubwo impano nanje ndayifite ndakunda Patrick sinarinziko muvyutukundo yobishobora ariko cadeau raveille igihande bamuhaye ninkamata yavyaye amasoro
Urashoboye musore twaragukunze kure cane niho ndakwiphurije❤❤🎉🎉
Abakunze ikikiganiro mundemere muciy kuriyo foto yanj mwakavyaramwe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage urashoboye kimwe mukomeze nizindi muzemuduha nizama Serie ahubwo abakunda film natwe dusapoting🙌
Ndabakunda cane ,Elsie, ange, na pratique, ntacomfise ariko wumveko muri kumutima
Patrick turabizi Sha iyonda narayirayeko 6h Kur terrain shooting zirarush ark courage ntawury akamugoye🎉🎉
Ni film iryoshe cane yigisha yafasha kuruhande rw'abavyeyi kureka abana bakihitiramwo uwo bokwibakana hatarabwe ivyo batunze.kuruhande rw'urwaruka bakitonda muguhitamwo uwo bazobana.
Naho films uyumunsi itabonetse,ikiyago mwariko mwariko muragiriranira ninkoramutima womengo mwariko murakina.🎉❤,mwubahwe can
Hama mwubahwe cyane murashoboye kwl non yoba yahereye haryanyene igeze non Hama ndabakunda cyane
Film iraryoshe. Numerien komeza twizere ko n iyindi film uzobikora neza. Abakinyi mwese mwakire ayanyu mashurwe
Courage vraiment
Kwl nyene ejo narinziko mwaduhaye iyindi😂 episode ariko nanje ndashaka kuja muri team warubizi❤🙏🙏
Ikiyago cari kiryoshe kabisa n'ubwo mutaduhaye Episode yacu, gusa ikoryoshe nuko tubakunda natwe.🔥🔥🔥🔥
Courage musore nukuri urashoboye komerezaho imbere niheza ❤❤❤❤❤❤❤❤Rujiyorushatse hejuru 💪💪💪
Waaao ikiganiro ciza none yahez film
Bash ndababwir ndakund umukiny Cadeau lavine muvyumv vrt.
😂😂😂 Ange uranyishe ati Chris yagusunikanye ibiguvu hamw ubabara atarivyo kwigirisha
Patrick ntamukunzi afise nivyo.kubera muri ingaruka yakwegana nuwariwe wese 😂😂😂😂
Rujiyorushatse mwaradutindiye mushireko agatege module ep zikurikiraho
Ibintu biriko biragenda nez mug murik muteb kuzana ubuc busigay mug❤
Ndabakunda caneeeeeee ❤️🌼🥀🌷💪
Ni ukur flm zany turazikund.natw turifuz ko mwazadushyir mur graup yany tukajy dukinan
Narinjeniruka nibaza episod9 koyasohotse muga muraryoheye kwikikiganiro😂😂😂😂😂😂😂ndabikundira murashoboye murintwari mwubahwe ngo CLIS ngwaterura Akanduga Akakajugunyisha Akabokokamwe😂😂😂😅😅😅😅muganyene urikuramuraba nukuri nicugazo cliss nimwirambire courage gusa muyitunyarukirize murabantubacu kunyigishonziza♥️♥️♥️♥️♥️🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Courrage frere
Numerille courage warakoze kubadugana iwacu gitega
Bubahwe vrmnt aho ntubeshe couragent ❤❤
Ange uriye akanuma patrick.tubwire akantu akwongoreye😂😂😂
Ange naze ndamusohokane kwiyo nkoko😅😅
Ndabashimiy cn ukuntu mwatguy iyo film yanyu nukuri narabakunz cn knd gs erci n'a ange mwubahw ange namushimy pe
Uwufise talent yobaronka gute!!?
Emission ya bien nahonyne mwatunezerej nah itasohotse nibi vyar bikenewe🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Komez umwuga muterintambwe ❤❤❤
Ndabikundira cane mukomeze caaane!! Hama uwomwanditsi nawe nakomere cane! Mubandanye muturyohera!!!❤❤❤😅
Kure cane hashoboka niho mbifurije gushka 🎉❤
Courage kand Ndiho abajimber kuko ndigishw cn kwiz films zany mukomez inyigish ❤❤
Mukomeze Kujambere
❤❤❤❤❤❤ ndabakunda cane🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Murakoze kunteramisha mwese❤❤❤❤
Nukuri mukinaneza cane.courage
Je vous encourage fort
Nukuri ndabashimiye Murazi gukina neza kandi mukinanira ibibaho ndabateye intege mubandanye uduha izidi filme
Noe turetse ivya film cadeau ntakundana na Patrick ?
Mwubahwe can Bantu banje mwabikoze neza
Bro courage kbx kayanza hejuru cane 🎉🎉ham team ya warubizi mbakunda kubi🔥🔥🔥
Uwo akunda gushwanaaaaaaa hahahah but kudos we are pround to hear from you vraiment film ndundi tubarinyuma naho tudahar
Mes Chers Amies nukuri icokiyago cari kiryosh caaaane knd peeee kubwanj ndab❤️❤️ Kure caaane niho mbipfurije kugera
Muranyish ndabakund cn indwiniher mutwik❤
Mwubahwe kbisaa
Gira vuba musohore next episode turayinyotewe
Hello I love this season very much courage from USA 🇺🇸
Nanj njendirukang nagirang murarekuye 😂😂😂😂😂😂
Nonex episode irihe? Muriko mwikuraho ikizere
Nikiyago cari gikenew vrt🎉🎉🎉 ndab❤❤❤❤
Ndagushigikiye ivyo kugwara urukundo ntibibaho
❤ndabakunda hm mudutey inkuru yabarwar urukundo ncanibuka cas yambayeko, guys ivyobintu nanj ndabifiseko ikibazo😢 vyukuri ingwara yurukubdo Ibaho ??? Hm nkurikij ivyamvayeko vraiment narandits true story munkundiy noyibaha igakinwa
Siga numéro yawe canke wandike kuri 79190650
None KO uwitwwa Claude atarimwo
Murakoze canekukiyago mwaduhay catesa ❤❤❤❤
Courage ❤❤
Courage ahubwo murashoboye mwese ❤❤❤
Ikikiganiro nukuri cari kiryosh xana ndakirevy cose
Muranezereye can pe muhezagigwe
Je vous encourage mes frères et sœurs
Vyari bitesa😂😂😂😂😂 ndabakunda cane murantwengeje😂 mwese ndabakundaa❤❤❤❤❤ warubizi courage hejuru cane
Gus Patrick ndagukunda
Nanje numva nshak gukinana na ange p kuko ndamukunda
Mubikora neza ndabakunda mubandanye gutera imbere
Je vous encourage❤❤❤❤❤
Mes favorables acteurs des films ndundi je vous prie d'ajouter la neuvième partie de Rujiyorushaka car nous avons l'envie
Nanj nkaba ndahageze mubambere from mama cheiilla 0fficial ❤❤❤❤❤❤❤
Mwabikoze nez mwubahwe mwese
Oyaaa nimunyaruts njendiruk kur youtube ngo mwayishizeko nugufungura narimpevy ngo mwayishizeko gus ndabaku❤❤❤❤❤❤
Naje ndirukanga ngira ngo muraduhaye igice gikurikira ariko nta ribi vyose tuba tubikeney so courage 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
😂😂😂
None nanje ko nshaka gukina film ariko nkabura uko ndabigenza nzoze gukina? Please munyishure muzoba mukoze🙏🙏❤❤❤❤
Siga numéro zawe ngaha
Mukina neza. Courage!
None Nanje Mzoshilemwo
Ndabakunda caneew mwavyitwqyemwo nez
Jew elisi ndi ange twoca twiruka kwer
Cadeau ubereye kuba journaliste
Ikiganiro car sawa
Sije mbonye ndavuy gusenga ng nshike ndayirabe Noé ntirajako 😢😢😂😂😂
Ng ntayo baduha uyumusi 😢
❤❤❤❤❤❤ nukur nimwubawe can
Kandi. Muratewe intege kbx
Welcome twari tugukumbuye abaza nyuma musings link muratwishije umunoha nimurekure nn❤❤🎉🎉🎉🎉
Courage mukina neza uwomwandits arashoboy
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Terimbere kumpanozanyu mwaranyubatse pe
None rujiyorushatse yaraheze??😊😊
Nukur mwubahwe nukuriii
Ok, mukina neza murashoboye peeeee.
Rujiyo rushatse courraje❤❤❤
Warubizi hejuru❤❤❤❤❤
Imana ibandanye ibahezagira
Murabe munyarutse
Uwo muvukanyi iyompano yaraibundanye terimbere mutama kugira ugerekure cane numerien
Sivyiz urazingene muguma mutwicisha umunoho
Murakozekukiganiro vyaribitesa❤
Courage vmnt urashoboye
Wow nice ✅️
Kur can vrt nih mbipfurij ndabakund nkakund nibikogw vyany
Jeho nagira ngo niyo,uwo munyakayanza yubahwe
Courage🎉🎉❤
Nivyo mwarimuzanye kumbe indwi yose mwarabonyeko tubakunda kWeri

Courage musore nukuri urashoboye komerezaho imbere niheza ❤❤❤❤❤❤❤❤
Rujiyorushatse hejuru 💪💪💪