Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Nkunda frm zanyu cyane nitwa Sonia nzirebera iwacu irwanda ndabakunda cyn
Ishari amajwi!!!
Mwaramutse neza. Nukuri mutubabarire kukibazo kijanye n'amajwi, turakizi kandi ntikizosubira tubasavye mudutahure. Rimwe na rimwe har'igihe aba arimvo zitatuvuyeko kuko muraziko igikorwa gikorwa na benshi bitagenda nkuko tuba tubishaka. Ariko tugiye kugerageza kubitorera umuti. Murakoze.
Abakunzi bantaho yagiye tumeny❤❤
Hejuru cne
Wawooo mukina neza kbsa. Ndabasuhuje cyane nitwa umutoni diane ndi Kigali Rwanda. Ndabakunze cyane❤❤🎉🎉
We love you more
Munyaruts ❤❤❤
Ndabakunda ukuntumutwitahomukinaneza vrm
Ndabakunda courage
Yaaayayayayaya 🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ntimuzoze muradutebereza turabakunda
🥰🥰🥰🥰🥰waoooo inyigisho muduha ziratwubaka
Wow film nziz mukosor harih ahatumvikan amajwi murab muhakorerk
Ndabakundacyane cyanecya ni Ruth murwanda
Iki gice muzorabe mugitunganye neza haraho amajwi atumvikana neza. Muzoba mukoze nimwabitunganya. Nayo ireresi ISHARI ije kutwigisha pe.
🌷🌷🌷🌷🌹🌹🌹🌹turabakunda komeza mubikora nezaaaa👊👊👊👊👊💪💪💪💪💪
Mukina neza.arik icahishijwe mwarayivevye hamwe ningingo séries.muziduhe pee
👏💪
Ishari kubwanyu kubwacu💑
Ndabakunda ❤❤❤💖✨✨💞🥰😋😻😽❤️
Mwari mukumbuwe kabisa icombemerera muzana ibiryoshepe gusa amajwi azaracika sinzimpamvu Hama bra ine azaradukajwi avuga bukbk
Ndababaye kuba #Mutoni yakinye ari umunyeshari,...
Kabisa murashoboy canee,amajwi murab muyareger biz birimvikana mukomere mutunyarukirize iguch gikwirikira
Ababonak iyiserie igiye kuhatwika🔥🔥🔥mumpe link ♥✨❤
Iyo rôle uyo mu mère yakinye irabishe yogupfa arigutanga ubuzima
Ngumuhinga wogukiringwara ayikinga itaraza much respect ❤❤ mukosore harimwo uduce atamajwi asohoka
Courage vrt ark amajui arik abigenz nabii
Abo twabony kumwe séries ishari nshasha mumpe utu liké♥️♥️♥️♥️
Guys abacerew nkanje bari murukundo n'ishari series mumpe like tuhatwike💃💃💃courage ♥️♥️🙏
🎉mukosore Amakosa yamajwi vrmt. Ibindi nisawa
Ark haraho bagera amajwi ntiyumvikane neza ubundi twayikunze mukomeze mudushimishe pe
Amajwi kwl Amédée dukosorere BMT hejuru cne❤❤🎉🎉🎉
Umuhinga wogukira indwara arayikinga itaraza iryo jambo niryo pe🙏🙏
Ayo majw muyakosoreee hm courage🥰🥰🥰
Courag bantu banje ndabemera nukuri❤❤
Amajwi please nukuyakosora ubundi serie ni frsh sanaa
Faith Over Fear like it.
Warubizi nimwakire amashurwe yanyu ndabakunda ariko mudukosorere amajwi biracikagurika 🥀🥀🥀🥀🥀🌹🌹🌹🌹🌹🌷🌷🌷🌷🌷🌷🌷🥀🥀🥀🥀🥀🌹🌹🌹🌹🌹
Nwakoze cane kandi iraryoshe Gusa muzodufanye mugire neza amajwi haraho biza biracika thanks l live in Australia 🇦🇺
Ubukurikira muzodukosorere amajwi
Serie imeze neza ariko sound muzokosore hama courage murashoboye
Courage is nice filamu
Mbafana byindani from 🇷🇼
Courage bimeze neza tugumana akayabagu
Mukina neza ndabakund cane courage
Much love
Wau flm nziz cn
Mudukosorere amajwi hm courage🎉🎉🎉🎉🎉 tubarinyuma
Amajwi aza arikupa
Mwubahweeeee
Twongere turabakunda ,
Manshalla Ishari Ndabona Izoryoha Kukw Iteguye Neza Cane❤❤❤❤❤ Ongera Sana Team Much Love Guys ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ubwo nanj nkaba ndahageze from maman cheiilla 0fficial ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Amajwiii 😮 agakino niko kararyoshe
Yoooo pole sana urabuze umukunzi abaduteguriye ishari mwubahwe iyi film iratwika 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥❤️❤️❤️❤️❤️❤️🎉🎉🎉🇧🇮🇧🇮turabakurikirana cane I Zambia
😊😊nivyizaou
Kontanguye kurira basha😢😢😢 irateye intimba😭😭
ishari iramar mwubahwe
Naho natevye kuyiraba abazoza nyuma mundemere like❤❤❤👍👍👍👍👍
Iyi film inyibukije IBise abamama bubahwe ndabakunda abarundi cyane nge ndumunyarwanda
Turabakunda❤ courage
Hariho ahantu amajwi atarimo kumvikana mudukosorere kbs!!
Ishari
Film ninziza muga mukosore harahantu bitavuga mushiremwo amajwi ahantu hose
Tuyirindiranye igishika irimwo abakinye nikundira❤️🙏🙏 ejo Aho bukera twirabire series shasha Ishari🎉🎉🎉
Yooooo Amédée amajwi ntiyumvikana 🙆♀️🙆♀️🙆♀️🙆♀️
Raba wongereze
Akakantu kamajwi agakosore ntigasubire
Kedje nawe yayibonye ni nziza kabisa/!
Nikeza courage arik mukemure akabazo kamajwi
Nkaba nahashist. Nub nacerew ishari hejur Can habah inyigish urimw numv mbakunz ❤❤❤mushikar kuduherez tuhatwik 💪💪💪💪
Yooooooooo ishari shaaaa ndarize nukurii😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
Cycy naw yahinduye maman🤣 much Love♥️😍
Amajwiiii wp
Film nziza pe 🎉
Kobitumvikana
Courage ariko musubiremwo amajwi harivyo tutumvise🥰🥰🥰♥️♥️
Courage , imbere ni heza 🔥🙌🙌🇧🇮i m proud of this burundian movie
Muzohinyanyure ikibazo c'amajwi kugira bikomeze kugenda neza
iyo yoyo irarenze kwr irimwo inyigisho nyinshiiii kbs❤❤❤❤turabakunda cane
Amajwiii aracika cika haraho bitavuga😢
Mimindagukundacaaaaane uvyumve
Ndabon bientôt bitaza kworohaaa
Ishari karibu twar dushak umusi ugere 😅😅😅❤❤❤❤
Brian iyihus ivyar ibihumyeeeKevin akagumy bagumako ariko akanz urahebaaaa ... Am in love nishari courage nyish can uburund kure can hejuru hashobokaaa and check sounds plz...
Wawoooo uyu musi na ndawiteze ndabakunda
Vyiza cane bantu banje
Iyi film izoba irimwo inyigisho kbx
Yooo mbeg ishar nukur 🎉🎉🎉🎉❤❤❤ hejur cane amajwi murab
Waoooo karibu sana mudutwikire🎉🎉
Waaaooo abakinyi babishoboye gusa
Film iratesa arko mukosore amajwi aho aza aracika!! we love youuu 💋💋
Ahwiiiiiii ishari 😂😂😂ngira nyanyagize iyi reresi mubanyeshari 😂😂😂😂😂
😂😂 courage mpak ribhezemw
Uwa 1 mwubahwe ndabakunda cn
Turabakundacane mukinaneza
Welcome série ishari ,💕💋💋💋💖💖💖 WE love us💕💋💋
Sha iwanje amajwi harho agenda aracika
Ayomajwi nooo muakosore
Love u🥰
Much respect, Much Love from Joyful Image Company, mubikora neza courage
Amajwi niiooo
Iryosh kumwanya wambere ntitugiy kuyikira😅😅muze muratunyarukiriza ndabasavy🙏
Série ISHARI tuyirindiranye igishika cinshi cane.
❤❤courage p
Nkunda frm zanyu cyane nitwa Sonia nzirebera iwacu irwanda ndabakunda cyn
Ishari amajwi!!!
Mwaramutse neza.
Nukuri mutubabarire kukibazo kijanye n'amajwi, turakizi kandi ntikizosubira tubasavye mudutahure. Rimwe na rimwe har'igihe aba arimvo zitatuvuyeko kuko muraziko igikorwa gikorwa na benshi bitagenda nkuko tuba tubishaka. Ariko tugiye kugerageza kubitorera umuti. Murakoze.

Brian iyihus ivyar ibihumyeee
Kevin akagumy bagumako ariko akanz urahebaaaa ... Am in love nishari courage nyish can uburund kure can hejuru hashobokaaa and check sounds plz...