Wouw! Nivyiza cane! May she live longer with God's blessings upon her and her family. I really love this family ! Narakunda cane HE Nkurunziza caneee! Aruhukire mu mahoro.
Madame be blessed. Happy birthday 💙🍇💖🇺🇸 nilifurahi kwa mpokea YESU. Hata mukajenga Church. MUNGU akupiganie kwa mume kutuacha my Condolences to you and your family. basi kwa imani sote tuonane paradise Amen. 🔥🔥💥💖
Ushishikare muvyeyi wacu guhezagirwa Imana ikuturindire🙏🙏🙏🙏🙏
Isabukuru nziza mama buntu, abarundi ndabakunda cane murabantu beza buzuye umutima w'urukundo
Ndakunda uyomuvyeyi uhoraho amuzigame
Ndagukunda cyane!! Bilated happy birthday Denise Nkurunziza!! May you keep the annointing as you serve God!
Hbb to you my mother in burundii turagukund cane Imana ikomeze kukuzigama🇧🇮🇧🇮💯
ISABUKURU NZIZA MME DENISE NKURUNZIZA BUCUMI 🎂💐🍹❤🕊IMANA IKOMEZE IGUHEZAGIRE🙏🙏🙏Nanjye navutse le1/12👍👍👍
Mwarahezagiwe n' Imana Muvyeyi wacu. Umukama abahe kuramba no kuroranirwa.
Urumuvyeyi mwiiiizaaaaa nkuuuuundaaaa! Ndishimye cane kubona annif yanyu muvyeyi!Imana ibandanye ikongera igusiga amavuta yayo!!!!hezagirwa Maman Burundi!!!😍😚
Mubyeyi mwiza,Isabukuru Nziza... Imana Yera Yo Mu ijuru Ikomeze kukwishimira.
Imana ikongere imwaka kuyufise Ishaallah
we love you sooooo much Mommy ohoooo may God keep you safe always ♥️💞💯👍💗🥰🎂🙏 your a great Maman
Imana ikomeze kumuhinkomezi zokubandanya atezimbere igihugu muri vyose cane cane mugufasha abatishoboye eka ni maman Buntu koko
Happy birthday 🎂🎁
Muvyeyi Mwiza IMANA Ikuzigame
Isabukuru nziza mama mwiza lmana ikomeze ikongerere imigisha myishi Nyagasani akongerere kurama ndagukunda cyane from moz
Joyeux Annif muvyeyi. Imana ibandanye kukugirira neza, iguha inkomezi, ibandanye yogerereza kurukundo ufise. Hezagigwa mu vyeyi.
Isabukuru nziza maman wirambire muvyeyi ndashimiye abateguye iyo surprise Yesu abahe umugisha!
Imana ibandanye igukomeze Mukozi w,Imana.
Iman ikonger imyak yokubah mama kand imvur yimigish ikunyagir muvyey wacu
Joyeux Anniversaire Mamy Denise UWIMANA, felicitations du 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🥰😘
Ese uzaza ryari kutwigisha ijambo ry Imana...
Denise naje ndayikwifurije urumuvyeyi imana ishishikare kukuzigama💕💕💕
Joyeux anniversaire maman nukuri Imana ikomeze kukunezereza ndagukunda urumuvyeyi w'ikigongwe yuzuye urukundo uhezagirwe n'abawe
Wow Maman Burundi 🇧🇮 turagukunda Imana iguhe kuramba imyaka2756899885434578898644467788999975543223456777888999
Isabukuru nziza MUVYEYI IMANA iguhe kuramba vy'amagara meza ikirengeye vyose izogushitse mw'ijuru MAMA BURUNDI
imana ishishikare ibana nawe muribyos nahos no bana bawe 🙏🙏 turagukunda mubyeyi wumuhisi st.. pierre nkurunziza
N'ubwo vyarenganye,nanje sinogenda ntavuze ko uwo muvyeyi ndamukunda. Imana imuhe kuramba no kuzobona ivy'ibikorwa vyiza yakoreye mw'isi,n'agera mw'ijuru!
Hbd to you Maman Buntu Ndiho akomeze kukuzigamira mubuntu bwiwe👐👐
Wouw! Nivyiza cane! May she live longer with God's blessings upon her and her family. I really love this family ! Narakunda cane HE Nkurunziza caneee! Aruhukire mu mahoro.
Imana ikongere umugisha urumuvyeyi wakaroruhore turagukunda
Maman UHORAHO IMANA YACU AKUZIGAME, AKUGIRIRE NEZA , UKWO UYISENGA IJORO N'UMUTAGA NAYO NTIZOGUTETEREZA , SHIKAMA USHIZE AMANGA!
Madame be blessed. Happy birthday 💙🍇💖🇺🇸 nilifurahi kwa mpokea YESU. Hata mukajenga Church. MUNGU akupiganie kwa mume kutuacha my Condolences to you and your family. basi kwa imani sote tuonane paradise Amen. 🔥🔥💥💖
HBD M'y Queen Burundi Ur Wagaciro Cne Iman IGUHAZ Kurambe Mam wacu
Vyukuri uyumuvyeyi Imana imuhe umugisha cane.aratwigisha ubutumwa bwuza
Tumwipfurij kuramba umuvyeyi wacu dukunda NDIHO abandany kuguzigama.
Joyeux anniversaire à notre maman 🎂🎂🎂🎂❤❤❤
Waoooo isabukuru nziza Maman❤❤❤❤❤
Imana ishishikare kumuhinkomenzi mugikorwa c'Imana
Isabukuru nzinza mubyeyi ndagukunda ♥️♥️♥️👌👌
Happy vuka Maman Burundi🇧🇮💪🍾🥂🍽🎂🍼
Happy birthday to our mom ❤️🌺💐🌲🌹🥀🌺🌻🌸 Denise Bucumi Nkurunziza' may you live longer like Abraham' enjoy your day mumy ♥️.
Turamukunda cane, uwo numuvyeyi mwiza cane.
Niwirambire maman buntu.ndakwifurije iyindi anif nkiyi imyaka irenga
Ndagukunda maman Buntu urumugisha w'amahanga
Waaaooo.HBD Muvyeyi.thx Isaac Tv
waouh turagukunda cane gloire à Dieu
Hezagirwa Maman uruwakarorero mugihugu cacu ndagukunda
Imana ikwongere iyindi myaka nkiyo.ntakabi kawe.
Happy birthday 🎂 Maman wuburundi 😘😘😘😘😘 ❤️❤️❤️❤️❤️❤️
???? Manan w'uburundi? Reka Basha nimube muvugisha ukuri nivyo nkurunziza yakoreye igihugu cacu barikumwe ntiyamire. Nimwige kuvugisha ukuri niho igihugu kizotera imbere. Iciza kivurwe uko Kiri,bikini kivurwe uko nyene.
Happy birthday mama Burundi
Joyeux anniversaire maman Burundi imana iguhe kuramba kandi usengere igihugu cacu
Happy birthday mother we love you honey 🌹♥️🎂🎈🥰♥️🌹💯💞
Happy birthday to you Maman Nkuruziza 🎂🎂❤️
Happy birthday to you Mama Denise 😘 ❤ 💓 God bless you 🙏
Umunsi mwiza wamavuko mubyeyi mwiza nkunda uwiteka akuzigamire ubuzima mama 🥰🤱🏽🥰❤️
Umusimwiza wamavuko maman Burundi/Buntu.
HBD Mamy💕💕💕wirambire imyaka100000000000000
Iy myak nimyish yib yatanguy kugiran🤣🤣🤣 kuramb cne navy nyen sivyiz
@@raissafabien4285 nivyiza wang
Imana ibahe umugisha
Mama Burundi Imana ibandanye kukuzigama no kuguhezagira
Uricyi tegererezo mubabyeyi! Gukunda Imana,guca bugufi, gukunda abaciye bugufi, ibyobyose uwiteka ukorera azaguhaze uburame. Ndagukunda mubyeyi mwiza.
Vyiza nezerwa muvyeyi
Happy birthday mama buntu tugukunda turibeshyi nukuri pe
Uri umu Mama wakarorero Imana ikuzigame na bawe
Joyeux anniversaire ma sœur en Jésus Christ
Happy birthday 🎂 too you mama african
Girumugisha muvyeyi lmana ikomeze ikuzigame
Imana igukomeze muvyeyi wabarundi
Happy birthday mama
Happy birthday to the beautiful woman. You deserve the best
Happy birthday to you my Queen 🎂🥂🍾
Mama buntu komeza kutindwa na Rugira vyose
Imana ikurinde numuryangowose urabereyijishope
Ndamukunda uyo muvyeyi niyirambire
Felicitations muvyiyi wubahwe🤸♀️🤸♀️🤸♀️💃💃💃💃🤼♂️🤼♂️🤼♂️🤼♂️🤼♂️💃💃💃💃
Imana ishishikare Ikuzigama muvyeyi wacu.
nduwimana arice isabukuru nziza mama mwiza wigihugu cacu💝🇧🇮🇧🇮🇧🇮💋♥️🍇🍌🍉🍓🌹🌹🌹🌹🌹⚘⚘⚘🌷🌷🌷
Isabukuru nziza mama I love you so much
Hama Maman wanje ndi wamukadogo mwagendanye umwaka uraho uja kurondera mutama.
Umu Maman mwiza cane bandana ubaho muvyeyi
From 🇧🇮 Saudia happy birthday mam 🙏
HBD mama ❤️❤️❤️
Isabukuru nziza Muvyeyi
Wirambire sha Imana igukomeze
Joyeux annif maman
HBD maman Burundi
Yubahwe mama Burundi 🇧🇮 ❤
Isabukuru nziza muvyeyi❤️
Irambir muvyey ahomwarikuntwar ntacabur mugihug😂😂😂❤❤❤❤
Isabukuru nziza MN ndagukunda
Imana imugirire nez
God be with u can waiting to see u live forever
yoooo nivyiza cane💋💋💋niwirambire muvyeyi
Happy birthday to you my queen 🎂🍰
😘😘😘Imana ikurinde Maman Bndi
Nanje ndamukunda uyo muvyeyi
Ndamukunda
Isabukuru aziza mamy
Isabukuru nziza maman burundi
Happy birthday to her ❤❤🎉🎉
Niwirambire muvyeyi turagukunda
Happy birthday to our mama Burundi
Imana ikunzigamire muvyeyi
Ntakundi cane uno muvyeyi
Muvyiy wirambir kumus mukur bakungiriy benedat
❤❤❤❤Mme Denise Nkurunziza