Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Imana iguhe umugisha mamabuntu
Warakoze,kutwibutsa ko,dukwiye kwitakwiherezo ryacu,Imana igukomeze.
😮😢
Imana ibandany imuhisha mubwami bway twamwikundira
Pole chr Denyse ukomeze wubahe Imana
Mama wajye komeza wihangane kuko lmana yakwemeye
Rose wivanemwo urwo rwanko rwa kuboshe umuvyeyi nkawe ivyuvuga urengeranye navyo
Nukuri Imanihsimwe abarudi nabayarwanda turumwe
IMANA ishimwe
Ndagukunda kbs
Thanks so much again man of God
Imanikumpezagirire muvyeyi
Mukomere cyaneee
Uko nukuri mubyeyi komera kurugamba uzamubona kumunsi wumuzuko
Wirambire pee
Twarabuze intwari
Indirimbo zimana
Ivyuguhemukigwa bizi uwahemukiw
Sawa
Isaïe 42:1-8
Uravuga make rose . guko uri kwisi ,uyo nawe uriko ucira urubanza yariruhukiye.ntugacire urubanza mugenzawe(uriko ucumura)
Gusa kumwenyurir uwapfuy sivyiza
Ok
Wihangane Mm Buntu.
Rocky
😅😅😅😅
Ngira azogarukada
👩👩👦👦
Yarahemukiye Igihugu kukoYishe benshi cane Rero ivyo Kubesha nabireke Yongere arabe imbabazi Impfuvyi AbapfakaziImpunzi Abapfunzwe bose bari mu magogwa kubera Ubukozi bw Ikibi co Ku Ntwaro ya Nkurunziza Petero
Ntuvyoroshe
Mbega rose abantu bamuzi ari kwis mubo yishe. Naww urimw???naw e'rurakubna
Yongere asabe Ikigongwe Abarundi kwizina et Umugabo Wiwe kumabi yakoreye Abarundi
Wamugorew bawitonda kunvuga yarakuye uzobakuray abantu mwese atacomumaze nukunduza umunwa vugamake uzobazwe make nkuwokubaza waramufashe amafot arikukwicira abawe bamwitonda bizobafasha
Nizigo nishari umufitiye kuba yiberey muvyiza wewe atabowishe uraba imyak 100 kwisi ndabe bawitonda apana gutoboka sivyiza
Imana iguhe umugisha mamabuntu
Warakoze,kutwibutsa ko,dukwiye kwitakwiherezo ryacu,Imana igukomeze.
😮😢
Imana ibandany imuhisha mubwami bway twamwikundira
Pole chr Denyse ukomeze wubahe Imana
Mama wajye komeza wihangane kuko lmana yakwemeye
Rose wivanemwo urwo rwanko rwa kuboshe umuvyeyi nkawe ivyuvuga urengeranye navyo
Nukuri Imanihsimwe abarudi nabayarwanda turumwe
IMANA ishimwe
Ndagukunda kbs
Thanks so much again man of God
Imanikumpezagirire muvyeyi
Mukomere cyaneee
Uko nukuri mubyeyi komera kurugamba uzamubona kumunsi wumuzuko
Wirambire pee
Twarabuze intwari
Indirimbo zimana
Ivyuguhemukigwa bizi uwahemukiw
Sawa
Isaïe 42:1-8
Uravuga make rose . guko uri kwisi ,uyo nawe uriko ucira urubanza yariruhukiye.ntugacire urubanza mugenzawe(uriko ucumura)
Gusa kumwenyurir uwapfuy sivyiza
Ok
Wihangane Mm Buntu.
Rocky
😅😅😅😅
Ngira azogarukada
👩👩👦👦
Yarahemukiye Igihugu kuko
Yishe benshi cane Rero ivyo
Kubesha nabireke Yongere arabe imbabazi Impfuvyi Abapfakazi
Impunzi Abapfunzwe bose bari mu magogwa kubera Ubukozi bw Ikibi co Ku Ntwaro ya Nkurunziza Petero
Ntuvyoroshe
Mbega rose abantu bamuzi ari kwis mubo yishe. Naww urimw???naw e'rurakubna
Yongere asabe Ikigongwe Abarundi kwizina et Umugabo
Wiwe kumabi yakoreye Abarundi