Wa mukobwa we, urarenze! Usa na si. Uri incabwenge. Ndakunze cane iki kiganiro ugiranye na so. So wawe est de ma génération. Il est bon. Ni umu nya kamenge akwije ivya ngombwa. Ton père est discret. Aduhaye témoignage y’umugabo des années 80. Yubahwe!!! Ndakengurutse
Papa wawe ni sage cane. Ntukarakare bakubwiye ko uri Rwandaise. Le Rwanda nigihugu cawe kandi you are welcome. Twe turakora ntamwanya wubusutwa ninzangano tugira
Woooooowww 😘☺️☺️ese ikiganiro ciza c’intahe ya papa @Hosy Irakoze,gusa vyari biteye agahinda kubona wabuze mama wawe hakiri kare 😢,Komera @Hosy Irakoze 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🫶🏿🫶🏿🫶🏿Imana izoguhezagira na vyinshi,Love from Sweden 🇸🇪
Uwu mu papa vrt,ara boostinze gusubira guhanga amaso imana dans nos soucis et dans nos peurs Juste compter sur l’amour et la faveur de l’eternel May God bless you Papa Hosy
Hosy Uzi ko nagukundaga nkaba ndushijeho imiryango yacu yo murwanda mubice bya Butare na Gikongoro bahungiye Burundi wasanga Uri mubyara wanjye amaraso aba yakuturanye great love from Kigali
Jewe nta Papa mfise kandi yagiye nkimukeneye ariko ndagize umunezero kubwa Hosy na Papa wiwe, ikiganiro nagikunze caneeee❤❤ ibisigaye murambane nukuri,
Ma cherie Osy BA ushima Imana kubona uvanze Ubwo bukerebutsi, uko kuba utinyuka Ubikesha abanyarwanda❤ Abagutuka bo barabaza abarundi Baba mu Rwanda bazobabwira ukuri
Mwiriwe bakunzi bacu❤️
Ikiganiro “My Journey” mwakibonye gute? Harico mwoba mwacigiyemwo?
Mutubwire muma commentaire🙏🏽
Kiganiro kiraryoshe cane💖 j ai beaucoup de larme au Yeux😢 keep it up Hosy😍 hama urondere umu cheri Papa😂😅
Icambere nize nukwisanzura kumuvyeyi kutamutinya ariko unamwubaha hosy ❤❤❤❤❤❤
Papa wawe yomatanye na YESU CHRISTO 🙏❤❤❤❤❤❤
You are smoothly adorable guys. For really nakunze ikiganiro vraiment cari full of love and compassion
May God bless y'all family and y'all show.
Mbega umukobwa asa na se !!!! Physiquement mutandukaniye ku gitsina gusa!!!
Whoooooo umunyakaramakaziiii shaaa Abanyakarama turibezaaà vmt.
Mwagize neza kumushimira akiriho, mukabimubwira uwo munezero mumuhaye ntakiwuruta. Niyitahira muzoshake mwihorere. Good job guys. Surtout Hosy keep shining ❤❤❤
Abantu mukunda SVT n’ibiganiro vyayo mumpe Like! ❤🎉😂
🫶🏾🫶🏾🫶🏾🫶🏾❤️❤️❤️🫂🫂
Ahubw uwomukobwa atumy ndaba tv zuburundi nahora ntamenya inkuru nimw yuburundi atumy nsubira kubaza ivyaho pe
Yuuuuu Hosy Vrm uratesa saaaaana vrm un Papa formidable vrm amashugwe yawe bayaguhe ukihari Muvyeyi mwiza umuvyeyi wumunyakuri wumusenzi biryoshe caaane kuregwa numuvyeyi nkuwo vrm araryoshe muzohorane nawe Uwiteka akomez kumurinda mur vyose mur vyooose nukur numv ndamukunz cane❤❤❤
Kubona ufise umuvyeyi akijijwe kandi yakiriye Yesu nk'umwami n'umukiza ni vy'agaciro. Bikubere Exemple nyamukuru m'ubuzima bwawe. Impuzu wambara, ubuzima ubayeho, ibiganiro ugira vyose biheshe icubahiro Yesu Kristo; uzoba umunezereje nawe nk'umuvyeyi
Wow Hosy jewe n, iryambere ngize commentaire. Nukuri ndakunze ikiganiro camwe n'a Papa wawe. Ni umuvyeyi mwiza biragaragara. Nk,umuvyeyi n,abigiyeko vyinshi. Ugire umugisha mu bikorwa vyawe❤❤❤
Wa mukobwa we, urarenze! Usa na si. Uri incabwenge. Ndakunze cane iki kiganiro ugiranye na so. So wawe est de ma génération. Il est bon. Ni umu nya kamenge akwije ivya ngombwa. Ton père est discret. Aduhaye témoignage y’umugabo des années 80. Yubahwe!!! Ndakengurutse
Papa wawe ni sage cane. Ntukarakare bakubwiye ko uri Rwandaise. Le Rwanda nigihugu cawe kandi you are welcome. Twe turakora ntamwanya wubusutwa ninzangano tugira
Ndarize nukuri 😢😢😢 mbega umuvyeyi mwiza cane , mbega umu papa wakarorero , nkunze ukuntu avuga Imana aguma avuga Imana yareze abana biwe neza. Conversation yumuvyeyi numukobwa wiw iratesa . Imana igume iguhezagira cane Hosy numuryango wose muri umugisha kuritwe ukomeye ❤❤❤
Papa Hosy arakunditse cane.Biraryoshe kubona ingene yubaha umwana wiwe.Hosy mwarahezagiwe kugira umu papa mwiza nkuyo pe.Hama Imana izomwihere umugore amuhoze amarira disi❤❤❤❤❤❤❤
Hosy. Bravo. Ndaryohewe caaane kwumva témoignage de ton papa. Hosy. Ugize neza caaane. Abana bose baba bakeneye kumenya le vécu de leurs parents. Ton initiative. Ibere urumuri abavyeyi bose. Bazoze baraganira n'abana babo. Muvyerekeye kahise kabo. Kuko. Iyo ubuze umuvyeyi. Usigarana agahinda katahera. Kubera kutamenya amateka yabo. Merci infiniment Hosy ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Waaaaauuuu biraryoshe gushimira umuvyeyi akiriho naw abahesh'umugisha ameennn birahimbaye
Papa Hosy ari sage vrt.j'ai aimé la façon dont il répond aux questions😍
Kubandiko ndaraba ikikiganiro gusa, nciy nunva émotions nukuri,papa wanje Imana ikomeze kumuhaza kuramba❤aba papa bacu bubahwe👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏Hosy wakoze kumuzana uwomuvyeyi❤
Nukuri c'est un super papa,humble,doux et intelligent.
Imana imuhe umugisha pe
Whaou umuvyeyi atesa . Mugumane iyo connection h umuvyeyi numwana biraryoshe.❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Yoooh mwarahise❤Murandijije wee. Imana imuhaze uburame papa wawe kandi igume ibagirira neza nk’umuryango mwigumire mu vyiza vya Ndiho
Mbega ubupfura mbonye kuruyu mubyeyi ndanezerewe Saana Papa Hossy ni Papa speciale
Woooooowww 😘☺️☺️ese ikiganiro ciza c’intahe ya papa @Hosy Irakoze,gusa vyari biteye agahinda kubona wabuze mama wawe hakiri kare 😢,Komera @Hosy Irakoze 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🫶🏿🫶🏿🫶🏿Imana izoguhezagira na vyinshi,Love from Sweden 🇸🇪
Vraiment bravoooo mwabikoze neza cane kandi Imana Ibandanye Ihezagira umuvyeyi wanyu Ibakomereze urukundo n,ubumwe mufise hagati yanyu🎉
Conglatulation ma hosy nukuriiiu munyubwakwa nsha sha xaraye unryoheye.hama ppaa murasa sana
Burya Hosy arasacane na papa wiwe vrt wagiz nezacane kutuzanir umuvyey waw disi....t'es vraiment sage❤❤
Uwu mu papa vrt,ara boostinze gusubira guhanga amaso imana dans nos soucis et dans nos peurs
Juste compter sur l’amour et la faveur de l’eternel
May God bless you Papa Hosy
Yooh!! Urasa na Papa!! ❤❤
@hosy wowowoo what a nice show today#kugira umuvyeyi numugisha,mube mubaprofita abakobafishe#sirens vibes tera imbere
Olaaalaaa mbega umu Papa ari cool 💗nciye nkumbura my lovely Dad 🕊️🕯️ 🙌 qu'il repose en paix Papa wanje 🫂🫂🫂
Imana ikomeze kumuhurira disi🫂
Qu'il repose en paix
P Chadrack nukur numuntu mwiza Jewe ndabizi❤numu vyeyi wanje Arakundana gose Umunt wese barahuza Yaba umwana yaba uwukuze bose ameny uko abaganiriza
Congratulations hozy ama images meza aho ukorera heza cane big up siren keep progressing
Ohhhh how sweet ❤❤❤God bless you your papa's, dear Hosy...
Murandyoheye, quelles que soient les obstacles zitambitse m’ubuzima bwanyu bw’umuryango. Super!!!
Hosy!!umunyakaramakazi wacu❤❤,Nuko twimereye abahungu iwacu baba batuje nkuko kwa papa wawe urakoze cne numushitsi,hanyuma nukuzana uwo muvukana nawe mudutemwo ikiganiro kiryoshe nkiki,ugire umugisha mwiza❤❤❤❤
Yooo mbega papa hosy ndarize kubera emotion❤❤❤❤❤❤papa nu mukobwawee❤❤❤❤ yooo ndabakunze
Bravo ku kiganiro wagize hamwe n’umuvyeyi wawe ariko nagomba ndagukosore ahantu wavuze ngo nta deni umusigariyeko;ntiwoshobora kumwishura ivyo yagukoreye vyose,umwana agumana ideni ku muvyeyi wiwe. Nibaza ko washatse kuvuga ko umuhaye cadeau wari wamwemereye uzomutegurire n’ayandi menshi kandi uzomuronderere n’umu partenaire yabivugiye kuri caméra ko ari Hosy azobimufashamwo.
This Is Amazing Hosy♥️
He's such A Best Dad And You're The Best Daughter
Thank youuu🥹🥹🥹
Papa Hosy ndamukunze🥰très sage et cool👌💯
Hosy aravye papa Wiwe academy atwenga proud daughter kur papa weeee 😊😊😊😊🎉❤
Wawaaaaa umunyakaramakazi sha osy ooh tubiri bamwe wangu ndagukurikirana %terimbere mwana wiwacu
Ooooh akwiye ivyiza papa Hosy🫂 numupapa mwiza pe👌 nanje ndaryohewe🤝👏👏
Nukuri abavyeyi bubahwe amasengesho yabo aradufasha kuko twebwe usanga twifitiy integenke muvyeyi wese ahari ❤hejuru cane ❤❤
Félicitation Chère Hosy pour la bonne émission avec ton Papa. IMANA ibandanye ibagirira neza!
Yoooo muraba chou🎉🎉 abanyakarama bacu hejuru caneee❤❤❤❤❤
Ooooh! Uyu n'umugisha kuronka umu papa yubaha Imana. Ndamusabira umugisha wokuronka uwo basazana mu mahoro bakorera Imana hamwe.
De tout coeur ndanezerewe caaane. Nahora nkunda Hosy none Imana ibahezagire kugikorwa mumukoreye akibibona.
👏👏👏👏👏 karibu Papa Hosy
Nukuri Hosy thank you very much kuzana umuvyeyi jew ndakuyemwo inyigisho reka nje gufataneza umu partner wanje nabana banjeee 🎉❤🎉❤🎉
Hosy usa na papa wawe shaa urankumbuje papa wanje 😢😢😢😢shaaa uzoze ushima Imana yaguhaye umuvyeyi mwiza❤❤❤
Courage Mtama urabivuga maumivu inapanda Mungu akuwe naw mzehe 🌹❤️ rosy unaroho ngunfu we mtoto
Hosy ndagukunda pe mbega ikiganiro kiryoshe koko papa wacu urimwiza pe❤❤🎉🎉🎉🎉
Wow my brother Calaveli wa Kinama we’re very happy to see you with your daughter wow na makati yako .
Asante sana da mama Sandrine
Ooooh my goodness nongeye kubona my uncle, utumye nongera kubakumbura my cousine Hosy, say hello to my uncle ❤❤❤
Hello Cousin Yvan
@crispintuyishime6483 hello my cousin miss you so much
Urukundo rwukuri ubundi ni Papa numukobwa wiwe 🎉🎉🎉🎉
Just wooow ❤🎉
Usa na papa waw hosy❤
Oooohhh mbega ivyiza??who ikiganiro cari👌👌umuvyeyi aryshe shaaaaa,PAPA OSIANE❤😍
Waoo waoo waoo waoo vyiza cane Hosy Papa nimwiza kandi murasa ❤❤🎉🎉 abanya mwaro avec nyabihanga tumenyane 😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉
God bless you amen
👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾papa Hosy karibu iwawe chez ta fille! Love the bond between you 2!🙏🏽😍
🥹❤️
Yoooo arakunditse caneeee,lmana izomuhaze kuramba,imuhezagire cane
Hosy usa na papa kandi n umusirimu. Gusa aritonda cane. Bien éduqué kabisa il s exprime sagement
Imana ibaje imbere
Nciye Mkumbura papa Imana izimfashe umwakuhere twabonanye❤❤❤❤❤❤
Yiiiooo😂😂hosy papa wawe aratuvuze abanyakarama Nuko twimerey😂😂
Iyo studio bagabo😮sinovugira hejuru 🎉🎉 🎉rek nirabire ikiganiro
Hosy nahora ndagukunda ubuho utuzaniye umuvyeyi wawe birarenze nukuri mufise umuvyeyi mwiza ararenze Imama imuhe umugisha
Yoo ! Aga famille keza❤ Papa Hosy yubahwe 🎉🎉🎉
Abanyakaramakazi tumenyane ndasavye
Turi hano 😂
Egooo vrt turahari
Tumenyane
Ego vrm
Tupo
Ohhh baby girl is glowing😍😍 all the success to you Hosy! Abansi banyike🥱🙈
Hosy ndabakunze vraiment kuba mwibutse mwe naba frères gushimira umuvyeyi akiriho apana kumpanda .Papa Hosy Imana iguhe umugisha uri exemple nziza cne
Merci kudusangiza ubuzima bwa papa🎉 bonne histoire ❤
Abanyakaramakazi 👌 oyeeeeee ♥️
Oyeee
Oyeee 😂
Oyeee
🎉❤
Hosy Uzi ko nagukundaga nkaba ndushijeho imiryango yacu yo murwanda mubice bya Butare na Gikongoro bahungiye Burundi wasanga Uri mubyara wanjye amaraso aba yakuturanye great love from Kigali
Be blessed both❤
Yoooo Hosy usa na Papa wawe shaaa❤❤❤
Ndiko ndarira😭😭ndabay touché goose kweri Imana ibakomeze
Ur’intore nk’uwakwibarutse Hosi ❤
Sha papa wawe ni mwiza, kandi aragororotse bazin yomubera
😂😂😂😂 muronderere agapasi keza uwo muvyeyi wanje, ariko wabonye ko asenga cane, ntagipfu cumugore dukeneye
Ikikiganiro niciza cane 🎉Imana ikuje imber hosy
Hosy courage and congratulations kugira umupapa mwiza cane 🤝🤝🤝🤝
So amazing❤
❤❤❤❤❤ mbeg ibiganiro ciza Imana ibahezagir sivyabose ivyo.bonye mwubahwe ❤
Abanyakarama bubahwe, Uyu mutama n'intore cane ndamukunze❤
Murambabaje baaa😢😢😢😢naho ntazi ico yararwaye nibaza kwari asthma vraiment😭😭😭😭kamamfu na bivahagumye nibo bakurikiranye mutama wanje ari bupfe 2018 nyene shaaa😢😢😢😢IMANA ibakire bagiye mwijuru
Toutes mes condoléances sha nawe ❤
Ni vyo, yarafise asthme chronique. Son médecin traitant yari Pr Kamamfu
Rosy muramugurira bazin zomubera. Ni mutoto wamujini❤❤.
Jewe nta Papa mfise kandi yagiye nkimukeneye ariko ndagize umunezero kubwa Hosy na Papa wiwe, ikiganiro nagikunze caneeee❤❤ ibisigaye murambane nukuri,
Ooh ikiganiro kiraryoshe kiri tres emotionnel,umutima ushima urahimbara Imana
kbx it was very nice
Awww🥹❤️,
Imana igume ibazigamira UMUVYEYI🙌🏾,
Ari très Spécial vrmt👌🏽!!!
Thanks elvera. Carmel
Usa naso ganani" Jah bless abanyakarama❤❤
Biraryoshe hezagirwa muvyeyi n,ikibondo hosy🥰
Waaaaa ico kiganiro kirarenze mukuryoha nta kintu kiryoshe nko kuronka akanya ko gushimira umuvyeyi❤
This is amazing Hosy feels like a therapy session between a father and a daughter 🥹 God bleds your family ❤
Reka ntore agatebe numvirize Papa Hosy.❤
Umupapa yubah Imana 🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Big up kuri production team 👍🔥 les images zisa nezaa cane !! 💯 Hosy ubongere agafanta
Merci beaucoup Hosy🙏🫂 had a good time pe!
Wouah émission iryoshe caneeeeee❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Biraryoshe hosy tu es très idéal n'abandi bagire copy i'm your fan😘
Imana ibahezagire kandi ibaje imbere
Wawoo biratesa vraiment
Ma cherie Osy
BA ushima Imana kubona uvanze
Ubwo bukerebutsi, uko kuba utinyuka
Ubikesha abanyarwanda❤
Abagutuka bo barabaza abarundi Baba mu Rwanda bazobabwira ukuri