KUBA MURI YEZU OFFICIAL VIDEO
Вставка
- Опубліковано 10 лют 2025
- Indirimbo kuba muri #Yezu iratwibutsa ko twosenga Imana yo nsa tukayikunda kurusha vyose; ikatwereka ko kugira wunge ubumwe n'Imana bisaba kuvavanura n'akabi #Mariya #Muema #Mukasa #makirikiri
Yemwe ibintu mudukorera ni vyiza. Mbega umuntu yipfuza kubaterera yobigenza gute???
Birakunda rondera 69690957
Yarabatoranije inema ziwe birahimbaye
Kwibera muri yezu birahimbay ❤❤❤❤
YEZU abahezagire azabaronse iherezo ryiza
Amabwirizwa yimana nakaranduramutima😂😂😂🎉❤❤❤❤
Mbegivyiza weeeee iyindirimbo iranyemeje pe mwubahwe cane Umukama abahezagir cane
Imana ibanjimbere kubutumwa bwiza mutanga
Turabakeje cane kand mukomere 👏🏼👏🏼
❤❤nezaaaaaaazaz
Mwibere Muri yezu kbs
Yimho nzuli mno
Hmmm ! Nta vyinshi novuga, ariko Hezagirwa bane b'lmana, indirombo nziza cane
Mbakwirikirana gatanu kuri gatanu Yezu abakomeze cane indirimbo nziza kandi namasanamu arabona neza courage
Murakoze
Komera kumuheto
Numunezero kuba muri Yezu mukomere cane ndabakunda
Amen
Muririmba neza,
Mubandanye Imana Ibagure caane
Mukomere mukwemera ndiho abandanye kubazigama nokumenyesha inkurunzira
Umukama ashishikare abajimbere
Murarenze walah
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage ncuti zacu
Tumshukuru Mungu
❤❤❤❤❤
6:30
Ntaconfise novuga usivye kubaragiza imana.mwabikoz nez cane muganga evode rôle non discutable ndumva nobabwir ikintu imbox murakoz cane
3:48 3:48 3:48 3:48
❤❤❤❤❤