Akanyamuneza ka Anna Mariya w'i Parades
Вставка
- Опубліковано 5 лют 2025
- Ng'uku uko ibirori vyasozerewe n'abaririmbiramana b'imirwi yose yari yitavye ibirori vyo kwibuka umuvunyi twatoranye Anna Mariya W'i Parades mweranda tukaba twongeye gushimira abadushikira Imana ibakomeze
Kristu ashishikare kubungira ubumwe
❤❤❤❤ndabakunda
Yezu agihezagire mugenzi
Ndabakeje cane kuri ubwo bumwe❤ Akanyamuneza gasangiwe karagwira nk'uko utwaro utwawe na benshi nawo uhwahuka. Tere imbere mu rukundo rwa KRISTU, ndabahezagiye kw'Izina Data +n'irya Mwana n'irya Mutima Mweranda 🙏
Murakoze kumuhezagiro no ku majambo meza Pati, vyose tubishimire Imana
Aho 2,3 bakoraniye mbandihagati yanyu🎉 nanje numva nishimye kubamukoraniye hamwe munama rimwe🎉🎉🎉
Uhezagigwe mugenzi