Umviriza amazina n'ibicuba vy'umutama wo mu Mugamba yakiranwa na Muvuduka
Вставка
- Опубліковано 10 лют 2025
- #Burundi #Culture Umviriza amazina n'ibicuba vy'umutama wo mu Mugamba aho yagaragaza akanyamuneza ko hagiye kwubakwa ikigo co kwinonora imitsi muri iyo komine ya #Mugamba, maze #Muvuduka akamwakira. Mbega aho uhereye #ibicuba biracavugwa ?
wooooow my favo😭😭😭😭iwacu ntibikivugwa arko jewe ndabikunda nkavuga n'amazina
Biravugwa ahubwo nuko leta ya gitega itabishigikira
Muzehe yatwemeje
Il devrait y avoir une bibliothèque nationale pour la conservation audio-visuelle de la poésie et littérature burundaise sinon la jeunesse actuelle ne se soucie pas de cette richesse
Bizirindashi Caesar ça devrait être enseigné dans les écoles sinon les jeunes ne s’en soucieront jamais
il parle de quoi ?
Komeze guteramisha.
Muraciye kumayange n’ukuri
😂😂😂
Mbe kombona inyambo ziriko zirahona gayemwe namazina yazo azokwibagirana
Ivyo nibishoboka koyokwibagirana abautsi tugihari
Ntibishoboka ko yokwibagirana kandi ninyambo urabeshe ntiziriko zirahona nivyipfuzo vyanyu nkabahutu kandi niyo zohona nimwe mwoba mubikoze
Ukwo nukuri