Chorale Sainte Anne Marie Paradès de Mukungu
Chorale Sainte Anne Marie Paradès de Mukungu
  • 39
  • 102 839
NI MUNGU TU AUDIO OFFICIAL
Mafanikio hayaji kuringana na juhudi zetu, bali huja kwa neema za mwenyezi Mungu, #wimbo huu unatupa fursa ya kujua na kuelewa uwepo wa #Mungu ktk maisha yetu🙏🙏🙏
Переглядів: 91

Відео

SHUNGURURA OFFICIAL VIDEO
Переглядів 595День тому
Indirimbo SHUNGURURA ije kugira ngo twame tumenya ko ivyiza vyose, imigigisha, Inema, eka n'ubindi vyose dukenenera ngo tubeho twishimye, tubironka bivuye ku Mana ari naco gituma tubwirizwa kwama duhanze amaso Umukama we yama adushungururirako buri ico dukeneye cose, Amen #mukungu #Ana #anna #mariya #catholique
IBIRORI BIDASANZWE N'ABATUMIRE BADASANZWE
Переглядів 278День тому
Ikidutera umunezero nukuba mu bumwe na bene wacu dusangiye ubutumwa, ikiduha amahoro gusumba vyose n'uvuryo Imana ibigenza vigakunda ko tuyikorera. Turashimiye bimwe bivuye kumutima abavukanye ba Chorale Saint Paul yo kur #lycée #Communal #Mukungu, duhereye kwa #Obélix Kayombo, indongozi zawo eka n'abaririmbiramans muri Rusangi, tugakungurukira kandi na #chorale Sainte #Thérèse de l'enfant #Jés...
SHIMWA MANA OFFICIAL VIDEO
Переглядів 1,2 тис.21 день тому
Indirimbo shimwa #Mana ije kugira ngo Chorale #Sainte Anne Marie Parades yifatanye n'abakunzi bayo bafita amashimwe ngo dushimire Imana yacu idahengeshanya kutwitwararika buri munsi buri saha, nihabwe impundu, Amina #Mukassa #Anastasi #Kizito #Mukungu
KUBA MURI YEZU OFFICIAL VIDEO
Переглядів 1 тис.Місяць тому
Indirimbo kuba muri #Yezu iratwibutsa ko twosenga Imana yo nsa tukayikunda kurusha vyose; ikatwereka ko kugira wunge ubumwe n'Imana bisaba kuvavanura n'akabi #Mariya #Muema #Mukasa #makirikiri
MPENI BWANA OFFICIAL VIDEO
Переглядів 1,3 тис.2 місяці тому
#Mungu wetu ni wa milele anahitaji kupewa #utukufu na nguvu kwani yeye ndiye anaye tushindia kila iitwayo leo yetu. pazeni #sauti tumuimbie wimb wa sifa Amen #Muema #Kizito #Catholic #anastasia
(Umuziki Mweranda challenge) Abantu bipfuza ko kaja ahabona duhurire muri commentaire
Переглядів 9705 місяців тому
"Vyose tubikorera mwebwe kubera #Kristu" nuko banyanyi namwe murashobora kudusaba ico mushaka n'uko mushaka ko tukibakorera abipfuza ko iyo ndirimbo yosohorwa muri commentaire ntimwitinye, turahari ku bwanyu, murakoze.
Vyose kubwanyu, kubera Kristu
Переглядів 7415 місяців тому
#Abaririmbiramana bitiriwe anna Mariya Bari mu #birori vyo guhimbaza #umuvunyi batornye umunezero wari wose bakaba babipfurije ukwezi kwiza kwa #Rusama kumwe na Anna Mariya w'i Parades #mweranda, twiteho gusabira #igihugu cacu c'Uburundi ngo gikire indwara yo kutamenya agaciro ka kiremwa muntu kubatarakamenya, murakoze. Anna Mariya mweranda, nadusabire, #Amina
Mutima Mweranda n'inde mw'Eklesia? inyishu ni muri ino nyigisho ya Patiri JeanBosco
Переглядів 5596 місяців тому
#Mutima #Mweranda niwe araduha ingabirano zitandukanye ngo dushobore kuzuzanya mubisata bitari bike yaba mubuzima bw'ukwemera canke nyene no mu #buzima bwacu bwa minsi yose, bigatuma mbere, mungabirano y'ubukomezi turonka ingonga, ubukerebutsi bwo gukorera #Imana. Nitwamane ubwo bukomezi rero mukurangura hose ico Imana ishaka tubifashijwe na #Anna #Mariya mweranda umuvunyi wacu, na canecane mu ...
Zigama ukwemera kwawe Official video
Переглядів 2,3 тис.9 місяців тому
" #ukwemera kwawe n'iryo #banga ryawe " #Chorale Sainte #Anne #marie #parades irabazaniye #indirimbo yayo mur rwa rukurikirane "Nitube #umunyu n'umuco w' #isi, " twise #Zigama #ukwemera #kwawe mubandanye muyizirikana tumenye ko muri kino gihe ca none ukwemera kubangamiwe n'inyigisho nyinshi zitandukanye z'abiyita abvugira #Kristo kandi ataribo muragabe rero muzigame ivyo mwabikijwe mu kwirinda ...
Shira ku mutima Iyo nkuru y'Imana
Переглядів 2,3 тис.9 місяців тому
#Chorale #Sainte Anne #Marie Parades irabafasha kwakira no kuzirikana #inkuru (ijambo) #y'Imana kuko arinako karanga #mutima kayo ko kuyikwiragiza kwisi yose, ntakindi kiyago rero kibereye kuyagwa n'abo #Imana ikunda bagaheza bakayikundira
Turi munteguro naho nyene turagumana n'abakunzi bacu, muhezagigwe
Переглядів 1,2 тис.10 місяців тому
Munteguro yo kuyu wimana wa #Umukama #Yezu #Kristu yatuvukiye #alleluya turabakunda, akajambo kamwe muri comentaire kugira tubone aho twokomereza, aho twohindura canke twongereko, murakoze #Chorale #anne #marie #parades de #Mukungu
Terezia mweranda dusabire
Переглядів 67711 місяців тому
Indirimbo twaririmvye mugiteramo c'abavuknyi Chorale Sainte #Therese y'i #Mukungu mubirori vyo kwibuka #umuvunyi batoranye #Tereziya Mweranda, twari duhimbawe koko mwarakoze kudutumira bavukanyi Tereziya arame abasabira mu butumwa bwanyu ndetse ausabire twese, #Amen #catholic #burundi
Mariamu Akaondoka kwa ndugu yake Elizabeth
Переглядів 525Рік тому
Aha ni mugihe twigina Imana bikaryoha indimi zose tukaziririmbira rimwe, kano karirimbo k'umuvyey wacu #Bikira #Mariya namwe kabagereho ku bumva ururimi rwi #giswahili au lugha ya #kiswahili #chorale #Sainte Anne #Marie Parades de #Ibipfurije #Mukungu kuroranirwa #mutima
Tereza mweranda, udusabire en direct
Переглядів 1 тис.Рік тому
Tereza mweranda, udusabire en direct
Ninde yoturwanya? video officiel
Переглядів 3 тис.Рік тому
Ninde yoturwanya? video officiel
Intangamarara y'igikorwa dushikirizwa n'umusaserdoti
Переглядів 461Рік тому
Intangamarara y'igikorwa dushikirizwa n'umusaserdoti
Anna Mariya mweranda Audio official
Переглядів 744Рік тому
Anna Mariya mweranda Audio official
MWARAMUTSE MARIYA OFFICIAL VIDEO
Переглядів 11 тис.Рік тому
MWARAMUTSE MARIYA OFFICIAL VIDEO
Indirimbo TURANEZEREWE yaririmbwe na chorale Sainte Anne Marie Parades y'i Mukungu
Переглядів 8 тис.Рік тому
Indirimbo TURANEZEREWE yaririmbwe na chorale Sainte Anne Marie Parades y'i Mukungu
Nimuhezagire ababahama
Переглядів 3,8 тис.Рік тому
Nimuhezagire ababahama
Indirimbo "EJO NI HEZA" ya Chorale Sainte Anne Marie Paradès de Mukungu
Переглядів 11 тис.Рік тому
Indirimbo "EJO NI HEZA" ya Chorale Sainte Anne Marie Paradès de Mukungu
Ishirwa ahabona ry'izindi ndirimbo zitandatu za Chorale Sainte Anne Marie Paradès y'imukungu
Переглядів 2,3 тис.Рік тому
Ishirwa ahabona ry'izindi ndirimbo zitandatu za Chorale Sainte Anne Marie Paradès y'imukungu
Abonnez-vous à notre chaîne YouTube pour reprendre la bonne nouvelle de Jésus
Переглядів 93Рік тому
Abonnez-vous à notre chaîne UA-cam pour reprendre la bonne nouvelle de Jésus
Paroisse Kigwena
Переглядів 4,5 тис.Рік тому
Paroisse Kigwena
Umukuru wa C.A.M.P de Mukungu aratubwiye imikenyuro yodufasha guteza imbere Imirwi yacu
Переглядів 240Рік тому
Umukuru wa C.A.M.P de Mukungu aratubwiye imikenyuro yodufasha guteza imbere Imirwi yacu
Yezu ahamagara abatumwa biwe cumi na babiri
Переглядів 3,6 тис.Рік тому
Yezu ahamagara abatumwa biwe cumi na babiri
Ubuzima bwanje par Chorale B Mukungu
Переглядів 9 тис.Рік тому
Ubuzima bwanje par Chorale B Mukungu
Nimugendere mu Mukama Yezu pa Chorale B Mukungu
Переглядів 7 тис.Рік тому
Nimugendere mu Mukama Yezu pa Chorale B Mukungu
Samiriza akanyamuneza ka Noel
Переглядів 4,1 тис.Рік тому
Samiriza akanyamuneza ka Noel

КОМЕНТАРІ