INTAHE YA PASTEUR ANDRE/TWARIZE IMYOSORI IRATURENGA//UMUGORE WANJE YAMAZE IMYAKA 15 ASARA/NDIHANGANA
Вставка
- Опубліковано 13 жов 2024
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV#DR_TV
Imana iziguhe iherezo ryiza
Amen, uhezagigwe mukozi w’ Imana
Amen mukozi w'Imana Imana iguhe umugisha
Umwami Yesu Kristo abahezagire caaane
Amen mukozi w'lmana
Yesu aguhezagire pasteur kandi ndakwipfurije ijuru
Imanishimwe
Pasitor wacu dukunda
Ikabarr
Imana data nihatari kuko ibanza kumara umuntu amanyama kugirango yishakire intahe nya ntahe
Imana ishimw cyane ndafashijwe nicogishingantahe
Amen-amina!
Kwihangana gutera kunesha, Imana Ishimwe Yashoboje umukozi Wayo! ❤❤❤❤
Yesu ashimwe cane 🙏🙏❤️ murakoze canee 🙏🙏
Imana iguhe umugisha cyane
Ndarize numbise iyintahe mumpe nimeroziwe tuzoganire mwobamukoze
Yesu agukomez
Pole sana kaka yangu
YEsu azoguh iherezo ryiza mukozi wimana
Murakoze
Yesu we!!! Mbega igeragezwa narinshatse kugutera amabuye mukubyara kuwo mugore ariko nabitahuye? Yesu aguhezagire wavuye muigeragezwa utanuka imyotsi .
Abubu nibazako batabishobora Yesu yaragushoboje uzigama ibanga
Mbegintahe nize kwihangana
Yoho poresan mwarimu
Uwiteka naguhe Umugisha kandi Akwagurire imbago. Ariko nta numero yawe watanze kandi narinyikeneye.
Mpole papa
Amageragezwa aragwira ndumiwe
Mbegintahe!!!yooooo ntacotuzoronka twireguza nukuri
M
Urumira kukwokwihangana,satani ntazokunyage,warwanye intambara nziza
Turafashijwe
Yoo mbega lbigeragezoo
Pole muvyeyi buri muntu wese agira ikigeragezo ciwe.
Nukuri nubwo ndi mumageragezwa,amageragezwa ararutana pe.munshira nanje muri groupe yumuco wera nanje ndayijemwo,kuko ndakunda umuco wera uramfasha cane .numéro yanje ya whatsap ni 69192390
😭😭😭😭
So sad 😥
Iyintahe irandyoheyeeeee goseeeeeeee. Mwarimuwe nukuri umpaye inyigisho "ukwihangana k'umukristo arimurugendo yakijijwe neza"
Ariko ndafise ikibazo none uwomugore wakabiri koyariyubatse nuwundi mugabo mugabo agasubira iwabo,none komwarimu yamutwaye umugabo wiw akiriho, ntari mucaha none ? Cfr bibiliya
@@UMUCOWERATV2021 murakoze kunyishu, ariko sintahuye "igihari" icarico.
@@UMUCOWERATV2021 aaaan😁 ok.
Murakoze,Yesu abahezagire cane!!!!
@@AURIN.OFFICIAL Imana ihezagire uyu mukozi kuko yarihanganye cane mugabo yarakwiye kwihanganira umubiri naho bitoroshe.Yari akwiye gusengera umubiri kugira ngo Imana imushoboze