INTAHE IDASANZWE Y'UWAHOZE ASENGERA MW'IDINI RYA ISLAM HAMA AHURA NA YESU ARAKIZWA/Full testimony
Вставка
- Опубліковано 6 лют 2025
- 📖AGAKIZA NAKABANTU BOSE
NUBWO WOVYIRENGAGIZA,CANKE NTUBIHE AGACIRO GUKIZWA NI NGOMBA,
HAZOBA AMARIRA MENSHI KUBASE KWIHANA
NO KUBIHANYE NTIBAME IMBUTO ZIKWIRANYE NO KWIHANA
📖YESU ARAHARIRA IVYAHA
UWUMWAKIRIYE UMUCO URAMURASIRA
AGAHINDUKA ICAREMWE GISHA,
ABAHO AFISE IVYIZIGIRO VYO KUZORAGWA UBUGINGO BUDASHIRA
Imbuto y'umugororotsi n'igiti c'ubugingo,
Kand'ufise ubgenge ahindura imitima y'abantu
Imigni11:30
The purpose of this channel is to encourage and edify the children of God I expected to see More lives changed and transformed through the word of God.
thank you jesus for your mercy
Amen Amen ❤❤❤
Mwoshobora kuturonsa numéro yuwu muvugabutumwa mwoba mukoze
Amen Amen Amen
❤❤❤❤❤❤❤❤😂
Nibaze KO uwo yabangikanya Imana kugiti ciwe hapana KO muvyitirira idini Islam ntiyigisha kubangikanya Imana nikindi kintu Imana Allah arikwije kandi ntamfashanyo akeneye .Iyo ni inzira yari yahisemwo yiwe yogukorera shetani muze muremera nintahe nke kuko ukuri kumuntu kuragoye nukwizera Imana gusa . Kandi ntanahamwe habura abagabitanya Imana ikindi ntampamvu yogusevya idini uyivuyemwo nuburenganzira bwawe arikwo ntusevye ukwemera kwumuntu Guys sivyiza
Idyo niteka mitwe, none aho yagiye hoho yahashimye iki ?
Oya kweri aba romani ba sobuja bubukirisu baragukwirij ndumva ntavyo utavuga, ariko uvuge naho lmana lvuga mube abakirisu ?
Oya avuga nkuwo bahaye amahera meshi cane, gusa ivyo bisigura igiti cama nico batera amabuye ntawubuza izuba kwaka ikindi Bose bazihererako bavuga ariko umugambi w'lmana ntuhagarara kowumva bari mukuri à batari mukuri babababariziki ? Twareke inyandiko y'lmana ibagira abakirisu gusa, ibindi iyo ninzara mushaka abo muguma mwiba ngo mûri kubavugishwako