Yambu.amakosa kumwanditsi: 1. Uncle wa Jina yaje inyuma ya 3ans atazi ko boba barimutse?umuryango wa hafi ushobora kunanirwa gute no kumenya ayomakuru? 2.a.nigute Nice atazi Paul kandi mugice ca 18h yaragiye guteka kwaba Jina bakamarana amasaha arenga 4 bariko barasenga nigute atomumenya B.même no muyindi misi Nice yarazi papa wa Jina nigute rero umuntu yokena kuburyo umwoberwa? 3.
Ndagushigikiye 100%...umengo si suite, umengo ni iyindi serie/film .. - Naho uryau oncle yoba aba kure, hariho ama telefone... Relation ya Rosa na Paul womengo nyntiyari mariage... ????
ua-cam.com/video/IM2niF2-CQc/v-deo.html BILIMANI SERIE EP 6 ua-cam.com/video/IM2niF2-CQc/v-deo.html Vyose naha bibera ua-cam.com/video/IM2niF2-CQc/v-deo.html Urukundo rwo mucyaro ua-cam.com/video/IM2niF2-CQc/v-deo.html Siga s'abonner kuri BURUNDI MEDIA TV
Uy musi nanje ndazinduts abakunda in film tumenyan
Iyi Film iramara kabis courage much love from 🙏🙏🙏🙏👏👏👏👆👆👆😅😅😅Ros nawe urikwigamba Iman iraguhan hahahahah😄😄😄😄😄😆
Imana iturinde ubuzima nk'ubwo Paul ariko aracamwo kabisa
Poro uya ufise umugor mwiz roza urinzok🤗🤗🤗🤗🤗
Ewe Paul urambabaje uko usigaye umeze, Rose nawe yihera iryinyo!!!!!
Imana ihora ihoze.
Yooo poro pore sana Ari ko ninyigisho ikomeye kubavyeyi batita hivyo muhira
Emwe uyumusi nariguheba nkabibutsa komwaduhevye
Jw ico novuga babarabire mwayiteguye neza p ❤
Muratevya kudushikira muyizana twarayibagiye bamugerageza kutunyarukira
W'ar'ubizi, Amamaraaaa.....
Wallah Iyi film igombiryohe pe
Birateyagahinda polo komamusosi vyose niwewabigize rekangufache kurira😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭arikondabakunda😍😍😍😍😍😍😍😍❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Wow murashoboye mukomer can😘😘😘
Ewe Paul sha ngo nzosigura iki ukamenga hari uwukeneye kuvyumva. Tekana sha uzohatorwa n'uruvyaro burya uwawe yohibera
Igice ca 21 nibind bic uko bikurikira mubiduh vyaradufashij
Mubiduh vyihut
Poul reka ndagufashe kurira 😭😭😭😭kuko Uri bavyitere. Ariko vuba Kévin arahagukura usubire kuba umuntu
Nisowawe jina
Pore cha
Murakundana cane
Ndabakunda cane kk mukina nez can courage
Baragiye nkera
Film ni 🔥🔥🔥warubizi
Abana numungisha pe
Iyi film iriko iraryoha cane mais courage vraiment tubari inyuma 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💯💯💯💯
Impanuro nziza cane
Yooooh 😢😢 Bash Paul pole Sana
Murateb vrmnt muratunyotez 🔥🔥🔥🙏🙏💞💞💋
Merci d'être là pour nous! Vous êtes notre fièrité!
Shout out to war'ubizi!!!! Good job!!
Wasaze none
Tagata na warubizi
Nigorane cha
Wau yooo nari natanzwe
Nimusehe
War'ubizi hejuru cae 🙌
Ntibigiye kworoha kbs
Urijini
Ati paul nibigopo igikoba Paul cikwegera amakara rose wawe yabaye rose
Courage ndabakunda
Ego murashoboye❤❤
Uyumusi mbaye mubambere kwel ahwiiiiiiii😂😂😂😂😂💃💃💃💃💃❤❤❤❤❤❤❤
Reka reka Ntamakuru ufise😂😂😂😂
Nihatari biteye agahinda roza arahinduste
Ego
Yambu.amakosa kumwanditsi:
1. Uncle wa Jina yaje inyuma ya 3ans atazi ko boba barimutse?umuryango wa hafi ushobora kunanirwa gute no kumenya ayomakuru?
2.a.nigute Nice atazi Paul kandi mugice ca 18h yaragiye guteka kwaba Jina bakamarana amasaha arenga 4 bariko barasenga nigute atomumenya
B.même no muyindi misi Nice yarazi papa wa Jina nigute rero umuntu yokena kuburyo umwoberwa?
3.
Wabikurikirany pe,aho bohakosora kwer
Ndagushigikiye 100%...umengo si suite, umengo ni iyindi serie/film ..
- Naho uryau oncle yoba aba kure, hariho ama telefone...
Relation ya Rosa na Paul womengo nyntiyari mariage...
????
Naho Nacerew ndakabona
Paul arasubiriye Kevin mugutoragura iyarara
Mu ma films yose muri aba mbere mu nyigisho. Nuko gusa muteba .
N° unoooo😍🥰🥰
Bakumpere icufata sha ndariha 😍😍😍
@@innocentnzeyimana6951 uravuga neza😍😍🥰🥰🥰
Ewe Paul pole sana tugufashe kurira😭😭😭😭😭
Paul koma ntacowobona kwel gusa wihangane
Film yanyu irateba cane
Birateye agahinda
Senga
Uribuce bakubatira
Birahinduka
👌👌👌👌👌👌
😘😘😘😘
👌👌👌👌👌👌
👌👌👌👌👌
👌👌👌👌👌
Pol intumva intahanugwa
Courage murik mubikora nez
Murandutevya
good
The really movie is this 🔥🔥🔥🔥
Vyuku4i kevin araronse akazi??? Umwana yankwa niwe akura abo bana bakengengwa nibo ntwari z'ejo dufise
😍😍😍
🤣🤣🤣🤣🤣❤️❤️❤️❤️❤️
Paul Paul 🤣🤣
None ba Kevin ntibahavuye bagenda hanze ?
ua-cam.com/video/IM2niF2-CQc/v-deo.html
BILIMANI SERIE EP 6
ua-cam.com/video/IM2niF2-CQc/v-deo.html
Vyose naha bibera ua-cam.com/video/IM2niF2-CQc/v-deo.html
Urukundo rwo mucyaro
ua-cam.com/video/IM2niF2-CQc/v-deo.html
Siga s'abonner kuri BURUNDI MEDIA TV
Twarayibagiye kandi iyo Rose atari actrice principale ntiryoha😠
Imana irabikoze
Gusa Muratevya tugaheba tukayibagira
Nigorane cha