Ok, merci kukigoro mwagize! Ariko sinatahuye objectif ninyigisho yiyi episode surtout kwa Rosa na Paul!! ni dimanche baje gusengera kwa Rosa? Kubera iki si oui? Hama l'histoire ya Kevin iriko irata intumbero " sorry " vyacangaye (vyancanze jewe) n'inyigisho mwashaka gutanga sinkiyimenya dans la série, ngira ni jewe natakaye!! Anyway courage
@@Lesaviezvous2022 Non Kevin yitwaye nkumwana akiri muto caaaane atagira ni famille ni rien...ni trop degradant si vous voulez la realité! Les grands- parents, le tonton et Tante bari ngaho ntiyari kuja kwangara afatwa nabi kurya ntatore ubwenge na gato..c' est mm énervant!! Uzi ko urya mugabo abako ubu amufungishije ko yaje kumwinjirira vyofata....oya nimurabe mubiheze sinon ....eeeeeeeeh
Mon frere nibaza ko utakurikira du debut naho igez ub kuk uba waratahuye ikind nac ibi nibintu bibah dans la vie de tout les jours mu ngo nyinshi knd umeny ko har abagabo bigira beasy cane ntibakurkirane aban babo soit disant bafise abagore cnk abakoz ng barababona
Mbanzenkore akazi ndayiraba mpejejakazi👌👌👌👌❤❤❤❤❤🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Mbegivyiza muri film yeeweeegaayeee👍👍👍😄😄😄😅😅😅😅🙏🙏🙏👏👏👏🌷🌷🌷Courage vrt much love from 🙏
Imana vyos ibikora neza cane roza ni nooma kbx
Naj ndazindutse please nimundemere nanj twatuntu knd murakoze kuba mwaratumviy nimugitevya ndabakunda abiwacu
Hey fans.
Ntakinanira Imana .
Twarabemereye ko tutazongera kubatevya ,mwironkere ya reresi mwahisemwo irimwo ubuzima nyakuri abatari bake babamwo ntitubimenye...
Turashima urukundo mutwereka.❤️
Komeza mutwigisha muri commentaires,mutubwire Ivyo twohindura kugira tubikore uko mushaka.
Kubashika kunyota ni itegeko kuri twebwe...
Sangiza mugenza we kino gice mukurindira ikizokurikira umunsi nk'uwu..
Turabakunda cane . bisous bisous
Aho nisaw ko muzohor muyiduh imis yos jeudi natw biratunezerey cne
Murakoze cane
Turabashimiye can ukunt mubikora nezaaa
Mwirambire
Turabakund film nziza CN yigisha
Waoohhhh bikomez vyaroh
Turabkund cn gos ❤️❤️💯kur phrmcie ndiho mugihosha
Gerageza kuvuga gose ni yumvire amajambo
Courage film irargoshe🤣🤣🤣🤣
Hahiyeeeee
Cuorage kbs
Amen Amen
Mubirimw nez turabakn💖💗💞💓
Ng naho tutosenga tukarya ntana1 🤣🤣ak kantu ntikar gakenew🔥🔥🙈
Imana ichi weme
Hi narinarindiyepe mubemwayichuhije muyihenibirungo
Abarundi turashoboye💪💪mbe jina nawe uracanderangeant nkakera muri lycee?? Ndabony warik ugorana muri cellule
Wabibonyenawe?
Uvuze neza
Courage❤❤❤❤
Cane karubaha cha
😍😍😍😍😍👌🏻👌🏻👌🏻🔥🔥🔥🔥
Ndabkunda mwubahwe kndi courag
Number 1
Nukuri cha
Birahimbaye kubona Jérôme yigaruye akakira Kevin
Mukase cha
Nandanya gurabkunda cane
Yaramubeche
Umuntu ataraba iyifilm arahomba kabisa
Nukuri .bwira mugenza we uti birakomeye
Wewe umengo ndakuzi ahantu 😃😃😃😃
Oya Roza wewe ur'ikirori nukuri kose🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ego uramubariye
Roza yabaye umurokore kurwenge🤣
Birakaze
Mwe mudusiga mwirungu. Kweli, ndabona Rosa zizomwakira mugice gikurikira
Igice gikurikira kizob kiryosh ndabibona
Umuriro
Ntibivunga
Turabakunda
Roza akabafukuza
👌👌👌👌👌👌👌
👌👌👌👌👌👌
😘😘😘😘😘
👌👌👌👌👌👌
👌👌👌👌👌👌👌
Turarindiye ikindibgice mwubahwe
Biraryosh
Bigiye guhererahe
Kuwakane satatu.
Murabona iyo bigana
Ipiranwu irahiye muranduha
Ego cane
Iyindi inyarutse vyoba vyiz
Kuwa Kane satatu
Ntuzotangwe
Mwubahwe vrmt! Courage!!!!
Merci..
Nimwebwe nguvu zacuuu
Gotubuve
Muranducaze
Mutahure cha nakana nkeza
Kwa rosa hahiye pe
Ngo "Erega naho tutosenga, ariko tukarya tugahaga nta kibazo. Dutegerzwa kurya dusenga"🤣🤣🤦🏾♂️
Turya dusenga ,dusenga turya..
Nukoooo
Rosa ngo ijuru ngo arapfuma aryiba muga ngo ararishka 😂😂😂
Hey bakundwa,turabashimiy cane kinyigisho zuzuye muriyi film yanyu ndaziko izohindura imitima ya benshi Imana ikomeze kubashoboza mubikorwa vyanyu natwe turabakunda ariko ndabona ivya Rose bigira bije ahabona umuti wiwe uriko urabira 😂😂😂
Odette merci bcp.uradutera intege pe
Merci cane namwe gushima ncuti zacu
Jin💟💟
Hareruya
Muraronkoka
Muracopoye
Murchison turababona
Haruya
Ndakeneyigicegikurikira
Uwo muririmvyi yariko aratera azoje mur studio arabizi
Caneee gosee.
Barnhart cha
Courage
Natevyemugambayew44 rekamanzenicar
😍😍😍
🤗
Murabewcha
❤❤❤❤❤
Sha rose😠😠😠😠😠
Wooow number 2 nahigerey
Ibint mugir sivy ivyo Kevin ya uze ntitwavyumvise
Uce uja kubiraba mu bice vyintuma
Ubwo Maman Joys ntashika abwira Kevin ivyo yabonye?
Reka turindire
Ok, merci kukigoro mwagize!
Ariko sinatahuye objectif ninyigisho yiyi episode surtout kwa Rosa na Paul!! ni dimanche baje gusengera kwa Rosa? Kubera iki si oui?
Hama l'histoire ya Kevin iriko irata intumbero " sorry " vyacangaye (vyancanze jewe) n'inyigisho mwashaka gutanga sinkiyimenya dans la série, ngira ni jewe natakaye!!
Anyway courage
Merci bcp.
Ntabwo irata insiguro.
Agakino kugariye Aho nyene.
Niba warakurikiye ivyaje imbere,ubukurikira uzoca ubitahura neza.
Uburyohe bwayo buhagaze Aho nyene
@@Lesaviezvous2022 Non Kevin yitwaye nkumwana akiri muto caaaane atagira ni famille ni rien...ni trop degradant si vous voulez la realité! Les grands- parents, le tonton et Tante bari ngaho ntiyari kuja kwangara afatwa nabi kurya ntatore ubwenge na gato..c' est mm énervant!! Uzi ko urya mugabo abako ubu amufungishije ko yaje kumwinjirira vyofata....oya nimurabe mubiheze sinon ....eeeeeeeeh
Mon frere nibaza ko utakurikira du debut naho igez ub kuk uba waratahuye ikind nac ibi nibintu bibah dans la vie de tout les jours mu ngo nyinshi knd umeny ko har abagabo bigira beasy cane ntibakurkirane aban babo soit disant bafise abagore cnk abakoz ng barababona
Biranducanga
Hareruya
Courage
Murakoze kudutera intege
Birachuche
Courage
Hareruya
Hareruya