Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Karibu twaritubakumbuye ababakunda nkanje munpe like numvukozimeze
Abari bakumbuye film zababantu ntarengane atagize twatundi yemwe👍👎gusa jedi ubutware ubwitozi nomumaso burakuranga pe
Komeza murashoboye
Magongwa mwazihejj hataragera iyi yari kubandanya mpaka kugeza ni film yari vyose abayikiye bien sana bose
Films nzinza cane kweli twaritwabakumbuye kbs turashimiye kandi kubabona 🙏 yewe jody ukinaneza kweri courage.
Courage.ndabakunda cane gose
Murakoze muco azohava abishobora
Karibu abantu banje nari ndabakumbuy
Ooh twaritubakumbuye rwose mutunyarukirize ikindi gice
Mwakoze kutwibuka.ndabakunda.
Ebwanaaa eeeee ibnt ni 🔥 na joby, 🇧🇮Who lives 🇹🇷
Nabakunze barundi biwacu
Bwira ngo akayabagu ndabakunda reka mbarabe
Ibujumbura ntibashirumudimbere murantwegeje
Murakoze pe twari tubakumbuy mugize neza ndaz inyigish zany zam arinziza
Murakoze kutuzanira iyindi film
Tugomba izindi kuriyi group murashoboye cane
PCl Burundi nayo irabakunda cane Turashima cane commentaire zanyu nukuri lmana ibibahere umugisha murakoze.
Namwe imana ibongere umugisha nubumenyi hama mbonye womenya kurima kwel 🤣🤣🤣🤣🤣
Karibu mwarimukumbuwe kandi turabakunda cane ngo umu bbossi muransekeje gusa 🤣🤣🤣🤣
Waaooo Piaget courage sha ni film nziza cane
Kararyoshe cane
Imana ibandanye ibakomeza mu nyigisho muduha❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Merci
Narinarahomvye!!! Ngiye kuba umukunz wanyu apana umufana
munyarutse kuduha iyikurikira murashoboye
Abarundi courage kwizonyigisho zubuzima kbx
Kaze bahanuzi beza mwari mwakumbuwe
Murakoze cane ibrahim
Ati kugavura kumakara😀😀😀😀😀
Maze iwacu twari tubakumbuye
Muco kweri iyo nyambaro ntikubereye🤣🤣. Nuko vrmnt ari FilmFilm nayo ikora udukoryo. Turabakunda kunyigisho mutwigisha. Narindabakumbuye muhanure Dominique ntazigenze nabi iyagiye 🙏
Jody warukumbuwecane💓💓
Merci naje
Murakaz nez bakunz banj
Welcome back nongeye kubona jody ndabakunda from 🇺🇸
Ahubwo nzategura.iyo tuzokinana naww hiyo America
Alvera urakumbuwe
Neza
💪
Merci chef
mwari mwadutebeje kuduha bishasha
Mutwihanganire tuba turiko turabitosora bize bisaneza
Merci mushikanje Domina
Waooooooo ndanezerew cne nibikogw ukora! !so be blessed
Urakoze knd vuba ibikorwa bizivugira
Nari mbakumbuye
Jody warukumbuwe pe ndabakunda from saudi
Urakoze Fatma
Nico naramukunze muriyi film 🎥 ariyonda araboneka no mubuzima busanzwe aritonda
Turabakunda muratanga inyigisho mur films mukina arko muz muduha ibice bikurikira hakiri kare
Narimbakumbuy murakoz can
Hhhhhhhhh 😂😂Muco Uje kumunebwesha Domi
Oya nikumufasha
Pablo uze kunyandikira whtsp
❤❤❤❤❤ RTNB
Eweeee Muco sh
Karibu
Urakoze jedi hama nina araho
Jody warukumbuw mur film
Urakoze Odette nanje ubu nahageze kwl
Mubikor nez can mubwitonz amajamb yigish
Sindaraba ariko ndishimye ndababonye
Intasho KUri nestori
nc film
Nkumbuye tedy basha yoba arimwo ngaha?
Shn ndabakund cnee Jody ukin nez arik thedy naw yagiy hh ko tumukumbuy
Bonjour mwese
Hhh nihatar
Domina mushikanje
J
Part 2,3,4,5,6 7,8,9
Poresana
Yoo jody wee biraboneka ko witonda cane no mubuzima busanzwe mukina nez cne mbe thedy na nina barihe??
Murakoze cane ncuti yanje
uryamuhungu agiye hanze ahaye inzu papa wiwe
Yohooo irya yaraheze nyahereye basabaye impabazi umwana na se
Jody nina ko ntamubona arihe?
narindabakumbuye ariko hariho iyo bata he jj sinzi ko ariharya iherera
Niyihe ncuti itaheze ? Ivuga gt
mwatebeje igice ca kabiri kabisa
Mbe Jody urazi kurima?nyishura ww nyen jody
Egome ndabizi ntiwavyiboneye nne
🤣🤣🤣🇧🇮🇴🇲
Jody nimwiza kandi aritonda ndamukunda.
Murakoze cane mwiza wanje nzomukubwirira ko mumutera ama courage cane
@@thierryjoddy9695 hhh kumenga niwew nyne.courage urakina neza cne
@@grettanishimwe173 urakoze cane ego ninjew
@@thierryjoddy9695 jewe nshaka whatsApp number yiwe kweli
Jojo num yanje ni 79789383
Muzompe contact ya stiven
❤️❤️❤️Ndabakunda cane
Murakoze ncuti
Karibu twaritubakumbuye ababakunda nkanje munpe like numvukozimeze
Abari bakumbuye film zababantu ntarengane atagize twatundi yemwe👍👎gusa jedi ubutware ubwitozi nomumaso burakuranga pe
Komeza murashoboye
Magongwa mwazihejj hataragera iyi yari kubandanya mpaka kugeza ni film yari vyose abayikiye bien sana bose
Films nzinza cane kweli twaritwabakumbuye kbs turashimiye kandi kubabona 🙏 yewe jody ukinaneza kweri courage.
Courage.ndabakunda cane gose
Murakoze muco azohava abishobora
Karibu abantu banje nari ndabakumbuy
Ooh twaritubakumbuye rwose mutunyarukirize ikindi gice
Mwakoze kutwibuka.ndabakunda.
Ebwanaaa eeeee ibnt ni 🔥 na joby, 🇧🇮Who lives 🇹🇷
Nabakunze barundi biwacu
Bwira ngo akayabagu ndabakunda reka mbarabe
Ibujumbura ntibashirumudimbere murantwegeje
Murakoze pe twari tubakumbuy mugize neza ndaz inyigish zany zam arinziza
Murakoze kutuzanira iyindi film
Tugomba izindi kuriyi group murashoboye cane
PCl Burundi nayo irabakunda cane
Turashima cane commentaire zanyu nukuri lmana ibibahere umugisha murakoze.
Namwe imana ibongere umugisha nubumenyi hama mbonye womenya kurima kwel 🤣🤣🤣🤣🤣
Karibu mwarimukumbuwe kandi turabakunda cane ngo umu bbossi muransekeje gusa 🤣🤣🤣🤣
Waaooo Piaget courage sha ni film nziza cane
Kararyoshe cane
Imana ibandanye ibakomeza mu nyigisho muduha❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Merci
Narinarahomvye!!! Ngiye kuba umukunz wanyu apana umufana
munyarutse kuduha iyikurikira murashoboye
Abarundi courage kwizonyigisho zubuzima kbx
Kaze bahanuzi beza mwari mwakumbuwe
Murakoze cane ibrahim
Ati kugavura kumakara😀😀😀😀😀
Maze iwacu twari tubakumbuye
Muco kweri iyo nyambaro ntikubereye🤣🤣. Nuko vrmnt ari Film
Film nayo ikora udukoryo. Turabakunda kunyigisho mutwigisha. Narindabakumbuye muhanure Dominique ntazigenze nabi iyagiye 🙏
Jody warukumbuwecane💓💓
Merci naje
Murakaz nez bakunz banj
Welcome back nongeye kubona jody ndabakunda from 🇺🇸
Ahubwo nzategura.iyo tuzokinana naww hiyo America
Alvera urakumbuwe
Neza
💪
Merci chef
mwari mwadutebeje kuduha bishasha
Mutwihanganire tuba turiko turabitosora bize bisaneza
Merci mushikanje Domina
Waooooooo ndanezerew cne nibikogw ukora! !so be blessed
Urakoze knd vuba ibikorwa bizivugira
Merci
Nari mbakumbuye
Jody warukumbuwe pe ndabakunda from saudi
Urakoze Fatma
Nico naramukunze muriyi film 🎥 ariyonda araboneka no mubuzima busanzwe aritonda
Turabakunda muratanga inyigisho mur films mukina arko muz muduha ibice bikurikira hakiri kare
Narimbakumbuy murakoz can
Hhhhhhhhh 😂😂
Muco Uje kumunebwesha Domi