Batwita ABAZUNGU bakenye//Benshi baratwihendako kuko//Ntitwizegwa mu RUKUNDO//Aba métis Turakumigwa

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 30 вер 2024
  • Batwita ABAZUNGU bakenye//Benshi baratwihendako kuko//Ntitwizegwa mu RUKUNDO//Aba métis Turakumigwa
    #diaspora #mariage

КОМЕНТАРІ • 46

  • @ngarathecomedian5743
    @ngarathecomedian5743 Рік тому +6

    Bubahwe 🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Biriko biraza kuyindi mpwemu 🌟🔥🔥

  • @Fitbdi
    @Fitbdi Рік тому +1

    Bubahwe kandi bubahirizwe, turabarundi tukavuga ikirundi mumico yabarundi kirazira kwinubana

  • @eloysmithofficial9395
    @eloysmithofficial9395 Рік тому +1

    Nshaka yuko banshira muruwo muryango wacu jewe narabuze aho niyandikisha

  • @vestineniyonkuru2612
    @vestineniyonkuru2612 Рік тому +1

    Aba Métis aho muri mwubahwe🥰🥰🥰ndabakunda cane gose❤

  • @paracletdushime701
    @paracletdushime701 Рік тому +2

    Aba metis bubahwe cane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @deniseuwimbabazi1145
    @deniseuwimbabazi1145 Рік тому +1

    Bravo,Kira Farm est là pour Vous nos enfants/ Rwanda/ Garuka ku Gakondo

  • @mjvg9441
    @mjvg9441 Рік тому

    Ndumv kbx ubivuz neza IMANA ikund bose shimishw nukubon umuzung avug ikirundi

  • @karangwa2315
    @karangwa2315 Рік тому +1

    Racism yambere iba muri africa

  • @baller2.012
    @baller2.012 Рік тому

    Channel Nemera Bdi .
    Ariko mwohindura intro
    Can you say ladies and gentlemen instead of boys and girls please
    ( to sound professional)
    I came in peace ✌️

  • @twiganicyongereza2196
    @twiganicyongereza2196 Рік тому

    Njyewe ndabikundira aba métis. Rata Imana irabakunda ndabizi racisme irababaza kuyikorerwa.

  • @chachaqueen3091
    @chachaqueen3091 Рік тому

    Muvuze ibintu bikomeye cane gose. Vraiment mubandanye iyo sensibilisation impande zose

  • @ismaog133
    @ismaog133 Рік тому

    Kuyindi mpwemu vuba urayoboza inkoni yicuma🔥🔥🔥🔥

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587 Рік тому

    Issa sha ndamuzi ndabezerewe yarateye imbere kandi arazi ubwenge, biraryoshe cane

  • @arakazasuavis6812
    @arakazasuavis6812 Рік тому

    Kalibu gose iburundi mu meti mwiza iburundi haragendwa cane ni kalibu

  • @frgh7003
    @frgh7003 Рік тому

    Nne iyo association des metis ikorerahe?? Ko nanje mfise umwana wumu metisse??

  • @fabiolasilyvain8880
    @fabiolasilyvain8880 Рік тому

    Jewe ntamuzungu nokunda ndabatinye😀😀

  • @methoderukundo5295
    @methoderukundo5295 Рік тому

    Twese turabantu abametisi abiraburere twese turabantu kuko nabo bavyawe nabarundi nabazungu ariko aba yavukiye muburundi uyo numurundi canke numunyarwanda umuntu wese afise I ivangura ntabwenge afise kubera twese turabantu komera umukubito

  • @Mugangagakondo
    @Mugangagakondo Рік тому

    🇧🇮🇨🇩🇬🇦🇱🇷Ikibazo cy'ama infections Ku gitsinagore, ni ikibazo gihangayikishije ababyeyi n'abakobwa benshi, aho usanga bamwe barabuze urubyaro, abandi barabuze imihango cyangwa ikaza nabi, abazana ibintu by'umweru mu gitsina cyangwa impumuro mbi, hari nabo usanga nta bushake bagira cyangwa barabuze amavangingo mu gihe cy'imibonano.
    Niba mudukeneye ko tubavura infections cg kumenya ibindi Tuvura Kanda ahanditse *MUGANGA* hejuru Aho comment itangirira urahita ubona nimero yacu kuri profile utwandikirefgg

  • @Kirengaromeo
    @Kirengaromeo Рік тому

    One people different color

  • @wakandatyganelsonofficiall6395

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️❤️❤️🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @ncutimathieu4884
    @ncutimathieu4884 Рік тому

    ubivuze neza, Issa et ton frère

  • @quennevadina1949
    @quennevadina1949 Рік тому

    Visit burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤝🤝🤝

  • @adaitman1176
    @adaitman1176 Рік тому

    issa noe numu metis??

  • @سارهانا-ز8ت
    @سارهانا-ز8ت Рік тому

    Wauuu avunga nez iki rundi

  • @vyisijean7065
    @vyisijean7065 Рік тому

    We are all the same people and beautiful people

  • @jeanngenzi4857
    @jeanngenzi4857 Рік тому

    We are very glad to see you 🤣🤣🤣🤣

  • @nsengiyumvajeanmarie7365
    @nsengiyumvajeanmarie7365 Рік тому

    eeeeg ivyo nivyo ariko hariho abikumira ngo ntitubakunda kandi atakibazo ndufise uracakoresha ikiganiro kandi

    • @vestineniyonkuru2612
      @vestineniyonkuru2612 Рік тому

      Sibo bikumira barakumirwa😂kandi ababigira baba buzuye inzigo mukubakumira no mukubita amazina bishakiye,ivyo turabizi .Juste Gaël 😊

  • @joleal7941
    @joleal7941 Рік тому

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮👍👍

  • @richardkwizera9962
    @richardkwizera9962 Рік тому

    Visit Burundi ❤️❤️

  • @djfernando_aye
    @djfernando_aye Рік тому

    Turi umwe twese

  • @vyisijean7065
    @vyisijean7065 Рік тому

    Raster man

  • @mbomapadon
    @mbomapadon Рік тому

    🙏🙏🙏

  • @delicemizero7406
    @delicemizero7406 Рік тому

    🇧🇮🇧🇮👍

  • @FB-df6bp
    @FB-df6bp Рік тому

    💯🙌

  • @arakazasuavis6812
    @arakazasuavis6812 Рік тому

    uyu muzungu ndabona anaciye ubwenge cane gose arampimbaye azi gusigura ibintu vyose gusumba abavuka kubavyeyi bose birabura

    • @blandinekezamutima6438
      @blandinekezamutima6438 Рік тому

      Yakubwiye ngo ko atari Umuzungu ncuti. Mwite umu Métis kuko ari fier d’être appelé “Métis “

    • @arakazasuavis6812
      @arakazasuavis6812 Рік тому +1

      @@blandinekezamutima6438 haaaa ndumva nawe wazirikanye iyi interview urakoze kunkosora

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 Рік тому

    Ce Metis Rwandais est arrogant🙄
    I hope he was joking,
    Ngo n'Abantu bazi Ubwenge cane🤔
    Mubwire muti nabafise ubwenge bake babukesha ubwirabure buri muribo!
    Umuzungu:
    Nta Mubono abaho nk Umuzungu kw 'Isi!
    Ubanye nabo niho ubahinyura!
    Very,judgemental, very supremacist,very schizophrenial,very entitled,very Silly and Dishonest peaple
    Unless on some individual cases

    • @msn1781
      @msn1781 Рік тому +1

      Ubushizemwo inzigooo🤣🤣🤣🤣 n'a racisme irenze😂😂

    • @ninzizanadia2659
      @ninzizanadia2659 Рік тому

      Ngo nabafis ubwenge buke😅😅😅😅😅 Yesu weee🤦‍♀️

    • @twiganicyongereza2196
      @twiganicyongereza2196 Рік тому

      😀😀Ahubwo uri kuvuga nka raciste da! Sorry niba ndagutahuye nabi mugabo.

    • @semuganzabicusulaiman2353
      @semuganzabicusulaiman2353 Рік тому

      @@twiganicyongereza2196 oyaa sha mutinya ukuri cyane kabisa.