Asante sana Hosy ku mutumire watuzaniye si ivyimbrshere ikiganiro giheze nari nkicumvako cobandanya ariko ntaco akaryoshe ntigahora mw itama, nivyo sibike. kurundi ruhande ndakunda caane Ami pro ukuntu yifitiye icizere kandi adatinya kumva yoshigikira abandi kugira ngo na bo bagire aho bishikanye. ndakunda kandi ukuntu avuga yitonze kandi agatoneka neeza ibintu arikwaravuga. sinogenda ntasabiye ku Mana ngo ize ibashoboze mushikke aho mwipfuza gushika. Amateka y isi atwereka ko abashitse kure ari abaciye mu bintu bikomeye. Dream big and Working hard.
Mc Amir pro my god nciye nakumenya ahomuva murasa mwese petit frère niwe GN turazinanye niwe yanayambika ama T-shirt nah ndi Demu,Hosy asigaye ko mumpampagara 😋😋😋😋😋
@Hosy Irakoze ,nagira mfate akanya ndagushimir c'est la première fois ntey commentaire Umutumire MC Amipro dukunda kandi twubahaaa vrt ur nye inspira trop en tout cas n umu papa aciy ubweng kandi Imana ibandany yuzuzaa il est vrai ej ndakubon kure cn kand urumunt nkunda canee sinovug ivyaw ndabihez ngejeje ah ndangiz ndangiz nsab Allah ashobore kuguh TV n'as👏💗.hama Hosy nae yubahwee 🙏hasiga DJ Israël
Kweli bro maisha niku panda na kushuka. Akini uli koseya Amisi. Baraka Obama akuzaliwa Kenya 🇰🇪 😳 Baraka Obama alizaliwa America 🇺🇸 🙄 kuwa President America 🇺🇸 lazima uzaliwe America 🇺🇸 that is laws 🙄 nakuhusu ile picture Baraka Obama iko mu village 🙄 akuwa alikwenda kusalimiya Bibi wa Babu yake. Mweye ilo jina la Obama. President alikuwa naitwa Baraka. Baba wake alikuwa ana itwa Huseni. Babu yake alikuwa ana itwa Obama. GOD bless Burundi and all Africa 🇧🇮🇨🇩🇹🇿 👊🏿
👍👍👍👊👊👊❤❤❤✍ thx hosy kutumira amil pro ems wacu yimereye bien nsana ntaribi ryiwe namubonye igihe twajana mur campagne 💪💪🙌🥇
Waouhh Ami pro twarakoranye he is a very humble man really , keep it up 🤗🤗
SIREN Oyeee 💪💪
Komera @Hosy Irakoze,u the best 🙌🙌🙌,Ami pro be strong bro💪💪,Cadeau from Sweden 🇸🇪
WE LOVE HIM 🙌🏾 being a star has never been easy ✌🏾
Iyi interview iyo ntayimara nari kibabara Amipro yihangane cane iyisi iragoyeee
Ami ndagukunda ndashaka kukubna imana ibandany igukomeza
Asante sana Hosy ku mutumire watuzaniye si ivyimbrshere ikiganiro giheze nari nkicumvako cobandanya ariko ntaco akaryoshe ntigahora mw itama, nivyo sibike.
kurundi ruhande ndakunda caane Ami pro ukuntu yifitiye icizere kandi adatinya kumva yoshigikira abandi kugira ngo na bo bagire aho bishikanye. ndakunda kandi ukuntu avuga yitonze kandi agatoneka neeza ibintu arikwaravuga. sinogenda ntasabiye ku Mana ngo ize ibashoboze mushikke aho mwipfuza gushika.
Amateka y isi atwereka ko abashitse kure ari abaciye mu bintu bikomeye. Dream big and Working hard.
Imana ibahezagire namwe cane♥️
Imana iguhe umugisha caneeee @fridolin
Imana ikuje imbere muvyo wifuza gukora mu buzima bwawe, tukuri inyuma
Mc Amir pro my god nciye nakumenya ahomuva murasa mwese petit frère niwe GN turazinanye niwe yanayambika ama T-shirt nah ndi Demu,Hosy asigaye
ko mumpampagara 😋😋😋😋😋
Ami pro aramfashije cane kubwiki kiganiro
Love Much Ami pro 🙏🙏Sibose bakunda iterambere ryaw uri umu 🌟 ugomba kubimenya.
I like amipro (kuv ker ndakund ibiganiro akor) aboubakar from Kampala 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ami pro pole sana,birya vyabaye nibisanzwe ntawogutera ibuye.courage and focus on your job ibisigaye nubusa
Ndavuze Amen
Ami pro wubahwe kbx🙏🙏
Amipro ari sage! Imana ibandanye imwongerereza sagesse. Nakunze ikiganiro❤
Keep going Ami pro... This i your life👊👊👊👊👊
@Hosy Irakoze ,nagira mfate akanya ndagushimir c'est la première fois ntey commentaire Umutumire MC Amipro dukunda kandi twubahaaa vrt ur nye inspira trop en tout cas n umu papa aciy ubweng kandi Imana ibandany yuzuzaa il est vrai ej ndakubon kure cn kand urumunt nkunda canee sinovug ivyaw ndabihez ngejeje ah ndangiz ndangiz nsab Allah ashobore kuguh TV n'as👏💗.hama Hosy nae yubahwee 🙏hasiga DJ Israël
❤️❤️❤️❤️
Osé wakoze kutuzanira Ami pro Mwakoze ikiganiro gitesa kbs😍🥰😘
Ukoze ikibi kiraguherekeza komera Ami we love u
Hama ndishimye my Dady niwe yanashikanye abakunda kugenda Kigali mwoba mumuzi he is name Negro (Baranyanse Ramadhani )nubu kigali baraca mwizera
Ikiganiro ciza cn uwiteka abah umugisha kk naje ndiz gos Kandi nzogerageza( nzoz nibuka ineza) apan ikibi gutsindw mwizina rya Yesu 🙏🏻🙏🏻
Dj funny nawe turamukeneye kandi❣️💞
amipro aranyubaka sana bandanya utera intambwe
😀😀😀😀😀😀Hosy uranyish ngo ivy'intambara ya 93 vyaragucits😀😀
Gusa vrt Turakumbuye Fabelove kuri Siren vibes🙏🙏🙏🙏
Yoo ami pro shah iman ikunzigamir pee ndakund ukunt umez
Hosy wubahwe 🔥💝
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Keep it up bro
Bandanya uturemesha kuko imitima y'abantu yarahindutee kubera ubuzima tubamwo ariko koko ubuzima bwacu buri mu kiganza c'imana urakoze gose Ami pro ukomere kw'ibanga.
Ndarize😌😌
Ariko Hosy,umengo uwavuze k'uwudashaka atariwe umugirisha ikiganiro umengo yaciye yigarura aravuga ko yariko arafyina ariko ndabona vyarakubabaje cane? Iyo émission narayibonye yari umuririmvyikazi ntiriwe ndavuga
Émission nziza vt
Hi guys
How are doing 🇧🇮🇧🇮
Kweli bro maisha niku panda na kushuka. Akini uli koseya Amisi. Baraka Obama akuzaliwa Kenya 🇰🇪 😳 Baraka Obama alizaliwa America 🇺🇸 🙄 kuwa President America 🇺🇸 lazima uzaliwe America 🇺🇸 that is laws 🙄 nakuhusu ile picture Baraka Obama iko mu village 🙄 akuwa alikwenda kusalimiya Bibi wa Babu yake. Mweye ilo jina la Obama. President alikuwa naitwa Baraka. Baba wake alikuwa ana itwa Huseni. Babu yake alikuwa ana itwa Obama. GOD bless Burundi and all Africa 🇧🇮🇨🇩🇹🇿 👊🏿
Too much information on a wrong platform 😕🙄🙄
1% Hosy ntabitahuye 😅😅😅
Ami ndashaka kugira Tv online yaw bruuh vyba bitesa vrt
Ndacarondera ibikenewe papa ndabuz caméra
😢😢😢😢❤❤❤
Amipro ashaje yavuyse 1993 mwashaje nukuri bato
Hosy turagusavye uzotuzanire dje Israël nawe umugirishe ikiganiro
NAMBA UTARASHIKA AHA HANTU NTURATEMBERA UBURUNDI 👇
ua-cam.com/video/Ug3MQMh1beg/v-deo.html
Amipro Obama yavukiye Hawaï et non dans un petit village au Kenya
Mukiganiro cose aka niko konyene wumvise wovugako🤔🤔🤔🤔... Arko sh abantu mwabae gt... Toujours là pour critiquer🤨🤨
Sorry Amipro ntawotwara USA atayivukiyemeo Obama yavukiye (Honolulu, Hawaii US.)