Udatwenze uzoba UGWAYE kandi bikomeye..|| Uyu mukinyi wa NINDE aradutwengeje bidasanzwe nukuri..
Вставка
- Опубліковано 4 жов 2024
- Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Ndi mubambere bazindutse mumpe izo like zanyu uwomutama ndamwibuka muri ninde🤣🤣
Abanyagitega bacu baratweza isaac ndakwikundira kunyereka abo muhira💓💓🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪
Ngewe ndi umunya Rwanda nkunda uwo mutamacyane kbs kuko nkunda kureba inkino zabo cyane ndi mu Rwanda mumuntahirize
Très intelligent !!!!!!!!!
Isaac uzoze ugerageza iyo uriko ukoresha interview ukavuga ikirundi gusa utarinze kuvanga indimi mvamahanga. Bivanye nuwo muriko mukorana ikiganiro.
Nugusuzuguza I kirundi hari nabivugisha ikinyarwanda sinzi rero ivyo baba bashaka kurwereka
Oyaye abashaka nogutwenza bibemwo kuko bica biryosha ikiganiro 🤣🤣
@@babyloveflores3652 yeah nivyo ariko bivana numuntu uba uriko ugiranira nawe ikiganiro. Gusa maze kubona ko Isaac ikirundi kimugora.
Kabisa,🤣😂😂😂ati ntanumwe aremera ko ahembwa neza🤣😂😂
Imana ibongere imwaka yokubaho ibahe nubuzima bwiza batama bacu
Nice ISAAC TV. Ndakwikundira.
Ndabakunda cane
sha iyo sowawe akwanka akwita nabi
Umufirozofi kabisa,ahejeje guha icigwa Isaac TV,nabaywanyi bayo
Isaac songa mbere👌👌🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Uyomsza araryosha ninde🇧🇮
I saac TV much respect maninja urashobonye nanjo uzoze kumvumbura mubwiza kur salon La surprise
Turabakunda cane mukomere
Ndabakunda
Nukuri Issac TV uruwambere mugusatira kabisa ubandanye utera imbere✅
Isaac ndamwemera, araturonderera udukuru turyoshe.
Muyaze neza cane gose.
🤣🤣🤣🤣🤣🤣umsaza araho arasetsa basi
Mutama wacu wubahwe😍😍
Uwemera abakinyi ba ninde ko ari aba commedier na shire like ngaha😄😄😄😄😄😄
Nakubali isaac gutemberer abatement nkabo
en tous cas vrt bano bakinyi ba Ninde nibo bonyene maze kubona bamenyerey Camera kandi bavugana confidence nyinshi muma interview
😂😂🤣🤣🤣🤣😃😃😃😃😃😃😃🤣🤣😂😂😂😀😆😆Ndashwanyutse nukuri , 🤣🤣😃😃😃😃🤣🤣Iki gitama cacu kiratwenza nukuri
Merci Isaac, urandyohereje umunsi
Uyumutama ndamwemera
🤣😂🤣😂🤣aranyishenukuri 🤣😂🤣nugutwenga uzokwame wamurondeye
Turabakunda cyane mbakurikiye ni Murwanda nsuhuriza uwomutama turabakunda
Big up boss wa lsaac tv
Muranyishe saac ntambavu sigaranye muzivunye zose 🤣🤣🤣🥰🥰🇧🇮🇴🇲
Mutama ararenze kbx🥰🥰😆😆😆😆😆
🤣🤣🤣🤣uwomutama ndamukunda 🤣🤣🤣cotsim ngonimpuzu zisa🤩🤩🤩🤣🤣🤣🤣🤣
Muranyishe
🤣🤣🤣 uciye nubwenge Mutama 🤣🤣🤣
Bubahwe Iman ibahe kuramba
Ndipfuza k jimbere magazine bomutumira
Biraryoshye pe murashimishije
Uwo arantwenza sana
Sha nukur uwomugabo ndamukund cane
Nize indimi zibiri ndahinduye !!!😂😂🤣😂
🤣🤣🤣🤣🤣🤣 uwomugabo Akayeri kamuguyeneza kbs ati nopfuma nguma ngwaye
Uzi gukora wamugabo we uyo muntu wazanye vyiza cane zana abandi nkabo
Uwumutama nuwambere mugukwenza
Ikiganiro c'iza,muga ica Sisi n'arya mahasa waratubeshe twasanze Ari comedy,
Ndagunda I getega encore I mugera
Muzehe ryubikibanga ntawutabiki banga
Isaac dushaka ikiganiro cinza cagasore plzzz tunapenda umbea 🤧😅😅😅😆😆🤣🤣
Weeeweee tulia Mimi nafunga sitaki Umbea😂😂😂
@@gygygyslaine5016 jamani 😃😃😃😆😆😆 tukifturu tunaskiya 🤭
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Aisac.nukuri.ndapfuy.
@@irakozemwanaidi1085 😂😂😂😂 bakuace kbs
Iyo uja mubihororo ni mu Giheta nyene,sha wariguhura.
Uyu mutama aratwenza
Kabis mutanguy gukora ibikorika
Muri ninde ntari mu ba acteurs préférés ! Ariko ndakunze interview yiwe. Je le trouve très sage !!
Costume nimpuzu zisa😅🤣😁😃
Mutama waters injury nkizo...uranyish p
Mr Bikoroka di😂😂😂😂😂😂😂
Uwomutam namuheruk kera
Isaac nawe urabaza gamana😃😃😃😃😃😆😆😆🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
isahac wubahw jew ndumunyagiheta igitega ugizeneza kutwereka abakinyi baninde bacu
Isaac umucukumbuzi nimwirambire ndagufana
Nciye nkumbura mu burundi wwweeeee
😂😂😂😂Nukur imbavu zanje urazindiha Isaac Tv 🤣🤣🤣🤣🤣
Warazigurishije noneho?
Vyiza caaneee
Mb isaac ngo ngiranj muri W.C??? Ico nikirundi weho nyen? Ni akazu ka surwumwe mukirundi!!!
Uw mugab ndakunda ukunt akina saaaaaaana
😂😂😂😂😂😂nimpuzu zisa😃😃😃
Komeza
Isaac tv yoo mbakunda ♥️♥️
Mutama aratwenza canegose
😭😂😂😂😂encore lui il m’a tué
Uyo mutama aranyemeza goseeeee. Bikorokaaaaa
muraraba mubafashe baronke youtube yabo ..amahera y ama views aje kuri bo hako bakena abandi baronka amahera mu kubakoresha...
Micro ni agasanzaza majwi
Je numva arisaradee
Murek kutwenza na bikoroka aja kwishuza itwano
Mwirambire turabubaha muratwigisha cane
Ikimenabanga cikinyoma mukama
Kandi reta yarikwiye kubafaramumugongo komushaje mwarimukwiye kuronka agashahara
Isaac tuzanire ibikurikira hama cinthia nawe koyamenyukuri navinyuma yumugabo wabandi gusa cycy ndabona asa nuwasamyinda
Uyo mutama numengnzi wa papa kbx akarwa kubatama baruguru nihatari
J adore
Isaac bisabak Jewe uzondiha imbavu zanje 🤣🤣🤣🤣🤣 ndakunda ibiganiro vyawe 100%% kuruaku naho Oya niyombuze akanya ndarira sinkubesha
Muransenyaguy imbavu vrmnt ngontarakabati🤣🤣🤣
Bayita gasemerezi morceaux
Safii!! Kabisaa
Tuna wapenda wotee!! Ngo nindeee!! Eee ni wewe!!!
Costume ngo Niki?😂😂😂😂😂
Abakinyi ba ni nde turabukunda
Isaac muratwica mwbw namaseko🤣🤣🤣ati nimpizu zisa
Ndabonye uwo tumeze kumwe kbx ntamabanga yuburofa
Ninde nakaranga ka barundi
Shukuran Isaac
Oya nuku nanj ndasets
Costume ngo ni impuzu zisa😂😂 isaac komera cane turagukurikirana aha oman
Bikoroka nuwambere
🤣🤣🤣🤣🤣, uyomu papa aranyishepe!, ikirundi kiragoy cane
Amakinyi baninde kweli bose bashaje pe
Bikoroka aratwenza kwl
🤣🤣weeeeeee
C’est vrai
Surtout nize I gitega ku musasha
Komera bwana Isaako
Kireko aranyumij