TV,ivyo yakora imbere y'imigumuko,ivyo yakoze mu migumuko,birazwi Ntagitangaje rero ko n'ubu yokoresha ibiganiro nk'ivyo y'ibihimbano Kandi wumvirije ukuntu adondagura abo Bari kumwe ko bari aba CNL,uca utahura neza ko abesha kuko nta kuntu iryo perereza ryokwuzuramwo abaCNL Kandi umugambwe uri k'ubuyegetsi utabuze abokorera iryo perereza.
simpaririye ivyabay le 11 na 12 dec 2015 mais uyumuntu ndabona ariko aragira irementanya kuko ingene avuga urabona ko ariko arabisoma atarivyo yakoze ! si yarashi abantu one days ubutungane buzomurondera😢 naho butaba arubwo iburundi na Cour Penale International ,kuko ababuze ni benshi 😢😢😢
Mbe ko tuzi ko umugambwe CNDD-FDD kuva kera ari uwo abaHUTU n'abaTUTSI,basangiye urugamba rwo guhabuza Demukarasi yari yanigiwe mu menshi,kandi bagwaniye amoko yose batavangura,kuki aribo bari kugaruka gutegeka abndi ngo ica ubwoko kanaka?? Ivyiyumviro vy'ivangura ry'amoko rero ni ivya CNL kuva kera birazwi;kuba rero avuga ivyo bakoranye na bagenziwe babaCNL,ntagitangaje kirimwo;kuba yoba yarahungiye mu Rwanda kubera amakosa yoba yagirizwa na leta,na vyo ni ikindi. Nareke rero kubeshera abantu ku vyo yoba yarakoze ku gushaka kwiwe kandi iyo avugira harazwi ko havugigwayo ivyo nyene na Tv avugirako irazwi ko ivuga ivyo nyene. Abatazi kahise na politike vy'u Burundi ni bo bohava bashoka bemera ivyo avuga na Tv ibikwiragiza
@@mbona7324 hari Abo baja gutora mu mpangu iwabo, amasasu rero ntiyari nécessaire kuko Abo batora murupangu ntibari armés. Wewe utabimenye canke ngo wumve nakimwe nuko tu es été pas Ciblé. Point
Ubucamanza ntiburaba ngo uraha naho woja muri USA. Niba vyukuri ibi ariko aravuga yarabikoze akaba yidegemvya hiyo kuba ataratabwa muri yompi, kandi abo yagiriye nabi benshi barikumwe vyoba ari vya bindi twita muchezo wa ndani.@@ndayishimiyerichard5680
Muri abicanyi babi cane gose
Vous m’avez torturé et 9 ans après ndacivuza amaguru yanje yaramugaye 😢
Imana izobahane mwese mwa bicanyi mwe
😭😭😭😭😭
vérité douloureuse ! Quelle honte pour le petit pays !
Wibuke ingene wankubaguy undumbika umutwe mumazi waruzi yuko ubuzima bwiwanj buvuye kwisi Imana niyo yankingiye wacuye uja guhungira mu Rwanda wivugish ibinyarwanda
mpore ncutiyanje😢😢
Wamumenye ? Mpore disii 🫂🫂😭😭
Hama abantu bakaza kuvuga ngo Ariko arabesha voilà la preuve ko hari uwo yatoteje.😓 Mpore mpore 😭
Bamujane I Rahe ahanigwe ivyo yakoze ariko yipfane
Soma neza ivyo wanditse, ushire umutim ham urek kugugumw niho bidasarisha😏
Iyombwa yinterahamwe ngo n'umurundi?
Interahamwe ko muri bamwe umutukira iki? Murakorana, murasangira iburundi mwabahaye indaro birazwi
@@GiseleUwera-m6ginterahamwe ni benewacu bagomba kubaho, Imana Ibakomeze
@@maishacenter-eastafricatv3976 Urarata ubuterahamwe ubugome ntabutwari burimo, ahubwo ni ubugome n'ubugwari gusa
Wewe nturi numurundi gumana nabo mwajanye mururworwavu urimwo
Murateyesini
Bivuge vyose abo bavuga ngo urabesha nuko babifisemwo uruhara
😂birababaje cane ko haba muri Leta y Uburundi Itegeko ryo Kwica
Sindakuzi ariko nimba warish abantu Imana izomenya urwo izogucira ariko ububeshi nabwo uriko urakoresha nabwo bozoguhumire
Mbega kuberiki abatanga intahe bose bavuga ikinyarwanda? Baragerageza kuvuga ikirundi ariko ikinyarwanda kikabatanga imbere
Gushika aho Iryo Tegeko ryo kwica zina Mututsi
Ntagice ca 2?
Uuu hama nya adolphu nawe ari hehe abishe bose barihehe.kumbe nuguhahamira ubutegetsi nivyubahiro atanumwanya bimara
Waregowe ndake !
Uri imbohe ya Sinduhije!? Kagame arakubona was nterahamwe we
Ubwo nububeshi wa mbwa we
Urazi kubesha muhungu.
Ubwambere uvuga ikinyarwanda.
2 ivyo biziga uvuga mubwiza, mukanyosha ibiziga mwabitora hehe? Kwande ? Gyari ? .
Namba ari mumabarabara abantu bari kubifotora.
Tv yanyu niyibinyoma yamoko. Kuberiki mushaka kwerekana ki abatutsi nibo bapfuye gusa ? Kandi Abatutsi aribo batanguye kwicha imbonerakure ahariho hose ihari mukayica bo sabantu ??. Vuga make ukuri ntamuntu numwe atakuzi.
TV,ivyo yakora imbere y'imigumuko,ivyo yakoze mu migumuko,birazwi
Ntagitangaje rero ko n'ubu yokoresha ibiganiro nk'ivyo y'ibihimbano
Kandi wumvirije ukuntu adondagura abo Bari kumwe ko bari aba CNL,uca utahura neza ko abesha kuko nta kuntu iryo perereza ryokwuzuramwo abaCNL Kandi umugambwe uri k'ubuyegetsi utabuze abokorera iryo perereza.
Murabe neza mumaso amazina yavuze ariko arayasoma aho yanditse
Ingero yicyaha nurupfu
Gusa uzasenge ntuzasare
Kuko amaraso numuvumo
Ko avuga nk'umunyarwanda?
simpaririye ivyabay le 11 na 12 dec 2015 mais uyumuntu ndabona ariko aragira irementanya kuko ingene avuga urabona ko ariko arabisoma atarivyo yakoze ! si yarashi abantu one days ubutungane buzomurondera😢 naho butaba arubwo iburundi na Cour Penale International ,kuko ababuze ni benshi 😢😢😢
Mwarahemutse, amaraso arahuma kandi muzobibona si kera
Le 11 na Le 12 nka 9h twahura na polices ujabuke Ntahangwa, baratwirukana, nibuka polices batubwira ngo ve mwibarabara mutubise twimaranire, twiyicanire, kirya gihe vyari ivya gisirikare bariyicaniye
Urabaye Nyirarureshwa,
Wishe abatutsi,bucuhungiramu RWANDA?; ndakwemeye
😂😂😂😂😂
Mbe ko tuzi ko umugambwe CNDD-FDD kuva kera ari uwo abaHUTU n'abaTUTSI,basangiye urugamba rwo guhabuza Demukarasi yari yanigiwe mu menshi,kandi bagwaniye amoko yose batavangura,kuki aribo bari kugaruka gutegeka abndi ngo ica ubwoko kanaka?? Ivyiyumviro vy'ivangura ry'amoko rero ni ivya CNL kuva kera birazwi;kuba rero avuga ivyo bakoranye na bagenziwe babaCNL,ntagitangaje kirimwo;kuba yoba yarahungiye mu Rwanda kubera amakosa yoba yagirizwa na leta,na vyo ni ikindi. Nareke rero kubeshera abantu ku vyo yoba yarakoze ku gushaka kwiwe kandi iyo avugira harazwi ko havugigwayo ivyo nyene na Tv avugirako irazwi ko ivuga ivyo nyene.
Abatazi kahise na politike vy'u Burundi ni bo bohava bashoka bemera ivyo avuga na Tv ibikwiragiza
Muzadushirireho igice 2
Nane iyo kwarumunyarwanda
Asha Télé renaissance murazi kubesha kweliii😂 Uyo munyarwanda mwatoye ahantu mukamugirisha ibiganiro nimba mwibaza ko abantu turi ibigugu
Imyaka isaga 10 Uba muburundi urumunyarwanda cg umurundi Uba murwanda (haribenshi twiganye babarundi muri University twageze mumwaka wa 3 bivugira ikinyarwanda cyinshi) ntakabuza ufata Accent yikirundi kuko nindimi zijya gusa.
Oya,aho sinogushigikira,uyo n'umurundi kimwe gusa imyaka amaze murwanda icenda 9 n'amezi,birihagij ko gusobekeranya ururimi. None ubwo buhamya mutanga imyaka hafi 10 igomba ihere,ubwo ntimugomba gutoba amatora ?
Murazi kubesha uwomutamunyarwanda muzana kubesha
Uwo munyarwanda wo kumusaga n'uwahe?😂😂😂😂
Yanditseko umunyarwanda? Naho yoba avuga ikinyarwanda usanga amaze imyaka yahungiy i Rwanda cank ntimuziko huzuy interahamwe munzego z'umutekano. Ivyo mwakoze bizomenyekana
Uraraba dans les Commentaires abo yatoteje hama ureke kuvuga ivyo utazi.
ni baguhe amahera wahejeje kuyakorera.none KO mbona amazina umengo uyasoma Ku rupapuro??
Gusa urazi gusoma
Turi muri 2024 ivyobintu muguma mugarukana. Jakukivi
😂Reka kubesha was muswawe
Uriujeri
Harimwo ubuneshi nkivyo vyo mu kanyosha arabeshe niho naba. Mukanyosha ntabantu biciweyo urya musi
Wewe. Hose warahazungurutse ?
@Akamkam-i4b mu kanyosha wanashaka ntanurusasu rwahaturikiye arya matariki. Nahora nkurikirana abavuga ko bashinga intahe ngaha nkibaza ngo nivyo none kuva uyu avuga nkumva ashizemwo mu kanyosha kuri arya matariki nciye mbona ko haba harimwo benshi babesha muvyo bavuga kuko jewe nari mu kanyosha ndazi ivyo ndiko mvuga
@@mbona7324 hari Abo baja gutora mu mpangu iwabo, amasasu rero ntiyari nécessaire kuko Abo batora murupangu ntibari armés. Wewe utabimenye canke ngo wumve nakimwe nuko tu es été pas Ciblé. Point
Nkoroka ntabwo yitwa alain😅
Umuntu ahaye avuga arurimi rutari urwiwe ntiyoberana
❤🎉🎉😂😮😊😅
MUJERI NI WEW NYEN UVUGA IBI
Uyu ubanza ari Interahamwe
Niko wee uzapfa indaramabuno ntureba ko wabaye Kanyarengwe wakacwa we
Uburero wibagiye i kirundi 😂😂😂😂😂
Sha iyisi iragoye
Imyaka isaga 10 Uba muburundi urumunyarwanda cg umurundi Uba murwanda (haribenshi twiganye babarundi muri University twageze mumwaka wa 3 bivugira ikinyarwanda cyinshi) ntakabuza ufata Accent yikirundi kuko nindimi zijya gusa.
Reba muri comment harimo abamuzi
Ivyo bintu uriko urasoma vyukuri ubona hari uwovyemera? Nivyo ivyabaye vyarabaye gusa mureke kutugira ibijuju nkaho atabwenge tugira.
Kura ububeshi ngaho
Iyoniporopagande
Uyu muntu arabesha kandi niyi tv Renaissance barambabaje nimba bakora uko murekere abazi gukora.amatohoza..bullshit ..ivyavuga arabisoma, nkoroka ntiyitwa alain, ngo ibiziga babitora bwiza jabe ububeshi gusa
Ikibazo uburundi bwubakiw kukinyoma iconzi nemera nuko 1968,1972 ,1988,1993 nibwo bwicanyi bwabay navyivyo vyabay kwiyahura kuko batey amakambi
Hhh imana ishimwe kwabagumutsi twabatujije Uburundi namahoro kandi bibahe icirwa ndazi ntabantu muzosubira kugumurira mwibarabara ngobemere
Muvuge impande zoose .Ndemera ko Abatutsi twishe abahutu ariko ntimuharire 2015 hapfuye abatutsi nabahutu bamwe ba CNL ya Agathon Rwasa .
Gusa ntawomara ubwoko ubwo bujiji abarundi tuzoburengere twubake igihugu cacu.nkuku idolari 100$ zigeze kuri 700.000 Ugira abariko bababazwa nabatutsi gusa?
😂😂😂😂😂😂😂😂
Uri umunyrwanda wewe😂
None kowishe abatutsi ukavyiyemerera hama ukaba urimurwanda kuberiki ubutungane Burwanda butoguhana propaganda zabahima tutsi zarataye igihe
None yish abatutsi murwanda aho aburanishwa mu Rwanda ? Reka kudedemba mwavuga ngo muriko mwihora abahutu bapfuy 1972 mwihorera kunzirakarengane.
@ndayishimiyerichard5680 yoba yarishe abatutsi agahungira mubatutsi ningene tuzi mwanka abahutu mwebwe nyene muba mwaramuhaye isumu ariko burya mwategura imigumuko mwibaza kotutabacucuma iyotutabacucuma umuntekane ntuba waragarutse raba ubu ingene igihugu gitekanye
Ubucamanza ntiburaba ngo uraha naho woja muri USA.
Niba vyukuri ibi ariko aravuga yarabikoze akaba yidegemvya hiyo kuba ataratabwa muri yompi, kandi abo yagiriye nabi benshi barikumwe vyoba ari vya bindi twita muchezo wa ndani.@@ndayishimiyerichard5680
@@bizomenyimanaelias5455😂😂😂 Igihugu Icahe Gitekanye? DENIAL IS THE RIVER IN EGYPT 😂 you ain't serious for sure
Yacubesha ivyuvuga sivyo honyene uvuga ikinyarwanda hehe nivyuburundi genda urabesha kabisa kimwe iyi video nibikwe harumisi uzobibazwa
What are you even yapping in here? Lmao
Pure mensonge
😂😂😂😂😂