Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Gaël umumenyesha mukuru w,umwaka ,uwuvyemera nka nje ampe like
Uri umunyamakuru w umunyamwuga. Abakwibarutse bagomba kuba bari proud.
Komere ku bikorwa Imana ibakomeze Uburundi butere buja imbere.Congratulations cane
Twipfuzako muburundi hobaho umuyagankuba wizewe kugira ngo tuzahore duteka kumuyagankuba namahinguriro meshi agakoresha umuyagankuba kugira ngo dukingire ibidukikije (ibiti)
Vive Burundi
Uyu mwubahwa vrt arimukazi kose!! Ubu ndabona préférence parrapport yomumisi iheze!!! Gaël 🎉🎉🎉
Uyumuntu wa regideso yubahwe pee Imana imuhezagire
Nice
Courage turabeko twoterimbere❤
Komera Mutama Dr Ingenieur
Uwo mu DG ndamukunda p numunyabikogwaNdabona itandukaniro ryumusirikare numusivire
Gaël dusabire namazi. Jewe aho ndi maze imyaka 2 tutaronka amazi. Muri zone Maramvya
regideso.amakuru murayafide kbs ndabna uburundi buba paradise mumisi.mike
Uri ku kazi komeza cane
Thanks!
Imana ikomez Kubashoboz bubahwa bacu
Juste gael ntakugoheka inguvu nyinshi ejo ni heza
Amajambo meshi cane
Gaël ubwiwe niyindi IMPWEMU Isasanzwe.👌
President wacu yubahwe cane. Never. Komera. Uvuze rimwe twumva. 10
Courage bro❤
Vibe yawe irarenze🎉🎉
Nkukubivuga udushikana Aho tudashika❤
Mutama duhe ama conteur muri rumonge ureke umunwa gusa mbe mbaze rumonge mwqrahahevye kopo kopo ntamazi ntamatara none baga nibiki habuziki vrmt
Abarundi bose bakeneye gukunda akazi kabo nkuyumu engenier. Nomumaso urabona ko akunda akazi
🇧🇮👍
Gaël mukazi kose 🎉
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦home sweet Home nyumbani kwanz ☝️ one day
Yakore igihugu gifise amatara nisawa
Komera
Imyaka ihez nimyishi
Bakubeshe iki ntamaso ufise yukubona. Rekakuduca intege
Bandaniriza ngaho muta ngaho rero murikukivi apana kuvuga vyonyene
Camera 📸 mwayaguye kurugero runini bituma itakiboneka gitomoye
Gaël turagukunda cane. Turakumbuye kudutembereza kwisoko nkuru yabujumbura tumenye ahibikogwa bigeze
Ja kuri indundi tv fablice yariyo
Andika indundi TV uraronk updates kr BUJA CITY PLAZA
Uwo muntu ndamukûnda gayemwe
Uburundi ni vyiza ko buterimbere, tuzanire amatara n'amazi, ibindi abenegihugu bazovyikorera
Ibibintu biraha icubahiro niteka uwubikora nayibindi ntagaciro bitanga turabakeje
Uburundi turi mukazi turi kumuvuduko munini mwiterambere
umunyakwubahwa numukozi kabisa
Bro ndagukunda ukuntu uguma udushikiriza vyinshi vyiteramber haswa nka twebwe turi hanze
Sinarinzi ko ibi bintu bihari mu Burundi... habura iki ngo hubakwe n amabarabara acamo imiduga ameze uku. Ni vyiza kabisa
Bazovyubaka muri Ubaka nation babasavye gutanga imitahe yanyu
Reka basha kutubesha
Abarundi mwabaye gut? Ariko akubesha gute kandiuriko urabibona
Aha usanga Uri mubatifuriza uburundi iciza! Sigura ico atubeshe
Gaël umumenyesha mukuru w,umwaka ,uwuvyemera nka nje ampe like
Uri umunyamakuru w umunyamwuga. Abakwibarutse bagomba kuba bari proud.
Komere ku bikorwa Imana ibakomeze Uburundi butere buja imbere.Congratulations cane
Twipfuzako muburundi hobaho umuyagankuba wizewe kugira ngo tuzahore duteka kumuyagankuba namahinguriro meshi agakoresha umuyagankuba kugira ngo dukingire ibidukikije (ibiti)
Vive Burundi
Uyu mwubahwa vrt arimukazi kose!! Ubu ndabona préférence parrapport yomumisi iheze!!! Gaël 🎉🎉🎉
Uyumuntu wa regideso yubahwe pee Imana imuhezagire
Nice
Courage turabeko twoterimbere❤
Komera Mutama Dr Ingenieur
Uwo mu DG ndamukunda p numunyabikogwa
Ndabona itandukaniro ryumusirikare numusivire
Gaël dusabire namazi. Jewe aho ndi maze imyaka 2 tutaronka amazi. Muri zone Maramvya
regideso.amakuru murayafide kbs ndabna uburundi buba paradise mumisi.mike
Uri ku kazi komeza cane
Thanks!
Imana ikomez
Kubashoboz bubahwa bacu