Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Amen
Umugambii Imana yatuvuzeko uzashikaa too
Yararangiye pe ntagisigaye lbimenyesto byose byarasohoyeImana idutabare..
Imana ishimwe nukuri 🙏
Ndagukunda shaa mbayahaga
Twakoreye ubusa ndakeee😂😂😂 rimarize uti ndakenda....
Ndakund ukuntu uvugisha ukuri
Kakantu ATI ndakeee... Sijewe gusa😂😂😂😂
Nimushireko inimero ya Apotre mbayahaga
Imana ishimwe
Nanje ndipfuza gutanga ariko ndingozi simbonuko notanga.nimuduhe numero twotangako
Pasta nshaka num yaw kuko ndifuza gufasha nan jntavyinsh mfis ariko mfise umutima wogutanga kandi ijambo Ry Imana wigishij rinkozeko urakoze cane
Amahoro cane mugenzi. Numéro yanje ni 68235604
Kubijanye "nidini ryo muri Roma" no guturira bible nibaza ko wumvise uruhande rimwe gwa history ya protestants gusa. Wokwumviriza uruhande gwa "idini yo muri roma" hama ukagira conclusion
Amen
Umugambii Imana yatuvuzeko uzashikaa too
Yararangiye pe ntagisigaye lbimenyesto byose byarasohoye
Imana idutabare..