Shalom Shalom Shalom Abavukanyi bacu Bob Rugurika na Pacifique ✌️ Nininahazwe. Ukuri kuzotinda kumenyekana ku vyerekeye urupfu rwa Président Pierre Nkurunziza

Hey, sindi umurundi, gusa hari ibyo uwo Bob, avuze nemera ko ari ukuri, hari gahunda ya recrutement mu bihigu ntavuze, critère: " uyobora diaspora kuba ari umututsi"; aho ufite ukuri 100% Gusa courage, murebe ko mwagera kuri changement....
Shalom Shalom Shalom Abavukanyi bacu Bob Rugurika na Pacifique ✌️ Nininahazwe. Ukuri kuzotinda kumenyekana ku vyerekeye urupfu rwa Président Pierre Nkurunziza
Shalom Shalom Shalom Abavukanyi bacu Bob Rugurika na Pacifique ✌️ Nininahazwe. Ukuri kuzotinda kumenyekana ku vyerekeye urupfu rwa Président Pierre Nkurunziza
Shalom Shalom Shalom Abavukanyi bacu Bob Rugurika na Pacifique ✌️ Nininahazwe. Ukuri kuzotinda kumenyekana ku vyerekeye urupfu rwa Président Pierre Nkurunziza
Shalom Shalom Shalom Abavukanyi bacu Bob Rugurika na Pacifique ✌️ Nininahazwe. Ukuri kuzotinda kumenyekana ku vyerekeye urupfu rwa Président Pierre Nkurunziza
Amakuru meza cane, murakoze mukuyadusangiza kabisa.Ndibaza igikuru nuko nk'abarundi dukwiriye gutanguza ikintu codushira hamwe abantu booose tubona yuko igihugu kigeze habi, kugira tuve muri ivyo bintu vyokubura abantu vyama vyabaye kuva narindi.
Abicwa nibenshi,abahohoterwa ntibagira uko bangana.....
Mbona mwobireka kuko urubanza nyakuri ruhambaye cane n'Imana yomwijuru izoruca
Yubahwe radio yacu nziza iduha amakuru atavugwa kuzindi radio mbega kiramvu arahema? Turkumbuye kumvijwi ryiwe?
Shalom Shalom Shalom Abavukanyi bacu Bob Rugurika na Pacifique ✌️ Nininahazwe. Ukuri kuzotinda kumenyekana ku vyerekeye urupfu rwa Président Pierre Nkurunziza
Hey, sindi umurundi, gusa hari ibyo uwo Bob, avuze nemera ko ari ukuri, hari gahunda ya recrutement mu bihigu ntavuze, critère: " uyobora diaspora kuba ari umututsi"; aho ufite ukuri 100%
Gusa courage, murebe ko mwagera kuri changement....
Merci Nadine de nous éclairer
Pierre Buyoya we vyagenze gt murayaca amahera yabazungu😂😂😂
Mbe nyen ko mutavug ku rupfu rwa Ndadaye?ugir turibagiy ko yishwe ar incungu ya democratie kand bigakorwa nabavyeyi banyu?
Pacific Ninahazwe wakoze kuvuga ivya Rugurika kwariwe yazanye abapfumu buca Perezida ariko wewe arikoarabihindagura ngo usumu ryavyye Tanzania
Ko mutarondera ikishe Buyoya . Mukunda umuhusi wacu Nkurunziza kurusha Buyoya .
Mbegamuzogeza ryari? Akiriho mwarakokeje mumwiyamiriza none ubu rero muramubabaye?muraje !!!
Emwe mukiriko muvuga ivyo mwigombeye uburumi bucagowe,mbe rpa komutavuga ibibi vya buyoya? Ese komutavuga ndadaye,nurupfurwe? Abarundi nibande? Muracagoka
RPA geza ngaho Ayo mahopa yanyu.mushaka guteranya abagumyabanga ba CNDD-FDD.ayo macenga yanyu basha!!!!! Twarabahinyuye.
Wewe ndadaye mwakereye nkimpene kumurango izuba rwagasore nabiwe gayemwe ntimwabamariye kumbugiti nuno nunsi ntakuri kuraboneka none nkurunziza nurukundo mukunda abarundi mufise canke nuko amatora yimirije mugira mutangure kurwanira ibiti mwebwe kuko mufise ama pasporo agenda isiyose ataco murishe nicogituma muguma muryanisha abenegihugu ariko umwanya wanyu wararenganye
ubujuju ningwara 😂😂mbega ubujiji bwubupfu 🤔🤔ivyuvuze bihuriyehe nibirikuvugwa
Mbega wewe nyene pacifique nininahazwe na bobo rugurika komwashaka kumugandagura 2015 ngomumuziza mandat ya 3 iyobibakundira mubamuriko muratubwirukuri kuvyo muba mwarakoze? Reka sha nidiri yanyu munaniwe 2015 mwarabandanije kuronderuko mwomwica mushaka guhuvya amatohoza ndazi nubu ntimwicaye ariko ntimwishongore imana izobagabura kubibi bibariko honyene banza wumvirize namajambo ava mwabo batumire banyu gusa igihugu kiri mwabagabo
Murakinde amahoro basha uburumdi nubwacu twese
Vyukuri mwarabony ko twe abarundi tutagishak ibihungabanya umutekano muzanye iturufu ku rupfu rwa Sogo?
Icyo nkundira abatutsi murazi kwigira beza ubundi kuva abishwe muri 1972 gukomeza kugeza nubu kuki abishwe nabatutsi ko mutabikoraho ubusesenguzi ariko uwo mukeka ko yishwe nabahutu nibwo abatutsi muza kuvuga ubusa ?!
Yishwe ngo nkakanyegeri Ndadaye yishwe mumuhimbaguye ko mutamuvuga ? Ngo abapfuye 1993 ! Ese ko mutavuga abapfuye 1972 nabo bishwe nabo ba cndd fdd?
Ngo mwarabuze abanyu ngo Nkurunziza ari kubutegetsi ? Hanyuma bene wanyu babatutsi bari kubutegetsi ntabahutu babuze ababo ? Ese papa wumuhisi Nkurunziza we yariyahiye cg nimwebwe mwamwishe ? Ese Ndadaye yishwe nande ? Ntaryamira yishwe nande ? Kuki mwigira inzoka mbi nkaho twabyibagiwe ?
Umviriza mwabatutsi ubumusigaye mugomba kwigira abera !!!mubikore mwibuka ivyomwakoze 1994 mbekomutavuga ingene mwishe Ndadaye ? Turabiziko murabicanyi ariko ndabibire ibanga ,hamwe mwokwihenda ,gato gusa ntivyoba nkabimwe mwakora 94 mugafata agatutsi kamwe kapfuye nabi kagashorera abahutu cumi 10 kabateaye iyobabicira ,natwe ubu tubica hamwe atazina mututsi azosigara mugihugu cuburundi naburya mutanagwira ,mwogomba mwotekereza muzikugenda muragwehagurika gusa ,murubwoko bubi ,mugira amanyama atanutuguvu mufise umengo bwose bugway sida
Nibarize Abo bagabo kndi bikunze mwonyishura!!ndadaye yishwe nande?Nabandi biciwe hamwe Bari harya mugisagara ça Bujumbura!!ndetse nabavyeyi bacu,Na benewacu!!muri kaminuza y'uburundi 1995,harishwe abanyeshure muramaze Kugura amatohoza??muduhe umuco!Hama nitwasanga ari cndd yakoze muzoba mukoze!!
None komutavuga benewanyu bishe ndadaye Melchior na ntaryamira ugwo nurukundo rwinshi mufitiye nkurunziza? Komutavuga amazirantoke umukuru wigihugu ntibantunganya yatewe nabenewanyu mukambi yimpunzi ibugendana😢😢😢😢
Mbega uyo ndaday mwagiz ikigigwa mana yamaz iki? Iyo demokarasi muvuga ko yazany irih? Ko mbona namwe mumuyaga ata demokarasi muzi, nyamba ari umuvumo wogukora amaraso yabaraz. Ntaryamira naw yaziz imigabo mibi yari yapangiy abarundi hagera aho asaba na lift!
Ubu uvuga ndaday kuko wuzuy rindira niwagwara kwashiorkor kuzorya urupfu gwiw!
Ico mukoz imitwe yanyu irimwo ibiziba
Mana we nihatari kabisa ko bitoroshe bobo bandanya utubwira tumenye ukuri I intwari ni mwebwe pe
None Pacifique yarimwo mukumwica ko azi urupfu rwiwe
Iyo amatora yegereje havugwa vyinshi kdi biragoye kwemera ibivugwa n'impunzi
Nn konkurunziza koyapfuy mushaka iki
Abo nabo barantwenza, non nkurunziza yarons igihano akwiy ko naw abo yicishij ni vyinshi.
Waache mdomo,
Aba bagabo baraduhemukira burya, mwibuke 2014-15 ko mwari mushushe muguhungabanya abenegihugu. Ntabwo yari mandat yaga3 ahubwo, kŵari ukutamebya! Mbwira ingene wokwiruka kunzego zigihugu Uri umusivil!?, hahahaha, ntimwari mutunze inkoho nurumogi binyuranye namategeko y'igihugu! Umunwa uravuga hémwe, nimuvuge! Ubu twe ino twibereyeho kumugambi w'Imana, muducira icobo Imana ikaducira icanzo!!!
Uburozi from Rwanda
A andi bararenganye Ari KO bikomagu ntihazogire uwuza aramuvuga kuko ingorane zose abarundi turimwo azifisemwuruhara
komeza turabunva
Seul les votours pensent comment accéder au cadavre enteré 😊
Abicanyi s'Abahutu kd s'Abatuts
Abicanyi n'abakorana na Satani
Imyaka y'umuntu ni 70inyuma yaho haba urubanza rw'IMANA Kd ku Mana hatsinda Ukuri Ivyo dukora kw'isi n'ivyo dutunze ntaco tujana ?None umunyabwenge ninde kw'isi ? Abatwagwa n'Abatware ufise ubwenge bw'inyuma y'imyaka 70 ans buri hehe ?ubutunzi bwobwo buri hehe?
Mana niwe Uzi ukuri pe!
Nuko muhaze sha iyo nishibe mufise
Uwo agise amabanga nuko ari mubamwishe
None ko Bobo Rugurika atamusi n'umwe yigeze abivuga bikiba? Ubu hegereje amatora niho abonye umwanya mwiza wokubivuga? Amakenga ntabuzemwo.
Buyoya nawe bimeze gute?
Usang ikiringo c ubuhunzi kigir kibaherane bashak babonger ikiringo co kuba hanze
Nihatar
Keretse gucamishamwo abaribabanye?! Wowe niwowe kibazo rpako utavuga ivyo muri uprona '😊
Ce
RPA geza ngaho Ayo mahopa yanyu.mushaka guteranya abagumyabanga ba CNDD-FDD.ayo macenga yanyu basha!!!!! Twarabahinyuye.
Ko mwabimenye mukanuma kuki mutabivuga kare atarapfa ngo akingirwe
Mwabanamwe mugira opposition mutazi neza uburundi.
Ndabahanure?
Kuva uburundi bwa nya Burunga bubaho,ntamuntu numwe yabugwanije ariko akorera abanyamahanga na cane cane abazungu yigeze atsinda.
Lero impanuro nobaha, nimugeze ngaho mugisesuka,mutahe gukorera igihugu canyu.
😂😂🤔🤔
Abazungu barabahenda kwer.
@@DavidNdamukunda abazungu ubazanye ute uwabaroze ntiyakaravye ubu vyukuri hari umuzungu wumvisemwo? 💂💂💂
@@suavisndihokubwayo-cc3idnone urumva mukorera bande? Murashaka gusambura igihugu kunyungu zande?
Murihenda ntacyo muzogeraho abakunda igihugu ntibazovyemera.
@@suavisndihokubwayo-cc3idahaaa😂😂😂urantwengeje😁ngo har’umuzungu wumvisemwo?!😂
❤