Urora Inkwavu maze uronke inyungu ya 36.000.000fbu ku mwaka|Business yunguka kuruta izindi 2023🇧🇮

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 10 лип 2023
  • Iki ni ikiganiro #ibangaryabatunzi
    #agaciromedia_68013513
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬
    ‪@paeejburundi9895‬
    ‪@Umugenzi‬
    ‪@dicobutv‬
    ‪@masharikitv‬
    ‪@isaactv1725‬
    ‪@umukubito257‬
    ‪@ibicutv‬
    ‪@DashDashtv‬
    ‪@MUHIREMUNANAOFFICIAL‬
    ‪@ABAYOYvetteSandrine‬
    ‪@sirenvibestv‬
    ‪@pamchanneltv1502‬
  • Розваги

КОМЕНТАРІ • 116

  • @epimaqueirakoze282
    @epimaqueirakoze282 11 місяців тому +9

    Urakoze cane kwereka Abarundi uko borora inkwavu nashaka kubasaba muze mutegure ikindi kiganiro kivuga uko bubakira inkwavu murakoze cane Imana ibahezagire🙏

    • @user-oh9pl9bw3n
      @user-oh9pl9bw3n 6 місяців тому

      MWIRIWE NEZA MUSHINGANTAHE TURABASHIMIYE MUKUMENYESHA AMAKURU MEZA TWORONKA INIMERO YATER

    • @user-eq5bw8bx8y
      @user-eq5bw8bx8y 5 місяців тому

      Murakoze gusa isoko ryaho bazisshorera nihehe amaganga nayo bayashorra hehe nimuduhe umuco

  • @hakizimanagerome9274
    @hakizimanagerome9274 Рік тому +4

    Yes

  • @niyonzimadavid1966
    @niyonzimadavid1966 Рік тому +4

    Turakumva100%

  • @hozagarafelix146
    @hozagarafelix146 11 місяців тому +2

    Urakoze cane kuduha inyigisho zishimishije nkizo zituganisja kwiterambere.jewe nashaka ngusabe utwogishe uko bazubakira kugira ngo tubone nuko twobona amahanga yazo bitagoranye

  • @twororeturimekijambere5491
    @twororeturimekijambere5491 Рік тому +5

    komera mwenewacu nkunda uvyudushikirije🙏🙏🙏

  • @jajamychek
    @jajamychek 11 місяців тому +2

    Homme du Changement wewe uranduhura pe. Ibiganiro vyawe n'inyigisho zikomeye kubenegihugu. Imana iguhe nukuri guhura na NYENICUBAHIRO UMUKURU W'IGIHUGU cacu nkuko UVYIPFUZA. Terimbere Mugenzi ndakwemera

  • @user-wg4vy2lz5f
    @user-wg4vy2lz5f 15 днів тому

    Ndagushimiye kabisa uratwigishije

  • @richardburundi3090
    @richardburundi3090 Рік тому +2

    Nigute umuntuyokwubaka inzuyinkwavu urabitwereka navyo

  • @Mrmitagatoigo
    @Mrmitagatoigo 11 місяців тому +3

    Good job

  • @donatienhavyarimana8581
    @donatienhavyarimana8581 Рік тому +4

    komera mutama

  • @ericbizimana8367
    @ericbizimana8367 11 місяців тому +1

    Murakoz can Nanj ndajijuts Kuko uraduhay urufunguruzo rwiterambere

  • @usadburundi7101
    @usadburundi7101 11 місяців тому +3

    Keep doing your best

  • @edmondbigirimana824
    @edmondbigirimana824 Рік тому +3

    Gute mwene wacu

  • @user-tq9ko2wr5o
    @user-tq9ko2wr5o 11 місяців тому +1

    Murakoze ku kuntu mudufasha guhumuka amaso

  • @murundicomedy257
    @murundicomedy257 11 місяців тому +2

    Mwubahwe cane
    Uruwagaciro Koko🥰🥰

  • @twororeturimekijambere5491
    @twororeturimekijambere5491 Рік тому +5

    nanje ndumwe mubumvise akamo,kanyenicubahiro

  • @alvellaniyonzima4046
    @alvellaniyonzima4046 Рік тому +2

    Tubwire toutes les depenses umuntu akoresha nacanecaneko ubifisemwo experiences.

  • @isufurajabu3487
    @isufurajabu3487 11 місяців тому +1

    Ndashimye inyigisho yawe vrt

  • @franckarmelnkoribirama1000
    @franckarmelnkoribirama1000 Рік тому +2

    Très Intéressant

  • @NestorMinani-mv2tp
    @NestorMinani-mv2tp 7 місяців тому

    Ayo mahera nimesh kl ntabaho pe!sindavyumva ko ayo ahera ko yobonek!

  • @niyonzimajoseph1454
    @niyonzimajoseph1454 6 місяців тому

    Asha namahirwe kubu naramenyany naw

  • @FulgenceMikaOfficial
    @FulgenceMikaOfficial 11 місяців тому +1

    Well done brother!🙏🤝🇧🇮💪❤

  • @KitostaSeverin-iv9dv
    @KitostaSeverin-iv9dv 9 місяців тому +1

    Nibubake ya mahinguriro y'inyama zinkwavu dutangure kogorora

  • @mafarangatv9151
    @mafarangatv9151 Рік тому +5

    Mvuze ko nkukunda sinoba mbeshe kuko utuma nogera kure

  • @nakinteje7172
    @nakinteje7172 11 місяців тому +1

    Iyi TV ndayikunda kweli

  • @cizaegide805
    @cizaegide805 Рік тому +3

    Murakoze cane.Nta gushikuza kurimwo uwufise umwete urukwavu n' igitungwa cunguka.

  • @IradukundaHassani-fq9kq
    @IradukundaHassani-fq9kq Місяць тому

    Komera urintwari

  • @aimeniyomukiza1273
    @aimeniyomukiza1273 10 місяців тому

    Mwoshobor kumfash kuronk ukwo noronka inkwavu zokworora zizewe zatunzwe Neza cyane

  • @NdayiragijeDieudonne-mv5xx
    @NdayiragijeDieudonne-mv5xx 11 місяців тому +2

    Mwubahwe mwaje hageze murakabeho

  • @theyounggenerationstv9960
    @theyounggenerationstv9960 11 місяців тому +1

    Sound to good tobe truth 😢

  • @ismailndaruzaniye
    @ismailndaruzaniye Рік тому +2

    Wibagiye kutubwira izizozomya ahozizova canke havuka izivyaragusa?urabiharuraneza ariko nivyo

  • @JacquesNiyongabo-fe1rj
    @JacquesNiyongabo-fe1rj 8 місяців тому

    Ndabafana bagenzi

  • @rebeccantanyungu6314
    @rebeccantanyungu6314 11 місяців тому +1

    Murakoze cane. None amaganga y'inkwavu umuntu ayaronka gute? K'umuntu atamenya ryari udukwavu tuganga

  • @sclode2000
    @sclode2000 7 місяців тому

  • @user-su2zt2rd9o
    @user-su2zt2rd9o 7 місяців тому +1

    Duhe nimero ya télephone muzoba mukoze

  • @zappygeorge8668
    @zappygeorge8668 10 місяців тому

    Ivyovyose nivyo ntakwihenda kurimwo. Ariko mwibagiy umutah wibanze kubera zororegwa mugisalle igihangar. Ahonihoruzingiy kuronka iyonyubako.
    Imana ibahezagire kubwitange bwanyu

  • @AliceKwizera-qu6ov
    @AliceKwizera-qu6ov 8 місяців тому +1

    Umukama abahezagire cane mwigisha ibintu ngirakamaro nukuri nanj ndashak kubikora hubw mumbwire ingen bazubakora muzoba mukoze

  • @bigirimanaberchimas-ir7im
    @bigirimanaberchimas-ir7im 11 місяців тому

    Hm ibibintu mwigisha abantu nivyiza Cane Muha murabe ahomuvyigiriza ubwo Aho kuri youtube abarundi abayizi nibangahe ndavuga bayiraba ja muraj kuritere

  • @user-fi7js6wn1j
    @user-fi7js6wn1j 7 місяців тому +1

    Muhezagigwe cane naje ndinyuma yawe

  • @user-qy8tx1ol9u
    @user-qy8tx1ol9u 9 місяців тому

    Agaciro media muduhe inomero ya telefone y'uy'umuntu

  • @user-qc3iu1um8x
    @user-qc3iu1um8x 3 місяці тому

    Ese iyo uyifise isokoyazo niyihe urugurwa 30000 ruban rungana gute

  • @davidkwizera2586
    @davidkwizera2586 11 місяців тому

    Komereza aho mwenewacu uri munzira nziza kbx

  • @KitostaSeverin-iv9dv
    @KitostaSeverin-iv9dv 9 місяців тому

    Ahubwo nsinz'ico ndi gukora hanze reka nze ntangur'idiri pe.

  • @discoverthebeautyinsideand1672
    @discoverthebeautyinsideand1672 10 місяців тому

    Ibiharuro bya mafaranga yo kubaka uruhingore nabyo birakenewe

  • @AnwarAli-uk3nl
    @AnwarAli-uk3nl 11 місяців тому +2

    Ndimunzira nzosanga amafranga mwayamaze 😢

  • @adijamugisha9438
    @adijamugisha9438 11 місяців тому

    Mwubahwe cane kuko murintari ndabakunda cane ❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @japhetfidelejohn7135
    @japhetfidelejohn7135 10 місяців тому +1

    Sebarundi wacu nadushirireho amasoko yinkwavu i muyinga

  • @abrahamcoyitungiyechanel6857
    @abrahamcoyitungiyechanel6857 7 місяців тому

    Gusa wagerageje

  • @abrahamcoyitungiyechanel6857
    @abrahamcoyitungiyechanel6857 7 місяців тому

    Gusa wibagiye KO mutwavutse harimwo impfizi

  • @ericsauvebizoza7310
    @ericsauvebizoza7310 8 місяців тому

    wibagiye les depenses

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 11 місяців тому

    😊❤ 1er Pays producteur✊🏾

  • @DanielNdayiragije-qy7so
    @DanielNdayiragije-qy7so 9 місяців тому

    Ivyo uvuze nivyo,ariko urihenze kunyubako goose

  • @Ngendakumanadivin
    @Ngendakumanadivin 11 місяців тому

    Neza caan 🙏🙏🇧🇮

  • @nduwimanaaboubakar2337
    @nduwimanaaboubakar2337 10 місяців тому

    Ivyo uvuze harimwo ukuri,je nanje nd'umworozi w'inkwavu,gusa dépenses mukuzubakira zirarenga aho kuko inkwavu zigeze mugihumbi ikiraro zibamwo mukucubaka corenza 3millions

  • @benjaminadjanga6608
    @benjaminadjanga6608 8 місяців тому

    wapi kuko haravukamwo amasuguru mukubiharura zurafata ko 1/2yutwana ari udusuguru ico giharuro ca1300 nticoshoboka

  • @aimeniyomukiza1273
    @aimeniyomukiza1273 10 місяців тому

    Nshak inkwavu zukworora

  • @teachpast7212
    @teachpast7212 10 місяців тому +1

    Murakoze.
    MPa numéro yanyu kuko ndifuza kworora inkwavu.
    Murakoze cane.

  • @ProsperNsengiyumva-ot2ek
    @ProsperNsengiyumva-ot2ek 11 місяців тому

    Iyo statistique yawe siyo,ivyobiharuro waravyihenzeko kk ntakuntu izo generation zovyara gatatu canke kabiri mumwaka umwe

  • @user-qc3iu1um8x
    @user-qc3iu1um8x 3 місяці тому

    Nn urukwavu rugurwa gt

  • @usadburundi7101
    @usadburundi7101 11 місяців тому

    Turabateye intege

  • @ProsperNsengiyumva-ot2ek
    @ProsperNsengiyumva-ot2ek 11 місяців тому

    Statistique yawe siyo

  • @desireingabire9857
    @desireingabire9857 Рік тому +3

    Ikibazo marché yazo iriho? Izo nkwavu 1300 wozigurisha ryari? Mbe ivyo zirya navyo bigurwa gute ngo tumenye dépenses zose Ayo zitwara

    • @AgaciroMediatv257
      @AgaciroMediatv257  Рік тому +4

      Isoko twaronse rinini cane haca habura inkwavu tubaha

    • @cizaegide805
      @cizaegide805 Рік тому +1

      emwe ahubwo twigishe bose bazifungure unarabe ko ahubwo ziboneka.rero ubu benshi baratanguye kuzorora

    • @AhishakiyeJoselyne-ir4sx
      @AhishakiyeJoselyne-ir4sx 11 місяців тому

      Numéro svp

  • @AhishakiyeJoselyne-ir4sx
    @AhishakiyeJoselyne-ir4sx 11 місяців тому +1

    Bamusiga numero umunt ashobor kubatorak

  • @user-hw9nt5nb4b
    @user-hw9nt5nb4b 10 місяців тому

    Mukorerah??

  • @user-bn4se3sy4g
    @user-bn4se3sy4g 11 місяців тому

    Uyumugambi giyekuwutangira

  • @user-qc3iu1um8x
    @user-qc3iu1um8x 3 місяці тому

    Zurashira kwutunimero twawe twa téléphone

  • @esperancentaconayigize4517
    @esperancentaconayigize4517 11 місяців тому +1

    Merci tubwire ama dépenses akenewe kugira tuzorore

  • @alphonsinenionhoro4065
    @alphonsinenionhoro4065 9 місяців тому

    None tubwira iyonyubako bazubaka urihangahe? Ubwobuyungiro babugurira hehe ? Tubwire natwe twubake

  • @fiacrenduwimana7905
    @fiacrenduwimana7905 11 місяців тому

    shalom ikiganiro ciza cane, none isoko yamaganga iri hehe kugira abamaze kuyaronka baze bayashorereyo?

    • @JmarieBizimana-bb6vu
      @JmarieBizimana-bb6vu 10 місяців тому

      None uburyo zitwara kubijanye nibiryo vyovyo mwoduha umuco

  • @user-wm7dk3kr4k
    @user-wm7dk3kr4k 10 місяців тому

    Duhe contact zaw

  • @Grace-bt6si
    @Grace-bt6si 8 місяців тому

    Vyiza cane mpa numéro yawe

  • @NdayiragijeDieudonne-mv5xx
    @NdayiragijeDieudonne-mv5xx 11 місяців тому +1

    Ndifuza guhura nawe sha

  • @user-yd1iw1fj6b
    @user-yd1iw1fj6b 9 місяців тому +1

    Duhe numero yanyu

  • @levisdiamond4797
    @levisdiamond4797 11 місяців тому

    None ko muguma muvuga isoko yazo irihe?? Atari kubirundika muhira

  • @regineruragahiye9108
    @regineruragahiye9108 9 місяців тому +1

    Duhe no whatsap

    • @AgaciroMediatv257
      @AgaciroMediatv257  9 місяців тому +1

      chat.whatsapp.com/CHaHdB5031o8SraiABe4kT FORMATION KU BWOROZI BW'INKWAVU 2023
      #Contact:68013513

  • @elianneirankunda5955
    @elianneirankunda5955 11 місяців тому

    Ko ata kanimero kawe tubonako aho hejur

  • @user-zc9kw9ed2z
    @user-zc9kw9ed2z 11 місяців тому

    Ndasavye mumpe numéro yanyu

  • @consolatenkeshimana-fg9hp
    @consolatenkeshimana-fg9hp 11 місяців тому

    Uko ubisigura womenga nta maduguru zizovyara zoguma zivyara ibinyana gusa.

  • @levisdiamond4797
    @levisdiamond4797 11 місяців тому

    Vugisoko yoriri kwanza Niyo changamoto yabantu

    • @AgaciroMediatv257
      @AgaciroMediatv257  11 місяців тому +3

      Mukaba muzifs ndabereka isoko harakenewe 1700 lapins par semaine

    • @nininahazwedonavine3349
      @nininahazwedonavine3349 11 місяців тому

      ​@@AgaciroMediatv257yozikurahe kiretse ariwe azivyarira

    • @levisdiamond4797
      @levisdiamond4797 11 місяців тому

      @@AgaciroMediatv257 mpinamba zawe nzokurondere

  • @japhetbarabwiriza3507
    @japhetbarabwiriza3507 11 місяців тому

    Icirwa ntigitomoye harimwo wakabije.burya mwizonkwavu harimwo izirenga 700 zimaze 2mois,zimaze 1mois none wumva nazonyene zoca zigurwa 30mil hoho havuka izivyara gusa? Mwibuke kozikera kurya kandi zirya amehera hamwe ninyubwakwa,abakozi.muri make iyo nyungu ntishoboka

    • @nininahazwedonavine3349
      @nininahazwedonavine3349 11 місяців тому

      Ntabwo yakabije kuko yafatiye kugiharuro gitoya cane kuzivuka 5 nisawa muguharura kuko urukwavu ruvyara kuva kuri 6kuri 12 none wumva yarengeje gute yafash 5 Hoya iyo analyse nisawa kuko muri 12 ziba zavutse haba harimwo inyagazi nisuguru

  • @japhetndayishimiye
    @japhetndayishimiye Місяць тому

    Murakoze nyakubahwa jendumworoskwinkwavu ndashak numéro ya WhatsApp hantu kugira nih vyisbi.

  • @user-vo3cl9le4i
    @user-vo3cl9le4i 9 місяців тому +1

    Namahor so ham nabasaba mukampa your WhatsApp number mukoresha

  • @ericsauvebizoza7310
    @ericsauvebizoza7310 8 місяців тому

    none ntizirya mwuwo mwaka,gusa nivyo zirunguka

  • @user-si4gj6fn7b
    @user-si4gj6fn7b 11 місяців тому +2

    Jewe nanje ndashaka uzofashe unyereke ukuntu nozubakira

    • @ali-ey9yi
      @ali-ey9yi 11 місяців тому

      Mpuza umuntu yonyubakira iyo nyubakwa yazo