Kuba muri CANADA kubavyipfuza vyorohejwe//uwutojayo nuwutabishaka//Ubusuma bumaze iminsi buba

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 3 жов 2024
  • Kuba muri CANADA kubavyipfuza vyorohejwe//uwutojayo nuwutabishaka//Ubusuma bumaze iminsi buba
    #diaspora #visitburundi #canadaimmigration

КОМЕНТАРІ • 248

  • @icyimpayechristine50
    @icyimpayechristine50 Рік тому +1

    Ndifuza cyane kujya gukorera no kuba Canada ,ndi umunyarwandakazi.Rwose mumfashe Imana izabibahembera Pastor.

  • @bienvenuemuvunyi5167
    @bienvenuemuvunyi5167 Рік тому +3

    Kwinjira Canada na USA ni process ukora gusa amahirwe ya bantu aratandukanye rero Imana niba yaguhaye kugenda ufise kugenda bitarivyo iyo process ntaho yokugeza

  • @Viyajante
    @Viyajante 9 місяців тому +2

    Thank you so much Umukubito. Nakurikije amakuru waduhaye muri iyi video, nsabira umugore wanjye visa yo kwiga none ubu ari muri Canada already. Thank you very much kutwigisha😘🙌

  • @twagirumukizafidele1621
    @twagirumukizafidele1621 Рік тому +3

    Uyu mugabo arabeshya cyane rwose.

  • @pp-wd9qq
    @pp-wd9qq Рік тому +12

    Vuga ko uri business nibisanzw , ntukoresh ngo ni igikorwa c Imana.

  • @rudasingwaemmanuel9269
    @rudasingwaemmanuel9269 Рік тому +5

    Kigali narahageze banyakiriye neza cyane uwo mugabo nimfura cyaneeee bafite gahunda

  • @jeaninedushime6753
    @jeaninedushime6753 Рік тому +2

    Alléluia jewe nshaka kuvugana nawe

  • @eliasndereyimana9426
    @eliasndereyimana9426 Рік тому +16

    Budandaza ariko utarinze kubesha. Ntabwo Canada arico gihugu ciza ngirango wagize comparaison naho umaze kuja. Kandi sinaco gihugu gusa uronka resident ukiri iburundi uzobaze abaza USA na green card. Baza ari resident permanent.

    • @christiansindayigaya9927
      @christiansindayigaya9927 Рік тому +2

      Usa hari racisme itey ubwoba!la police américaine plus violent que la police burundaise

    • @maliza6883
      @maliza6883 Рік тому

      Racisme ntaho itari détrompe toi, iretse kugararagazwa kumwe

    • @christiansindayigaya9927
      @christiansindayigaya9927 Рік тому

      @@maliza6883 ufise cas zingahe z'abirabure bishwa na police Canadienne ?kub ataho itari nivyo urabona KO niburundi ari uko nyene.ubudasa nuko polisi y'uburundi imerera nabi les nationaux

    • @christiansindayigaya9927
      @christiansindayigaya9927 Рік тому

      @@maliza6883 1176 personnes tuées par la police américaine en 2022.kuvuga ngo ntigaragazwa kumwe Aho ntacuvuze kuko c'est cela qui fait la vie.ntahantu hamez nkahandi.yamara USA Iza imbere mubwicanyi bukorwa na police riva,kenshi kandi buri impunis.ntaheza twovuga yamara ivya USA,nimuri Africa atar imbara ou politique,ntaho biri pe

  • @cizalucien374
    @cizalucien374 Рік тому +2

    I can't wait

  • @desirentunzwenimana3852
    @desirentunzwenimana3852 Рік тому +5

    Reka bwana,nimba bikunda ntamurundi yosigara atagiyeyo. Duhe numéro yanyu tuvugane

  • @ساجساج-ي3ر
    @ساجساج-ي3ر 3 місяці тому

    Murakoze cane nzoba rondera

  • @mugabofelix7370
    @mugabofelix7370 8 місяців тому

    Thank paster❤

  • @athanasebatungwanimana8247
    @athanasebatungwanimana8247 Рік тому +10

    Procedure imara imyaka ingahe

  • @bigirimanaemmanuel6672
    @bigirimanaemmanuel6672 9 місяців тому

    Komerezajo mukozi w.Imana❤

  • @esperancemunyana6094
    @esperancemunyana6094 Рік тому

    Yesu Nahimbazwe cane👏 duhe Numéro zanyu Murakoze.

  • @landryvyizigiro8819
    @landryvyizigiro8819 Рік тому +3

    Ndababwize ukuri, uyu mugabo abantu benshi aronderera visa ntibayironka
    Rero afazari kubyikorera online.
    Pour une question de transparence aduhe statistique y'abantu abonera visa versus abaronka réponse iri négative

    • @dstesbaskets3093
      @dstesbaskets3093 Рік тому +2

      Je yarankoreye dossier ubu ndi Montreal….hubwo uraraba neza ngira ikibazo cari ww na dossier yawe

    • @KelvinGameiro
      @KelvinGameiro Рік тому

      Mfasha ntuze ukuntu nobonana nawe

    • @baziradeogratias7806
      @baziradeogratias7806 10 місяців тому

      ​@@dstesbaskets3093bite naje nshaka kujayo ariko nshaka umbwire vyagutwaye angahe ?

    • @bahatinoel996
      @bahatinoel996 8 місяців тому

      Ee sawa

  • @kasongo_barber
    @kasongo_barber Рік тому +6

    Arababesha canada 🇨🇦 sigufa kuronka Visa

  • @amaninimubona167
    @amaninimubona167 9 місяців тому

    Murakoz can apôtre

  • @umuhindatv8667
    @umuhindatv8667 Рік тому

    Watching from Rwanda

  • @nduwayezutadsonchannel4084
    @nduwayezutadsonchannel4084 Рік тому +1

    Wew kora marketing yawe ariko uvugishe ukuri wew ndazi uriko wirinderera aba clients iyo canada ibaye rwawe rero muko wobajana bose ababishaka?????

  • @JohncloudMboma-ip9lx
    @JohncloudMboma-ip9lx Рік тому +2

    Uyu mugabo numusuma numubeshi cane ukimurungikira amahera ya registration ntiyongera kukwitaba

  • @tontonginolla1234
    @tontonginolla1234 Рік тому +5

    Uyumugabo ntari sérieux naragiyeyo ntaga uduhera twanje 10k Muga azakumbaza ambwira ngo kugira procédures zose zikunde ngo 4000k vrt naciye mbona atazi ubukene buri muburundi just naramutahuy ahandi niba kuja Canada bikunda nukuri Hazogenda babana babarwiza tunga nyene.

  • @ChabelOdon
    @ChabelOdon Місяць тому

    Bonjour ou bonsoir ,none abatize ntivyokunda ko bahashika?

  • @esperancemunyana6094
    @esperancemunyana6094 Рік тому

    Umwe wese Abivuge Uko abishatse Numutubuzi wabibonye? Azovugana nuwubishaka natwihere Numéro twivuganire.

  • @dieudonneniyonkuru782
    @dieudonneniyonkuru782 Рік тому +5

    Reka kurenza urugero mu mvugo. kugura inzu biragoye cane muri Canada, uwukora wese biroroha kuriha appartement en location ariko kugura inzu navyo si icoroshe bisaba kuvyitegurira.

    • @leonidaslendesmanirakiza489
      @leonidaslendesmanirakiza489 Рік тому

      bnjr? usanzwe ariyuba mur canada? Amakuru urayazi cnk ufise umuntu ariyo twoshobora kubaza neza?

    • @nkunzimanaemmanuel
      @nkunzimanaemmanuel Рік тому

      Nivyo uyo mugabo ndamuzi ivyavuga nivyukuri

    • @maliza6883
      @maliza6883 Рік тому

      Tu as totalement raison , kugura inzu nikindi kintu hano Canada… it’s not for everyone bisaba procédure itari nto, muga ni vyiza ko hari bureau yum consultant ashobor ku guida mum steps ya application.

  • @damasleongontranniyongabo4847

    Vyiza cane Bwana Apotre muzodufashe dushike Canada

  • @officialsemunde8134
    @officialsemunde8134 Рік тому +6

    Nimba mushatse kurondera ama views canada si congo bagabo😅

  • @BonaventureNdikumana-nc8ck
    @BonaventureNdikumana-nc8ck Рік тому +1

    Mutubarize kuja canada kuwutize bamufashavyose akaronka n'akazi bisaba uburyo bungana gute gushika vyose biheze umuntu akagerayo?

  • @titenimubona2605
    @titenimubona2605 Рік тому

    Vraiment

  • @jonathanbyandike3508
    @jonathanbyandike3508 Рік тому +2

    Mwenye iko DRC Munaeza kusaidia namunagani,midusaidie mudupatie réponse

    • @jumaisaac2469
      @jumaisaac2469 Рік тому

      Wanapatikana RDC bukavu galerie bugugu premiere etage bureau ya 14D

    • @jonathanbyandike3508
      @jonathanbyandike3508 Рік тому

      Asante sana kwakuwa bako.nahapa BKV.tutajitahidi kupafika

  • @DONATIENNZABANA
    @DONATIENNZABANA 4 місяці тому

    Muraho neza mwamfashije nanjye nkaza Canada

  • @melchiadehishakiye8639
    @melchiadehishakiye8639 Рік тому +1

    None abantu bazokanura ryari ????ubwo ntimwumva KO ari ububeshi ???babarire nutwo duke mwari mufise ngo mugiye Canada ????rindira iyo kanada azoyikwereka

  • @TwizeyimanaEmmanuel-v9s
    @TwizeyimanaEmmanuel-v9s 5 місяців тому

    Good

  • @ErickBigiramarora
    @ErickBigiramarora Рік тому

    Yes birashoboka

  • @mathieuniyongabo9751
    @mathieuniyongabo9751 Рік тому +2

    Uraba maso abantu batanguye kukwiyitirira bagira bagusenyure kandi aho batumwa nabamwe munzego zareta bamwe twita “NDIMWO “
    Ndaguhanure my fellow Apostle ba urahunga hakiri kare.

  • @DieudonnéNsengiyumva-k3i
    @DieudonnéNsengiyumva-k3i Рік тому +1

    Je suis interessé

  • @mukamanalouise6048
    @mukamanalouise6048 8 місяців тому

    Wamfashije koko

  • @IssaNtukiminwe
    @IssaNtukiminwe 15 днів тому

    Mwara mutse abatize ndunva batarimwo

  • @mryoungmak
    @mryoungmak 2 місяці тому

    yayayaaa 😂😂

  • @user-ff8sg5ux3f
    @user-ff8sg5ux3f Рік тому +7

    Buja ubu ni deal ishushe. Utanga 1000$ hama visa uyironse ukabaha 2500$. Kandi benshi bariko barazironka

  • @felixhavugimana6413
    @felixhavugimana6413 Рік тому

    Natwe Turi muri Brazzaville turabakeneye.

  • @kayizo-250
    @kayizo-250 Рік тому

    Ese wowe ko utagiye ?

  • @amaninimubona167
    @amaninimubona167 9 місяців тому

    Noé kub travailleurs qualifiés mugereranije bitwar uburyo bungana GT k'umuntu umwe

  • @francineingabire2633
    @francineingabire2633 Рік тому +2

    Yewe ga Apôtre Goldien,ndi mu Rwanda burya naho mwadufasha!?ndi i Butare kuza i Bujumbura nababona?!

    • @jeanmichelnishimwe8284
      @jeanmichelnishimwe8284 Рік тому

      Umva ushaka kuza ntiwomubura Akorera buja Ecobank siege downtown

    • @moontv2959
      @moontv2959 Рік тому

      Ushaka kwibwa bawigumiye hiyo

    • @PatrickIrumva
      @PatrickIrumva Рік тому

      Yavuzeko mu Rwanda akorerayo,muri Building kwa Makuza subira wumviriz ikiganiro neza birimwo.

    • @EmmanuelPenda-vj8bh
      @EmmanuelPenda-vj8bh Рік тому

      Wakwitonze franci batazakurira udufaranga twawe wavunikiye

    • @Anny-p62
      @Anny-p62 Рік тому +1

      ​@@PatrickIrumvaharih abantu batumva

  • @rugemintwazaumurundi6388
    @rugemintwazaumurundi6388 Рік тому

    Good 👍

  • @DesireK89
    @DesireK89 Рік тому

    Gordien bite? Urampa fone yawe tuzovugane. Nitwa Desire Irambona, nari imbere yawe matana.
    Mba sweden numva ico kubaza

  • @bucumiremy897
    @bucumiremy897 Рік тому +6

    Kuja Canada sivyabakene bane bamama ushoboye kujayo naha iburundi ntuba ubayeho nabi cane kabisa kuko umuntu ushobora kuronka 6000$ et plus ntuba uri moindre pe

  • @Nziga257
    @Nziga257 Рік тому +2

    Uyo nuwushak utwoyirira kuki abiwabo baringah nahere kumuryngo wiwe

  • @oliviamuhimpundu3831
    @oliviamuhimpundu3831 Рік тому +1

    Bantu mwese mwashushe kubwiyi nkuru, muvyo yavuze harimwo ujuri ariko na publicite nyinshi irimwo, Canada hariho abakene baba mwibarabara kandi ubahaye ivyokurya baravyakira. Kugura inzu navyo birtashoboka mugabo sicoroshe hasabwa vyinshii sintanze les details mugabo Canada simwijuru pe muhaze nwiteguye mumutwe. Hariho abantu badafise imodoka kubera babihisemwo canke kubera batabishoboye. Rero simbabujije kugenda Canada ariko ntimwibaze ko ari iherezo ryibibazo wapi😅 Umwami Yesu abaje imbere mwese

    • @alexisberry6542
      @alexisberry6542 Рік тому

      Birumvikana cane ivyo uvuga.
      Ariko ikibazo kuhashika mwubwo buryo yadondaguye vyoba bikunda??

    • @oliviamuhimpundu3831
      @oliviamuhimpundu3831 Рік тому

      @@alexisberry6542 Nimuje mumasite ya Canada muvyironderere mwiyuzurize

  • @LonginBIRUTEGUSA
    @LonginBIRUTEGUSA Рік тому

    Jewe nipfuza gutanguza processus yokuja muri Canada

  • @domitienkwizera9456
    @domitienkwizera9456 Рік тому

    Ibi ni ukuri?
    Ni vyiza ni ivy'abakozi b'Imana nyene

  • @dieudonnendikuriyo3630
    @dieudonnendikuriyo3630 Рік тому

    Nabimyaka irenga gato 50 amahirwe yoba make?

  • @NIYONSENGAEliane
    @NIYONSENGAEliane 9 місяців тому

    Najye nifuza kujyayo

  • @UZAYISENGAJeanpaul-by3nr
    @UZAYISENGAJeanpaul-by3nr Рік тому +1

    Oya nibagume iwacu naho niheza.

  • @fistonnishimwe648
    @fistonnishimwe648 Рік тому +1

    ❤❤❤❤

  • @RizikiBernardine-dk9pt
    @RizikiBernardine-dk9pt Рік тому

    Nimudufashe kuronka ivyorosh

  • @FleuryIrambona-e7v
    @FleuryIrambona-e7v 2 місяці тому +1

    Bonjours ese nuubu birabandanya konumva nshaka kujayo mwoduha whatsapp tukavugana

  • @nijimberejonas3341
    @nijimberejonas3341 11 місяців тому

    Muhezagirwe Ngiye kubarondera ndagize umwana nipfuza KO yoza muri Canada mumuhe des informations

    • @bahatinoel996
      @bahatinoel996 8 місяців тому

      Nyemerera tuze tuzanane nzirihira

  • @sbmondabeats
    @sbmondabeats Рік тому

    Nanje Ndabishaka Ariko iburyo nibwo nabuze

  • @oliviamuhimpundu3831
    @oliviamuhimpundu3831 Рік тому

    Reka dutandukanye ibintu nukuri, business nivyiza cane kuyikora mugabo reka kubeshera Imana plz. Izina rya apotre simbona ico rije gukora ngaha kuko mbona ari purement business. None pastorat ngaha iri kutwungura gute? Ko numva abantu batanga amahera kandi menshi. Ntawe nshatse gukomeretsa ariko niko ndavyumva

  • @Singletonjoseph509
    @Singletonjoseph509 Рік тому +1

    Makuza Peace Prazza étage 7 bloc B

  • @mukamanalouise6048
    @mukamanalouise6048 8 місяців тому

    Ubu nange nshaka kubageraho

  • @UwizeyimanaClarisse-j2t
    @UwizeyimanaClarisse-j2t 2 місяці тому

    Ntibakatubeshye

  • @blackandblessed1847
    @blackandblessed1847 Рік тому +3

    ubwo bubeshi rero

  • @martheKarinijabo-bv1ec
    @martheKarinijabo-bv1ec Рік тому +2

    ndi Murwanda nababona gute

  • @philotheenibigira4988
    @philotheenibigira4988 Рік тому

    N'ivyukuri ?

  • @RemyHakizimana-sl6ir
    @RemyHakizimana-sl6ir Рік тому

    Mfasha jew nshikeyo

  • @niyibigiraevelyne3891
    @niyibigiraevelyne3891 Рік тому

    None jeweko nifitiye pasipot nabuze iyonja mpayomahigw ushikaneyo

  • @nderekanoella817
    @nderekanoella817 Рік тому +4

    Juste,il faut faire attention murico kiganiro kuko abazokwibwa bazorondera wewe 🤔🤔🤔🤔🤔

  • @NDABIZ_TV
    @NDABIZ_TV Рік тому

    Duhe Bureau i Gitega?

  • @ErondineIRIZA
    @ErondineIRIZA 2 місяці тому

    Iyo umufiteyo uwo muvukana bitanga ayahe mahirwe

  • @mozd2022
    @mozd2022 Рік тому +3

    Yaka angahe Gaëlle

  • @cloubelonly
    @cloubelonly Рік тому +5

    Iki kigira kibe ikiganiro ca kabiri ngira ndabe kuva nabaho icambere cari icuyu mugabo 😅

  • @ChristophemoiseNshimirim-to5lc

    Good❤

  • @AishaOmar-s6s
    @AishaOmar-s6s Рік тому +1

    yaco muba mubesha abantu, uko niko bashikayo bakinsanga mungorane financier batari biteze. Kugura inzu sugupfa kubikora, umuduga kuwuronka nikimw, kuwurihira wose utabishoboye, barawukwaka, mube mwigiria recherche yanyu ntimulfe kwemera vyose mubona aha

  • @prime_a
    @prime_a 10 місяців тому

    Toka uriko uracuruza services zo kuronka ubufaranga wamamaza canada turabazi. Ubwo USA rero iraba mu ijuru niba canada aruko ariko ariko yeye

  • @ninamushonyanga7405
    @ninamushonyanga7405 Рік тому +1

    Ufise umurengwe wa mugabo we ngo ninuijuru koko

  • @KagaboNestor
    @KagaboNestor Місяць тому

    Abazi ikirundi gusa nabo

  • @icyimpayechristine50
    @icyimpayechristine50 Рік тому

    Umwuka yanyeretse ko ari ho nagirira ubuzima bwiza

  • @InezaamorahWilla
    @InezaamorahWilla 9 місяців тому

    byiza kuduha amakuru yizewe

  • @AudreilleMUNEZERO-us3jt
    @AudreilleMUNEZERO-us3jt Рік тому

    Ndabaramukije Can muzigamwe cn Hama mwoduha WhatsApp yanyu ?

  • @kamarojoeoleg9293
    @kamarojoeoleg9293 Рік тому

    👍

  • @FezaIllumine
    @FezaIllumine Рік тому

    Je suis intéressée. Pouvez vous m' aider svp?

  • @jacksonnihezagire2613
    @jacksonnihezagire2613 Рік тому

    Merci beaucoup. Nanje ndamenye les consultants experts en la matière, ntabo narinzi ko babaho mu Burundi. Ngiye kubitura vuba.

  • @Solomond7
    @Solomond7 Рік тому

    None bakorera amajahe?

  • @JeannedarcNgendakumana
    @JeannedarcNgendakumana Рік тому

    Ndifuza kuja muri Canada mugabo uburyo buragoye

  • @GMA407
    @GMA407 Рік тому +2

    Conditons zigifarança ni congereza nivyo vyelimina abantu..ibindi vyose vyari vyoroshe

    • @Anny-p62
      @Anny-p62 Рік тому

      😂😂😂😂😂😂bisaba abaciy kwishure sha😢😢

  • @musabyimanabeata5278
    @musabyimanabeata5278 Рік тому

    Uri mu Rwanda wamufasha ute

  • @murumbamathias9638
    @murumbamathias9638 Рік тому

    Uwu mugabo ni umutubuzi😮

  • @fleuryniyimfasha2351
    @fleuryniyimfasha2351 Рік тому +1

    Ejo turakwiza 100k abonnés❤😂😂

  • @odethodeth2824
    @odethodeth2824 Рік тому

    N'ukuri noshikayo nokwamamaza isi yose,Urantabara umfashe nshikeyo🤲

  • @هاجرالدوسري-ش7ض

    Gael nimududurireko umuntu aziikirundi gusa vyokunda kwajayo kuko ukogukubura yavuze ntibisaba amashure mbehoho komwavuze koububoroheje ubukugerayo vyotwara angahe uwogira bibiri canke bitatu yogerayo nukuri ndasavye munyishure kuriivyobibazo vyanje

    • @ChachaChany
      @ChachaChany Рік тому +1

      Wew ntavyo wumvis k yavuze ngo bisab ube warize uzi igifaransa ck icongereza?

    • @هاجرالدوسري-ش7ض
      @هاجرالدوسري-ش7ض Рік тому

      @@ChachaChany 🙆🙆🙆 reka tuyikorere ntakundi ariko hariho ibindi yavuze munyuma nutabizi umviriza ikiganiro cose

    • @tharcissetwagirayezu8300
      @tharcissetwagirayezu8300 Рік тому

      Ntibikunda k vyos abivugira ngaha Kuk ugiy muri bureau ubanza kuriha amahera ya audience.Naheruts Ari 10 mil ubu sinz iy bigez

    • @oliviamuhimpundu3831
      @oliviamuhimpundu3831 Рік тому

      ​@@ChachaChany Hano tutafise abatize mugabo izohangayika pe. Ariko birashoboka

  • @francefrance3288
    @francefrance3288 Рік тому

    Muduhe izonimero tubarondere nimba ataribang ryany natw turabikeney

  • @jocelynemunezero8873
    @jocelynemunezero8873 Рік тому

    Reka ivyo wovyiga ntabara

  • @emerynkunzimana4829
    @emerynkunzimana4829 Рік тому

    Vuba naj ndabahamagara kabisa

  • @FideleNiyontsinzi
    @FideleNiyontsinzi Рік тому +1

    Ngo kuba muri Canada ngo biruta kuba Ministre 😂😂😂😂.
    Uyu mu type yarahunze imbeho nakazi none yuguruye business yubu escrot.
    Canada nimanamba hogupagasa. Nayo Africa niya mbere yishwe nubukene

  • @nzohabonayosylvere
    @nzohabonayosylvere Рік тому +1

    Pardon,nari nsamvye ko bikunda atange e mail yiwe

  • @AlexisHabonimana-qg6cn
    @AlexisHabonimana-qg6cn Рік тому

    Tuzomuraba kweri tumubaze uko bigenda

  • @cesarbakengeza6859
    @cesarbakengeza6859 Рік тому

    Uyo numubeshi nta gihugu kirusha ububirigi kwakira impunzi. Abo bantu bicisha mu butumwa bwimana twarabahinyuye !

  • @kondwanimwalani
    @kondwanimwalani Рік тому +1

    Nimutange ingeroz'abo mwagejejyo mugabo

    • @giramahorocynthia1358
      @giramahorocynthia1358 Рік тому

      Iyavug Abo yajanyeyo,ugiy akubwirako bishobora kwanka cank ngo bizotwara imyaka,aho rero aguma akwaka amahera