COUP D' ETA MU BURUNDI IRABAYE/ PRIME NIYONGABO , NDAKUGARIKA NA NDIKURIYO BAHEJEJE NEVA

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 23 чер 2024
  • #Amakuru mu #Burundi Ku #IsiTv

КОМЕНТАРІ • 24

  • @benjaminndihokubwayo6810
    @benjaminndihokubwayo6810 3 дні тому +7

    Reka twige guhezagira igihugu cacu kuko iyomyuvire yabazungu tuyikuremwe jewe ndashigikiye cane président iyo coudeta nayo yamiririmwa izoherera kuri youtube

  • @albertniyonkuru2075
    @albertniyonkuru2075 3 дні тому +1

    ISI TV MURABESHA KANDI MURI ABATERANYI. NTIMUVUGA IKIRUNDI MUKORERA URWANDA.

  • @suzannentakirutimana4094
    @suzannentakirutimana4094 3 дні тому

    Wanyoye saporo uvanga nurumogi gabanya

  • @jacksonNdayishimiye-lv7gj
    @jacksonNdayishimiye-lv7gj День тому

    None kwigitoro yacifatiye muminwe cabuze gute hama akagiriza abandi ibura ryigitoro Kandi batakijejwe

  • @niyondikoevariste2069
    @niyondikoevariste2069 3 дні тому

    Imodoka za à main gauche zaragwiriye kandi mubindibihugu umukono wimodoka arumwe nkuko vyahora kuri Bagaza

  • @user-nf2dz1zf9t
    @user-nf2dz1zf9t 3 дні тому

    Ntugahimbe inkuru, titre itariyo wisubireho

  • @ArthurBizimana
    @ArthurBizimana 3 дні тому

    Ni hatali 😢😢😢😢😢😢

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 4 дні тому

    Umuvyeyi ACA inkoni ndende agakubita ngufi, Neva aratahura ko UWAHORA ZA MUJERI GUSUTANA nka WE yozimara

  • @desirehabarugira6970
    @desirehabarugira6970 3 дні тому

    Vous allez attendre l’éternité. Mu Rwanda muraboshwe ururimi ntimwubahuka kuvuga ibitagenda neza iwanyu hanyuma mukavuga ivy’uburundi.

  • @kingnduwimana9154
    @kingnduwimana9154 3 дні тому

    Ahubwo,saporo yayivanze n'a kiki,hamwe nigihuru ,acatangura kuravuta ivyatazi

  • @festusciza9078
    @festusciza9078 3 дні тому

    Kuvuga, ibinyoma bizatuma tutumviriza amakuru yanyu.

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 4 дні тому +1

    Wangirwa munyamakuru we uri umuvugizi wa satani (diable) ,gezaho kuko ntaco bizakumarira.

  • @benjaminndihokubwayo6810
    @benjaminndihokubwayo6810 3 дні тому

    Nukuri reka duhezagire igihugu cacu kuko nta coudetent ishoboka iwacu kuki yamivugwa hageze igitoro ntakindi covugwa igihe twebwe nyene Tuzomenyako UBURUNDI kobwaduhetse tukabika ibanga Aho tuzotera imbere

  • @JgerardNiyonku
    @JgerardNiyonku 3 дні тому

    Ariko vyoba vyiza umuntu naho yovuga ibitaguhimbaye

  • @FrederickHakizimana
    @FrederickHakizimana 3 дні тому

    Ayo makuru yawe yuzuyeko ivumbi gusa

  • @user-cu4pf5ff6j
    @user-cu4pf5ff6j 3 дні тому

    Uradutuburiye uko nukwiba abantu

  • @privatnkengurutse5964
    @privatnkengurutse5964 3 дні тому

    Wewe urumusazi

  • @JgerardNiyonku
    @JgerardNiyonku 3 дні тому

    Ko wokwihangana ntu tukane

  • @hakizimanagaspard7579
    @hakizimanagaspard7579 4 дні тому

    Gaswerenyoko ntukabeshye

    • @user-cm3nd7um3l
      @user-cm3nd7um3l 3 дні тому

      @gaspard, nawe ufite ukuvyara(umuvyeyi). ivyo wifuriza abandi we wabikora? kurerwa n'ibarabara ni ikibazo gikomeye. hinduka.

  • @user-jl9nn5dw9x
    @user-jl9nn5dw9x 3 дні тому

    Imbwa Iramotse muzo moka gushika ryari

  • @JgerardNiyonku
    @JgerardNiyonku 3 дні тому

    Ko wokwihangana ntu tukane burya ubuntu burihabwa kandi indero irakenewe na mwe mudushikiriza amakuru ,mwubahirize umwuga ataguhengama.

  • @ArthurBizimana
    @ArthurBizimana 3 дні тому

    Ni hatali 😢😢😢😢😢😢

  • @ArthurBizimana
    @ArthurBizimana 3 дні тому

    Ni hatali 😢😢😢😢😢😢