Abanyamulenge na RED-Tabara bapfa iki?│Alexis Sinduhije

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 23 чер 2024
  • Twashize hamwe ibibazo vyose, bijanye n'imigenderanire hagati ya RED-Tabara n'Abanyamulenge, uwurongoye umugambwe MSD Alexis Sinduhije yabajijwe ku w'Imana muri iyi Space x.com/Baconib/status/18049352...

КОМЕНТАРІ • 64

  • @user-vy8tx5fb5n
    @user-vy8tx5fb5n 5 днів тому +7

    Nimba red tabara i protège abantu kuki itajagu protège abarundi wa kigugu we ijagu protège aba Congolais gute

  • @jimmydelphinsabukwigura3092
    @jimmydelphinsabukwigura3092 3 дні тому +1

    Je naravuze kenshi ko Alexis sinduhije ar'umwicanyi kuva kera.

  • @JosephMaseruka
    @JosephMaseruka 5 днів тому +3

    Alexis sinduhije haribyo uzabazwa kuri Red tabara Uri guhakanako Red ntabanyamulenge yishe

  • @clubdesante7981
    @clubdesante7981 5 днів тому +2

    Iyimbwa ngo ni sinduhije.ikijuju cumututsi nicoja inyuma yiyimbwa.iburundi abahutu nabatutsi turi bamwe ivyobindi birakuraba.gusa icobatazi nabatutsi barinyuma.yawe kandi bose urabahenda ngo murikumwe

  • @OlivierKimararungu-nk9ro
    @OlivierKimararungu-nk9ro 5 днів тому +3

    Hariho aba FNL ya Gen Nzabampema bafite effectif nini cne usumba iya red tabara ariko naba innocent tubanye neza Alexis amaraso yinzirakarengane azokubeho nabazagukomokaho bose

  • @ndatabayerinnocent8619
    @ndatabayerinnocent8619 3 дні тому

    Red Tabara.....mwaraduhemukiye mutwicira abaturage babahinzi, baborozi, batazi politike.
    Abanyamulenge twumvaga tuzabafasha mukarengane mukorerwa IBurundi, ariko inzira ntibwira umugenzi....ibyo mwakoze muzabyicuza.
    Kandi Red Tabara nitareba neza, kuva muri iriya misozi, bizobagora.
    Mwaratubabaje cyane.....none uri kudushinyagurira....ngo ce sont de rapport conditionel.
    Ibya RED tabara imulenge, ntibisaba les enquetes....nibyo mwibwira ngo tuzahura through Twirwaneho....you'll regret it kubera ko ntibishoboka....you've caused us pain a lot & a lot....wait n see you'll pay it 100 times

  • @mugangaeliezel3386
    @mugangaeliezel3386 5 днів тому +1

    Red Tabara urakoze ishyano I Mulenge Gisiga yaratsembatsembye

  • @bimirajonathan3271
    @bimirajonathan3271 4 дні тому +1

    Si nduhije aratinyuka agashinyagura bigezaha? Red tabara yishe abanyamulenge itwika amazu yabo inyanga inka za banyamulenge ikindi UN niryari itagaragajeko red tabara yishe abantu niyo yatije imbaraga za maimai zisenya iwacu zitwicira abantu ntamwicanyi rero nka Alexis nsinduhije

  • @ndihorashid
    @ndihorashid 4 дні тому

    ivyo Sinduhije avuga sinovyemera cg ngo mbihakane gusa mutubarize kubatutsi batangije red tabara aho bagiye kuko amatwi adusumira ngo nuko bishwe nimbonerakure za never bashizemwo

  • @JosephMaseruka
    @JosephMaseruka 5 днів тому +1

    Uri umumenja sha

  • @ekaiesikiria2104
    @ekaiesikiria2104 5 днів тому +1

    Red tabara mwebwe murabamenja ,na politique mukora ntaho yoshika kuko murabakozi ba kagame na barundi ntibashobora kubakunda mudurumbanya abanyamurenge kuko mubamwatwe na kagame

  • @RukamirwaMoses
    @RukamirwaMoses День тому

    Wambwawe abanyamulenge wishe uzababwzwa

  • @mushishinkunduwayo6599
    @mushishinkunduwayo6599 День тому

    niyapyi yiwanyu ikurya ikurundarunda

  • @mugangaeliezel3386
    @mugangaeliezel3386 5 днів тому +1

    Sinduhije ni umuhutu ukoresha ananas babatutsi

  • @josiasnintunze9156
    @josiasnintunze9156 5 днів тому +1

    Wabivuze ko utabakunda kandi n'uburenganzira bwawe😂😂😂😂

  • @bonckrutagawa4941
    @bonckrutagawa4941 2 дні тому

    Uyumujenesi ngoni Alexis atuyehehe

  • @Africanboy91
    @Africanboy91 5 днів тому

    Alexis Sinduhije asigaye yishura ari posé.

  • @mugangaeliezel3386
    @mugangaeliezel3386 5 днів тому

    Twirwaneho irahari iraturinze I WAcu hari byose muzadukenera

  • @mushishinkunduwayo6599
    @mushishinkunduwayo6599 День тому

    baribagiyigukoriki mumubijombo

  • @stallonemigaboyimana5056
    @stallonemigaboyimana5056 2 дні тому

    Abanyamulenge si agaseseshwa rumuri nivyo muricwa ,muratotezwa Kandi bigakorwa nabantu benshi batandukanye yewe nabo baricana hagati yabo .
    Ariko intege nke zanyu nta bumwe mufitanye muragambaniranira hagati yanyu,ni mushira hamwe abo Bose muzobatuza I wanyu no kubwoko bwanyu .

  • @Is-ne2un
    @Is-ne2un День тому

    Ayamabyi Nazube RED-Tabara Urahakanako Itamaze Abanyamulenge?

  • @antoinemunyarugo1150
    @antoinemunyarugo1150 5 днів тому +1

    Mr Sinduhije peut etre tu n'es pas informé sur la situation de l'Est de la RDC, Red-Tabara yifatanyije na Maimai irica iranyaga ibintu itwika imihana... Nta munyamulenge n'umwe wifatanyije na Leta ya Neva kuko nawe ntabakunda kuvuga rero ngo Twirwaneho irikumwe na Leta ya Gitega soit ubivuga kugirango u justifier impamvu Red-Tabara yishe abanyamulenge soit nawe ubafitiye urwango ushaka ko bicwa bagashira

  • @claudinebigirimana5408
    @claudinebigirimana5408 3 дні тому +1

    RED tabara ni groupe rebelle yabarundi barakoriki muri Congo? Hari abantu babatabaje ngo baze gutabara ? Iburundi hari abantu benshi bakeneye ubutabazi kuki RED Tabara itaja gufasha abarundi au lieu yogutera les innocents muri Congo.

  • @Laugh3580
    @Laugh3580 День тому

    Sinduhije?uyu ntiyigeze yemera Red tabara,ariko uyoo ni umwicanyi ntaraba ubwoko,uwutamwemera wese nuwogupfa

  • @motherofthegreatlakes6297
    @motherofthegreatlakes6297 4 дні тому

    Ikibabaje nuko uyo Alexis abesha. Kuva kera. Yihisha inyuma ya Monusco nibindi yirengagije i iriko birajorwa na Monusco mukugwanya M-23 du côté ya Tshisekedi.
    Abo ba politiciens baBarundi basize aba jeunes mukaga muri 2015 bakihungira, bironderera ibibanza mu gihugu kandi ataco bariko bakora kugirango igihugu gisubire mumahoro.
    Red Tabara nitahe ije guhangana na FDD-CDD

  • @ndayijules7561
    @ndayijules7561 3 дні тому

    Ziba wa nyana yimbwa we? Ibyo yakoreye abanyamulenge nibi ba bizi, na L'ONU irabizi yabitanzemo na Raporo ,amaherezo muza muzabibazwa!

  • @Irene28092
    @Irene28092 4 дні тому

    Alexis sinduhij niw atawara red yabara kandi c est un assassin de carrière. Il ne peut en aucun cas être un bon dirigeant

  • @OlivierKimararungu-nk9ro
    @OlivierKimararungu-nk9ro 5 днів тому +3

    Wamwicanyiwe abantu bawe red tabara batumariye abacu nibyacu ,none Alexis Sinduhije iyo barimbura abanyamurenge ubifitemwo inyungu ki
    Ukeneye rapport zinganiki hariho rapport ya UN ibigaragaza neza 2018 kugeza none uzabibazwa haba mwisi cg mwinjuru

  • @mugangaeliezel3386
    @mugangaeliezel3386 5 днів тому

    Tubwire uwohereje Gisiga

  • @Is-ne2un
    @Is-ne2un День тому

    Nazibe Kandi Muribo Hazagaruka bake?

  • @willyniyombabazi2021
    @willyniyombabazi2021 5 днів тому +1

    Mbariza Sinduhije igituma baza kurwanira congo Kandi barondera gufata uburundi?
    Nibemere ihonyabwoko bariko bakora icongo

    • @niyoncu
      @niyoncu 5 днів тому

      Ikibazo infantile.

    • @MbonyiThaddee
      @MbonyiThaddee 5 днів тому

      Siduhije akwiye gupfa akaribwa nimbwa ntibamuzike

    • @Nze55
      @Nze55 3 дні тому

      ​​@@MbonyiThaddee ukonyene ubivuze niko bizokubaho amen

  • @gatunziespoir8236
    @gatunziespoir8236 3 дні тому

    Red tabara ntabwo tuzibagirwa ubugome yakoreye ubwoko bwacu mumisoze miremire ya haut plateau

  • @jimmydelphinsabukwigura3092
    @jimmydelphinsabukwigura3092 3 дні тому

    Banyamulenge muri ngaha,muvyumve neza,Alexis sinduhije yamye ar'umwicanyi kuva kuri université du Burundi.Niwe responsable kubbwicanyi bwa 2015 aho yashuhuye aba jeunes b'igihugu mu gutera amakambi ya gisikare kandi ata formation bafise.rero uyo anyoterwa amaraso nka vampires.so mumenye ko twebwe abarundi ata kibazo dufitaniye.la preuve en est que aha iwacu abanyamulenge bameze neza iwacu.

  • @alexandremanirakiza-cl7ue
    @alexandremanirakiza-cl7ue 5 днів тому

    Mbega ivya nyamusaraba ko mutabivuga

  • @user-xh9ep9pc8j
    @user-xh9ep9pc8j День тому

    Sinarinzi ko Sinduhije ari ikijuju bigeze aho, un manipulateur, un manteur qui a perdu les pédales. Un aventurier sans lendemain.

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 5 днів тому

    Yohariragute ngo ntibicabantu bahereye ibujumbura baturira abantu babita ngo nimbonerakure baturirimiduga baturiramazu bacamabarabara bamaze kuza muburundi kangahe bicabantu babita imbonerakure??

  • @RocketsnationHtown
    @RocketsnationHtown 5 днів тому

    Their don’t protect anybody Mr Alexis , u need to get info from ground

  • @desiremutabazi3319
    @desiremutabazi3319 5 днів тому

    Umuntu wese avuga ivyo ashaka redtabara ntuzoyikuraho icaha yakoze kandi nawe amaherezo yawe ashobora kuzokubera mabi

  • @ericknduwimana3715
    @ericknduwimana3715 4 дні тому

    Red Tabara ni M23 juniore. Nta barundi bakiri muri M23 bose nabasirikare babanyarwanda bigira Red Tabara.

  • @PrinceMbana
    @PrinceMbana 4 дні тому

    Uzapfa uko nyene

  • @davidmuneza5158
    @davidmuneza5158 4 дні тому

    Mukora politique nabi

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 5 днів тому +1

    Batera amagrenade mumasoko bica abantu mugatumba igihanga ngo nibo bitezeko urukiza sinduhije yababwirango bagwanye ikiringo cagatatu bagatezakajagari mugihugu bahabwa inguvu na kagame ageze muri manda ya munani munyuma nibahungire murwanda bageze muri manda ya munani 😂😂😂 urworwaruka yagumuye akarushiramukaga wibazako atari kurwicisha harikindi azorumaririra

    • @niyoncu
      @niyoncu 5 днів тому +1

      Ntakajagari karuta akahari Ubu. Aka kahari ni Sinduhije agatera? Ngo grenade? Murazitera abenegihugu muri ville Kugira bagire ubwoba ntibasubire gutonda imirongo kuko bibatera isoni.
      Mwamara mukerekana Abo mumaze igihe mufunze ngo ngo nibo baziteye. Baza bavuye muri prison bazanywe na Red tabara? Harya murabona mugira ubwenge bwo gukora ibintu ntibimenyekane?

    • @LameckNgabo
      @LameckNgabo 5 днів тому

      @@niyoncu niwivugire kuko ivyanyu turabizi ahomwica abantu mugatumba mukabita imbonerakure igihanga mubita imbonerakure jew nyene tuvugana 2015 mwarimumpitanye munyagiriza ngo ndimbonerakure imana niyoyahankuye rekareka uwutabazi yosimbira mukiyaga icitikiziba

    • @LameckNgabo
      @LameckNgabo 5 днів тому

      Kandi mwebwe turabazi nimigambi yanyu ukagirango 1965-1969-1972-1988-1993-1996-2015. Nigitoro mwari mubuze canke ngo ikiringo ekadaaa ngo murabazungu birabura mugabo barabashuka buriya sibuno

  • @bimirajonathan3271
    @bimirajonathan3271 4 дні тому

    Red tabara baratwishe badusanze tutiteguye intambara ariko ubu turabashoboye nta propagande nsinduhije wa mwicanyi we uzabinazwa ntawewe nta rwasa 2004

  • @dieudonnendabaneze3761
    @dieudonnendabaneze3761 5 днів тому +2

    Red tabara ni umugwi wabayeho pour massacrer les jeunes Tutsi c'est pas seulement les banyamulenge.
    Mbega iyo MSD kari cndd fdd tubizi yiyoberanij kuko wew ubwaw uri umu cndd fdd turabizi. Kuko na ideology ni imwe.
    Wew sinduhije na Buyoya nti mutandukany kuko mwagambaniy abatutsi!

    • @clubdesante7981
      @clubdesante7981 5 днів тому

      Rekana nuyu

    • @ndihorashid
      @ndihorashid 4 дні тому

      Buyoya umukuremwo kuko utamuzi.ntimukavangavange ibintu mutazi

    • @dieudonnendabaneze3761
      @dieudonnendabaneze3761 4 дні тому

      @@ndihorashid
      Buyoya wew ivyiw naho ari mukuzimu ivyo yakoz ni haute trahison kuko yagurishij igihugu hejuru ya post za nations unies agiha abicanyi wenyen yita les tribalo-terroristes génocidaires non raba inkurukizi nta murundi atazizi gushika ubu kirets ikigoryi nkaw.

  • @Irene28092
    @Irene28092 4 дні тому +1

    Red tabara ni groupe des terroristes

  • @johnntwari1417
    @johnntwari1417 День тому

    Sinduhije jewe numvirije yuko hari 2 groupes armés z’Abanyamurenge : hariho abaguzwe na Kinshasa abo urumva ko na CNDD bakorana. Hariho intwari za Général Makanika Zi protega Abanyamulenge. None RED TABARA ikorana na Makanika ??? Canke na GUMINO niyo mukorana ???

    • @johnntwari1417
      @johnntwari1417 День тому

      Tanga umuco tumenye ko mukorana na GUMINO canke na TWIGWANEHO ???

  • @ndatabayerinnocent8619
    @ndatabayerinnocent8619 3 дні тому

    RED TABARA yishe abanyamulenge benshi, report ziriho kandi nyinshi, Sinduhije fais semblant ariko he knows everything.
    Gusa Time will come.....you'll pay 100 times what you did in our Villages.
    Shiiiiiitttttt

  • @OlivierKimararungu-nk9ro
    @OlivierKimararungu-nk9ro 5 днів тому

    Red tabara yabaproteje yishe abanganiki? Kuva mumasango ugakora urugendo rwumunsi wose kumaguru uja kumurambya bashakagiki iyo mumihana yabo moi personelement je suis victime

    • @niyoncu
      @niyoncu 5 днів тому

      Iyuba victime Uba uriko urahuragura ibijambo bipfuye? Harico munyegeza. None niyahe mpamvu Red tabara itera abanyamulenge? Nimba ibatera mugomba kuba muzi impamvu

    • @OlivierKimararungu-nk9ro
      @OlivierKimararungu-nk9ro 5 днів тому

      @@niyoncu sha ikirere ntigisakariye nawe wonyagigwa gusa amateka azabibaza natanabibaza Imana irahari

  • @mugangaeliezel3386
    @mugangaeliezel3386 5 днів тому +1

    CNDD ko yica abatutsi Ayo mahanga ko acecetse

    • @motherofthegreatlakes6297
      @motherofthegreatlakes6297 4 дні тому

      Iyo raisonement siyo. CNDD-FDD ikora bibi ntibibuza ko amabi Red Tabara akora nayo atavugwa. Abicanyi bose nibabi Aho bari hose