Dany tukubikishije ijisho kk politique iragoye ndizerako muri coronavirus hari umu patiri womugwanda yihagiye président Kagame plus de 4 mois ngo yarapfuye rero nawe reka tukubike muri ntibate ukuri nukwimana ntamuntu ncizera
Yesu kristo yemwe ijamb ryimana rivugat dusabire abas bacu imana ibahe kuramba babon ukunt iman ikorer nez uwowes yaswe iman imwakir iman niy urubanz rumuberey harah yob yapfuy yihany
INJIRA MU GROUP CHANNEL whatsapp.com/channel/0029Var4Qb37IUYZtGn7O014
Ijambo ry'Imana rivugako umucamanza Ari Yesu christo wenyene ariko ndikumva abataribake bamaze kuba abacamanza babandi tukiyibagiza yuko tutera nokwiyibagiza konokumusozo wabo bihana bakaja mw'ijuru rero nikuza turiraba apana gucana kumivyimba 😢
Harumukozi w,Imana yakoreye shetani atarakizwa yakoreye shetani imyakamyinshi. Asoje akazi kokugwishabasenga, bacabamutumako ngo bamuhigihembo. Imaniramwiyereka acasangigihembo baribagiyekumuha asnga nicokumwica,kugira bagabangane ibihimbavyiwe vyumubiri kuko ngo yaragisinkomezi zogukorivyananiyabandi. Nonerero iyoniyompembo abakorera shetani ahemba urupfu. Ingero yicahanurupfu ariko ingabire y,Imana nubugingo buhoraho bubonerwa murikristo Yesu Umwamiwacu Amen
Aboba. DD barakinisha Imana cane,ntibishobora kw'ijana.
Bonsoir Mugisha, uduha amakuru atariko ivumbi, kandi y'ukuri
Hora Basha umunyavyaha arihana mureke aruhuke nukur
😂
Ufise amajambo menshi wew vuga ijambo nyamukuru
Imana imukize nico ciza dukeneye ntakwipfuriza umuntu urupfu. Haraho yohinduka
Ahubwo nakire aze bamarane tubibone kk bonyen bazomaran erg ndikuriyo asumvy abanywanyi Neva knd niwe yabashiramwo poritik yokwank Neva rero Aho rek turindire agapira Ibirinyum birahindi
Ikindinacomwomenya YUDA yahemukiye YESU amutangagupfa. Ururimirurakurirahagatimumenyo. Bazomarana kuko Nkurunziza yarabivuzeneza atuwuzokwihenda akibamatoro Inkoni yimana izomurigata. Ok
Ukwo nukuri nabado
Ahezamwijuru tuzohurirayobagenzi. Ndamwipfurije akaruhukokeza. Ikimbabajenukwagiye asambuye umugambwe mwiza winyankamugayo.
FYONDAKO WIYINJIZE MURI GROUP CHANNEL YAMAKURU YACU whatsapp.com/channel/0029Var4Qb37IUYZtGn7O014
😂😂😂😂Mugisha mazina ndakunda abotwitiranwa 🎉🎉
Pacifique Nininahazwe yabaye iki nawe kwatavuga?
Vuga utomoye Dany ck winumire.kk kirazira gutanga Leta kuvuga inkuru ihambaye nk'iyooo
Daniel Mugisha dutohoreze Pacifique NININAHAZWE nawe ko akiri muzima! Yabuze gose
Ego kabisa...,Pacifique sinibaza ko akiri muzima.
Ahaaa ngaho yaduhe tuguteze yombiii
Umutwe wakaburimbi Uramukorahooooooo😢😢😢😢😢 shaaaa
あああああ
m23
x
Reverien yubanhwe
Adugij UA-cam yawe 😂😂😂😂
2. 2k kumusi biri
Yubanhwe🎉🎉
Reka Imana nuko nyene iriko iradufasha hazoza havamwo kamwe kamwe gutyo nibazako ari Umugambi w'Imana
Imana ibidufashemwo kabisa je nzohava ndanabisengera😊
Ufise amajambo yubujuju pe
Mukumenya amakur uragerageza kuyasaka
Ngo uburozi bw'aba DD ntiburaza😂😂😂 urantwengeje Mugisha
Eka niyabeshepee😂😂😂😂
Vuga make kuko twese tuzopfa kuki mwipfuriza indongozi yacu dukunda cane urupfu? Imana si umuntu IZOMUKIZA KANDI ABANSI BAZOMARAMARA
Abo yishe ntibarabantu?nawene azopfa
Abantu bamenya ahoyacumuriye ntibamenya ahoyihaniye uwokaburimbo muguma muvuga mwosanga yaravyihanye naho kobibiriya ivuga nahivyaha vyosa namaraso tukutuku biharigwa bikera nkasheregi jewe ndamusabira gukira ntapfa ngotumurye ibisigaye uguhora nukwimanq
Uko jewe ndabibona nuko Abarundi tworeka IMANA ikabandanya Igaragaza ububasha bwayo, tukaguma ku mavi, umwese akirimbura vyimbitse hama tukarindira INGOMA NYERANDA nshasha!!! Iyi yo ya NTABUMWE yamaze guhirima!!! Bose bose n'ugutumuka nk'ifu y'imijira wa mugani wabo! Murakoze.
Ntimugacire abandi imanza kandi abariwewe wisuzuma kandi wirabe ikindi ukore iciza canke ukore iciza uburuhiro uzopfa. Ariko ibikogwa dukorera mu isi nivyo tuzohembegwa rero mureke kuvuga amajambo atarimeza ntamugwanyi numwe atishe
CNDD-FDD ihemba nezaa kbx nico ndayikundira jew mwuzukuru asigwa na Mboneye
Uy munt boseee bavum bagabooo inzira niyaheee!? Urugend gwiz mutam Rv.cnk Imisuhuko mutam Rv
Mpa tel yaw mugisha nukuri😂😂😂😂
Shaaa Diabète n'indwara mbi kweli😢😢😢
Weho kutarapfa Imana iramubona ntaco azoba
Mbendakubaze wekuvuguko ivyo yipfurije urupfu rwasa ubu nariho wew kuki hora icutazi niwihuramire mbeg bary yishe koyahoneje iryankamugayo mbegubu nibariho aboyishe binyankamugayo banganiki abigize yuko bafite ubweng hariho ababarusha hurama jew sindiwe ndumunyagihugu ariko ivyo yakorey rwasa biramaze bacumugani urucira mukaso rugahitana nyoko ntavyinshi ngejeje aho
🇧🇮🇿🇲🇿🇦🇹🇿🇹🇿 Nice meeting
Iconzi nuko imana harico ugomb igaragaze
RPA yavuze kumugore arekuriwe kwinjira aharwariye.
sinariziko wew ubesha can
Reverien Ndikuriyo n'aho yopfa ubunyene, n'umugabo
Yarwaniye igihugu agikura kure.
Ivyo rero ntibimubuza gupfa,gusa yaramaze kwubaka izina.
None ho ndazi neza ko akiri muzima.
Dany tukubikishije ijisho kk politique iragoye ndizerako muri coronavirus hari umu patiri womugwanda yihagiye président Kagame plus de 4 mois ngo yarapfuye rero nawe reka tukubike muri ntibate ukuri nukwimana ntamuntu ncizera
Yesu kristo yemwe ijamb ryimana rivugat dusabire abas bacu imana ibahe kuramba babon ukunt iman ikorer nez uwowes yaswe iman imwakir iman niy urubanz rumuberey harah yob yapfuy yihany
Neva yara mwirengeje
Aba CNDD FDD sibo babujije Rwasa gutwara igihigu c'uburundi imana nirabishaka ntawutwara umugisha w'umuntu mureke kuza muritiranya ibintu
None ahizomvugo zaw ga mugisha zugwanko zerekan KO yapfuye kwel?canke ayoma odio yerekana KO yapfuye kwel canke nivyipfuzo vyanyu vyinzigo mumufitiye ?
Duhe amakuru ya pacifique ninihazwe
None nkuwo avugako yoca arara mukabare ngonuko umuntu yafuye none konawe uzofa wunva avuziki gufa nugufanyene ntawuzo rusimba gabanya amajambo tuje kukivigusa
Mukore iki?? Nta buzi… wewe ukora iki?? Canke kukivi uvuga nukwica abantu benewanyu, nkuko reveriyano yabikwigishije???
Ndahwererye.noktwenga
Besha twumve!
Ijambo ry' Imana rivuga riti : Ineza y' umuntu niyo ituma akundwa soma Imigani 19:19-23 murahasanga ayo majambo ( Dukorere neza dukundwe nabantu nibo Imana icamwo ukunzwe nabantu n' Imana iba igukunda ,waswe nabantu n' Imana iba ikwase korera Bose ntuzi uwuzokuba hafi)
No
Reverien namuryango
Agira kohatekanye
Reka tubirindire ivyiwe iyobiroherera Jew ndamwipfuriza gushikayi nyene kaburimbi ntiyarumuntu nkabandi
Ukora iciza ukagisanga imbere wakora ikibi naho kikaguherekeza.Imana niyo mucamanza mukuru
Ngo uzi ivya CNL 😂😂😂 tubwire vyose
Urikibwa wamushenzi we
Bamuhaye ifiriti rifise ibirungo vyishi
Mwe mubaza ivya Pacifique ah'ubwo namba haricots mubiziko.sinon Reverien n'a Pacifique n'abantu 2 batandukanye
Aba Dd Niko bahemba ufise amateka meza baca bakwica Gusa yombabaza kaburimboo ugukoraho
niyikirire vyose mbona vyose atico kimwe gusa imana imuhaye agakira akaza hazopfa umuntup ndababwiye
Yesu nashimwe muravuga make mbegako mumenyahumuntu yacumuriye muramenya aho yihaniye noneho abanyavyaha bihany bazodutangayo mwiju kandi ntugacire urubanza mugenzawe kuko umucamanza mukuru ni YESU kanndi ntakuganza kutava kumana rurema idyo nijambo dyi MAMNA
Mbega wa muhimbiriwe naho yopfa yoba apfuye nkumugabo kuko yaranse kuba umuja kandi yacunguye abarundi mbendareka wewe ureha nifundi utazi nukuvuga
Murarenza urugero mukuvuga none nkubu muhuriye mbinguni wajahe abazungu barabahenze Uhoraho ntagomba abahona ngo nahivyaha vyanyu vyoba tukutuku Azabyeza bibe nkasheregi UHORAHO ntakora nkuko mwiyumvira
Ningorane jewe ivyomuvugavyose ntibindeba nirebera isuka yoyo ntorankirimiribujumbu
nibihangane aba Dd
Uwuvugakomukunda azomuherze yibanzehasi nawe aryamehejuru kuryakwimatera
🤣🤣🤣🤣Ibaze abobantu kweli ivyobarikuvuga kweli abantu barashishwe kbsa
jewe nkajew ntaconpomba
kand ntaconunguka
Niyaba yapfuye lmana imwakire intwari ntizigera ziramba abavugako yakoze ibibi nimuvyerekane gusa niba mweho mutazopfa nivyiza ariko nib muzopfa namwe mbona mwohora urucira umukate rugahitana ivoka
E Mugabo harigihe uvuga ukuri ariko urarondogora cane ....murimake uvuga vyinshi nibidakenewe
Manawee ivyo nibiki koko knd kirazira kwifuriza mweneso urupfu lmana niyo izi iherezo
Ntihabura imitwe igihumbi namajanatu igenda😂😂😂😂😂 murandenze
Congratulations 🎉🎉🎉 Daniel Mugisha waranse like 1k❤❤
Jewe numva ataco yavuze,nawe nyene ntavyazi.kuko nimba warubizi vuga ukuri
Mugisha komeza kudutohoreza amakuru
Banze ubamenye uko bitwa ubone kubavugaho kuko ntamakuru ubafiseko
Yooo lmana imufashe apfe yihanye
Icomukoze murazi kubesha mbegako bashamiranye ntiwobaja hagati?????mbega iyonama warayitavye ivyuvuga ubigitiye gihamya mugabanye kubesha
Nyarutsa icushaka kuvuga Daniel
Imana imurind kl
Mama jewe!
Wew hubwo uracoma nyamb ariwew wamwishuy
Nubwo muryoherwa ikimwishe kirindiriye abazima jew numva bitoroshe kl nakaga kl
None ayo maronko azobashikana he? Ntibashima nivyo bafise ntibazi yuko ubuzima bw'umuntu ar'akanya gato kandi bazobisiga kuriyi si.. satani yarabahumye amaso ninayo mpamvu bahindutse inyamaswa mumitima yabo urukundo rwaragiye kera.
Urwipfuriza mukaso rugatwaranyoko namwe ivyanyu ntawobimenya namwe muzopfa.
Ico gihimbiri daniel kiravuga ibihuha
nkuda ndayiyeri ukuntu ataga amakuru yisekura nayibidi mwese mubirekere iman ntamwiza kwiyisi
Urabeshe harayadimakuru avugako umu ate1 yapfuye ubwonyene mumuduga hasigaye umushoferi arimugasho hihi bararoga abatagiriye impuhwe nkurunzinza nivyoyashikanye kuburundi bogirira impuhwe reveriye😂
CNDD FDD oyeeeee komera kwibanga muhemba neza nimuhana ut jus mazinyotihere yubutegetsi ihere uburundi butekane
Uwutazi ivyinsi avyita ivyiwe mwebwe mumuha gupfa haraho mwomutanga!
Rwasa yamurushij agatwe
Na "Master Plan" wamugani siku ni siku Bose ni kimwe nta mwiza nta mubi!!!
Ariko na Evariste yarakwiye gutanga ikibanza!!!! Simon c'est injuste, Revien ndamwumva 😅
Abamusabira
Gukiranabicanyinkawe
Nibakure ububeshiiii
Ayomakuru mwayumvise,
Umengo yariko ivumbi , yapfuye nivyo 😢 hhhhh bamuhaye akajimbo
Muragowe mwebwe muvuga ngomuzukuri
Duheduhe
ndumva intambara yarose imana idukize vari turagusavye uturinde u
Non wew nkivy uvuga ubikuraheh non wew ????
Ubuvugiswa buratash nibemer kubivugisw bubaho n'abandonne barinyum
Mbega Daniel nagombakukubaza kandunyishure mbega yamahera yaba Madebari na Bizaka ariwe makurata naba Gipoloboro nabandibarikumwe apfuye yarayabahaye? Canke apfuye afisideni? Tubwireneza?
,,😂😂😂😂😂😂 uranyeguye kwayo matazirano😂😂😂😂
Kubisanzwe uwumwaka ndabona uzohava uba munini cane kuko utanguy uducanga cane
Ewe Daniel undaje ijoro ndindiriye inkuru ya reveriyano mbona uguma wivugisha ibindi none itiro riranyishe amatwi atumvise ivyo yashaka kumva