ntabahutu bishe Ndandaye. Bob Rugurika afise faiblesse yokuvugira ubwoko bwiwe. Donc afise côté penchant !!!! kandi subwambere ndamubonyeko ako kanenge...
Rugurika, larmes de crocodile. Pas moins amacakubiri chez lui que chez les autres. Il y a un mélange de tout dans son discours. Je ne vois par exemple, pas, quelle part du CNDD-FDD dans ce qu'il appelle cacher des choses sur l'assassinat du Président Ndadaye vues les responsabilités à cette époque. Bref, Rugigana et Kaburahe sont déjà condamnés dans ce dossier par une certaine classe de Burundais pour avoir mis des vérités sur la place publique. Alison nawe ivyiwe ni ibizwi dans la région pour certaines de ses actions.-
Imvugakuri ziracabaho!! Bob irambire mugenz!!!
Jewe ndumurundi wumu Ruga,aba Ruga tumenyane .
Ariko Bob,uribukako no kuri Radio Télévision y'uburundi yavuzeko ari akagwi k'abasirikare kari kagumutswe.None abo basirikare bari bande,batwagwa na bande ?None Ndadaye yiciwe muri Quartier canke yiciwe mw'ikambi ya gisirikare.Reka kwigira umuhinga,ushinyagurira abarundi.Naho uri umuhinga w'ukubesha,bino birakunaniye pe.Ababikoze ntivyabahiriye,bashaka kumwaka ubutegetsi,nubu bakibushaka.Ariko uko imisi igenda,bugenda bubaja kure nk'ukwezi.Niba na wewe ushaka ubutegetsi ingo witoze, twimirije amatora.Ariko niba ubushaka ukoresheje coup d'État teshwa ute, abarundi ducanye ku maso 😂😂😂
Yarahawe umudali wokuvuga ukuri.
Mumwanke canke mureke, ikinyoma cakubitiwe ahashashe; kandi guca muziko ntirusha.
Va ibuzimu muje ibuntu
ntabahutu bishe Ndandaye. Bob Rugurika afise faiblesse yokuvugira ubwoko bwiwe. Donc afise côté penchant !!!! kandi subwambere ndamubonyeko ako kanenge...
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂muga mwarabonye ko abarundi turibigugu kweri bagwanye kubera ndadaye bagaruke bahishe icamwish nuruyoya rurabizi icamwishe
Rugurika, larmes de crocodile. Pas moins amacakubiri chez lui que chez les autres. Il y a un mélange de tout dans son discours. Je ne vois par exemple, pas, quelle part du CNDD-FDD dans ce qu'il appelle cacher des choses sur l'assassinat du Président Ndadaye vues les responsabilités à cette époque. Bref, Rugigana et Kaburahe sont déjà condamnés dans ce dossier par une certaine classe de Burundais pour avoir mis des vérités sur la place publique. Alison nawe ivyiwe ni ibizwi dans la région pour certaines de ses actions.-
Non,abadd,bamufitideni,?ivyabobo,turabizi
Fhu
Aba DD bafiyiye ideni aBarundi bose bishe, bangaje, abo bahamvye babona, abavyeyi banyuruje, ibibondo vy'iButa bishe babasanze mw'ishule bavuye mwishamba, abana ataco babagize; abana bari bafatanye munda atarwanko hagati yabo, bakabica babatondetse mumurongo; ubwo abavyeyi babo ntavyo babura ya aba DD?
uziki wambwebwewe